Тёмный
No video :(

Traumatismes causés par les chocs émotionnels, déceptions - Ngabire Ange Chanelle 

Dieudonné Nahimana
Подписаться 13 тыс.
Просмотров 76 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

22 авг 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 107   
@Yemwe
@Yemwe Год назад
Ndasavye uze wandike igitabu cibi bintu waciyemwo kuko vyofasha benshi 👏💕
@lysemukezimana4832
@lysemukezimana4832 Год назад
olala birababaj cane ibikomer nkivyo ukiri umu mineur,turaca muri vyinshi tukihebura tukibagira Imana,tu es si forte ma chere Imana ibandany ikuzigama
@lindakaka1754
@lindakaka1754 Год назад
Ariko mana!!!!!! Ariko mana!!!!!!! Ariko mana!!!!!!! Duhe ubwenge bwo kubasha gushimisha Abaturi impande zacu. Komera mama. Kuvuga bifite akamaro kanini cyane mu buzima,ni umuti ukomeye, Kubuzwa kuvuga ni nko kukwima imiti urwaye.... Let people be open.....
@edouardniyongabo6431
@edouardniyongabo6431 Год назад
Merci pour le temoignage enrichissant. Juste un clein d'oeuil. Si l'emission est en kirundi mais le titre en kirundi. Là des gens qui ne comprennent que le Kirundi ne cliqueront jamais sur cette video. Et ceux qui ne comprenent que le francais, sont automatiquement deçus qd ils trouvent le kirundi sur un titre en francais.
@amatusbellandiwimana9795
@amatusbellandiwimana9795 Год назад
ikiganiro niciza, ariko mugerageze kutavanga indimi ,nk,abanyarwanda nibo bangingindimi birenze.
@sandyhav1867
@sandyhav1867 Год назад
Mon Dieu Sgr notre Sauveur mbega amarira mbega témoignagne iraho 😢😭Imana yacu irahambaye c tout Imana ibandanye igukomeza notre Soeur Ingabire 💗🙏
@jeanjacquesndayiragije5332
@jeanjacquesndayiragije5332 Год назад
May God bless you Daughter of Jesus, my wife and I are thankfully blessed by your testimony
@bamybarthebarutwanayo4454
@bamybarthebarutwanayo4454 Год назад
Ma Soeur Ngabire nukuri ndagushimiye kuntahe idasanzwe,urankujije knd bimwe nkivyo vyarambayeko ndashaka tuzoganire....mpereye kundirimbo zawe,numvisenwamajambo Hamburg umutima wanje,avec le temoignage,je suisun fier yakuganira nawe.Pasteur Dieudonne urumugisha kugihugu
@yvettealiceniyomwungere5149
Ngabire y' Imana we! Ndarize ndongera .. Ariko mbonye ubukuru bw' Imana.
@laetitialetty6860
@laetitialetty6860 Год назад
Waouuu bravo Dieudonné. Ni Laetitia twakoranye muri New generation de l'époque Rwanda-Burundi. Cela me fait plaisir de t'entendre! Bravo pour ce sujet qui me tient aussi à coeur en tant que Coach- accompagnement de vie!! Merci pour ce témoignage très touchant!
@justinemuhoza1984
@justinemuhoza1984 Год назад
madame votre témoignage est très choquant et ceux qui sont très forts femme restez fort continuez à briller Dieu est bon
@niniarutek7257
@niniarutek7257 Год назад
Ariko urimwiza kweri black beauty
@Elle-xs4kq
@Elle-xs4kq Год назад
Merci Mr Dieudonné kuri iki kiganiro ciza en tout cas uzofasha beshi iyi émission noyigereranye niyindi yitwa #Ça commence aujourd'hui# gica kuri France 2. Courage aussi kuri Ngabire Imana ikugirire neza beshi on des blessures cachées kandi zitwica du jour au jour ...courage mupfasoni mwiza
@marietheresenahimana1118
@marietheresenahimana1118 Год назад
Waouh intahe nziza cane yesu aguhezagire Ngabire 👍🙏
@annygandin161
@annygandin161 Год назад
Wooow, Amazing 👏 😍 🙌 👌 ❤ YESU numwami,yarakoze kuhaba kubwawe,ukaba ubu warakize.
@ntayombadigne3110
@ntayombadigne3110 Год назад
Vyiza cane ibikomere ni vyinshi twagiye ducamo mais UHORAHO ashimwe ko yabigiye abidukiza courage ma soeur ton témoignage est une grande force .merci Kandi hezagirwa.
@irakozenadia8621
@irakozenadia8621 Год назад
Ngabire ndagukunze gusumba❤
@chantalmboningabira3751
@chantalmboningabira3751 Год назад
Mpore. Uraraba bakugirire délivrance,kuko sekibi y'ubusambanyi,ntisohoka mumiryango. Maman ,wewe ...n'ikibazo. Ingorane n'uko izo shengero muri mwo nazo, zamuka muri bene ivyo. Umukama Atabare Abana biwe.
@nivyimanacharlene9482
@nivyimanacharlene9482 2 месяца назад
Imana Ikubabarire uguca Imanza
@mariellendikumana5561
@mariellendikumana5561 Год назад
Mon Dieu ndarize ntushobora kwibaza ariko wabaye intwari cane knd courage Imana irabakunda.
@niyungekojosephine9536
@niyungekojosephine9536 Год назад
Tu es vraiment forte,ariko ufise Imana hejuru yavyose ,Dieu t'as vraiment protégé et il t'aime plus que tout
@rosettenzeyimana3248
@rosettenzeyimana3248 Год назад
Be blessed madame,Ingabire yesu yomora ibikomere.
@josephinendimira701
@josephinendimira701 Год назад
Bravo pour cette vidéo- témoignage. Ange Chanelle, que le visage de Dieu continue à briller sur toi
@fabiolandayisaba2487
@fabiolandayisaba2487 Год назад
Nukur ikiganiro ntigihez wagumy umucagagura amajambo ndumv nomurondera nkamubaza ibibazo vyinshi imana iguhezagire Chanelle
@MpenziETV
@MpenziETV Год назад
Kumenya Imana niko gukira ibikomere! Imana ikomeze ikube hafi!
@dieudonnemanzambi7177
@dieudonnemanzambi7177 Год назад
Un puissant témoignage! À DIEU LA GLOIRE
@bizumuremyiplacide377
@bizumuremyiplacide377 Год назад
c tres fort ce temoignage. mrci infiniment.. nakuze nkunda indirimbo ziwe ntazi ce qu'elle a vecu
@lillysabushi7571
@lillysabushi7571 Год назад
Témoignage édifiant !!! Sois bénie chère Ngabire 🥰🙏👏
@colombeirakoze1969
@colombeirakoze1969 Год назад
Nahora mbaaaza iyo wagiye,yesu ashimwe kubwawe Mme Ngabire.ndakunezererewe
@ndabasegetsedianeelo2519
@ndabasegetsedianeelo2519 Год назад
Un bon témoignage Imana iguhezagire cane yaraguteguy iragukomeza ubu uriko ushinga intahe kandi ukomeza abandi
@manirumvamike7230
@manirumvamike7230 Год назад
Wooowww Intahe nziza cane! Hari Imana ikiza imitima vyukuri umuntu agakira!🙏🏾
@alicefaraja7712
@alicefaraja7712 Год назад
God bless you Chanelle
@kellyberniceakimana6585
@kellyberniceakimana6585 Год назад
Uri umu femme forte👌
@angekantungeko939
@angekantungeko939 Год назад
Imana ishimwe ko yo iturema idufitiy urukundo nimigambi myiza malgré k tuvuka batatwifuza
@butoyaadelin5755
@butoyaadelin5755 Год назад
ndagusaba gusanga ton frere agakira umukure aho ari kurinone
@kleriairankunda5254
@kleriairankunda5254 Год назад
🥺ur'intwari nukuri...Imana yarahabaye koko,ni nayo idushoboza 😭
@ritaoderakavugwa5398
@ritaoderakavugwa5398 Год назад
Interview fort en émotions 😭😭😭😭...
@darckayitesi81
@darckayitesi81 Год назад
Sois plus que benie ma Sr 🙏🏼
@gorettiuwamariya132
@gorettiuwamariya132 Год назад
Mbega umutima ukomeye Mukama wee Ugira impuhwe Courage Mme
@constancenkunzimana2929
@constancenkunzimana2929 Год назад
Merci beaucoup madame Chanel.
@arakazaarsene8109
@arakazaarsene8109 Год назад
Courage Ma sœur t 'ê courageuse👌
@bigirimanaesperance8485
@bigirimanaesperance8485 Год назад
Uhoraho ni umwizigirwa ibihe vyose, ahagararira isezerano n'igikorwa c'amaboko yiwe. Ico yatanguye aragisozera. Nanje yankoreye ibisa nivyo, urabivuze ndavyumva 2 fois weee. Izina ry'Uwiteka rihimbazwe.
@carmellemukunzi9848
@carmellemukunzi9848 Год назад
Yesu ni mwiza 🙌🏾
@manubig5529
@manubig5529 Год назад
Ooooh uyu mudamu aramfashije Vraiment.
@DM-li2kf
@DM-li2kf Год назад
Respect Mme Ntivyoroshe ...Imana yarahabaye...
@arsenengabire747
@arsenengabire747 Год назад
Merciiii bcp kurico kiganiro.IMANA Ibandany kubana namw.ico mbona uwo mumam nt intwar caan.be blessed
@theresebanamwana9764
@theresebanamwana9764 Год назад
Intahe ya maman wacu irashinjshije cyane cyane cyane Alleluaaaa
@angekantungeko939
@angekantungeko939 Год назад
Mme urakoze kuri témoignage zawe !! Nanj unsubijemwo ivyizigiro nukumva nanj nokwemera kuvuga ivyanj un jour kugira bize bikomez abandi !!
@jeanclauderubezagi5616
@jeanclauderubezagi5616 Год назад
La force de la prière est immense !!!
@Bihomebuja
@Bihomebuja Месяц назад
MUSHINGANTAHE NAHIMANA BE MUGERAAGEZA MWIGISHE URWARUKA KUVUGA URURIMI RW'IKIRUNDI. NKUBU NTIMUSHOBORA GUKORA IKIGANIRO MUTARIKO MUVANGA INDIMI! IYO NDAVYUNVISE NUMVA UMENGO NDI MUNTAMBARA NGWANA.
@rosentakarutimana2432
@rosentakarutimana2432 Год назад
Sha wabaye nkanje mpore
@chantalkwizera5425
@chantalkwizera5425 Год назад
Ndagukomeje madame chanelle nanje ubwo buzima ndabuzi guko nabi bayemwo
@kanakuzefuraha2347
@kanakuzefuraha2347 Год назад
Mpore Ngabire Yesu agira neza
@mirellamugisha3536
@mirellamugisha3536 Год назад
Wow😭😭😭 Imana ni nziza cane
@irakozejeandedieu5143
@irakozejeandedieu5143 Год назад
GOD bless you
@zenandayishimiye2233
@zenandayishimiye2233 2 месяца назад
Ndakwibuka ingozi.kuri primaire ngozi 2 muri 6eme B.
@soniaarakaza4562
@soniaarakaza4562 Год назад
Imana ni nziza!❤
@Christine-Tina
@Christine-Tina Год назад
Si la video est dans une langue autre que le français, pourquoi le titre de la video est-il donc en français ? c'est tromper les gens, non ?
@Kampundufanny1977
@Kampundufanny1977 Год назад
Courage courage ma sister .....I wish you all the best in your future
@evelyneirakoze7479
@evelyneirakoze7479 Год назад
Mpore Mukobwa mwiza😢😢
@kayitesijeannedarc1522
@kayitesijeannedarc1522 Год назад
Ndanejejwe na temoignage yawe ariko ndayumvise mumarira menshi. Komera Imana iragukunda. Ikindi gice gikurikira citwa gute?
@divinekaneza9087
@divinekaneza9087 Год назад
Mana kiza ubwoko bwawe ibikomere ,unihanganishe abakomeretswa n'abakomeretse.
@manubig5529
@manubig5529 Год назад
Quel histoire!!!!
@eddyrosekaza7922
@eddyrosekaza7922 Год назад
Nunvis umubabaro utagirukungana murijew kubwiyintah.iyisi tubayemwo yuzuy ibibazo knd ivyinshi birihishij.
@johnmpunda1927
@johnmpunda1927 Год назад
C’est pûrement triste et choquant , soyez courager uzoba umuntu ukomeye.
@divinekaneza3968
@divinekaneza3968 Год назад
Vykuri nintah ikomey knd cane.Imana ihezagir Mme Ngabire.nanj ndamuzi muma gâteau aryoshe😋 Iknd intah nkizi zabakize ibikomere zibandanye kuk abakomerets ni bnshi cane 😭
@moniajusteizere817
@moniajusteizere817 Год назад
Intahe iryoshe caaane urakoze kuremesha abandi batarakira
@AQUACLAUDIOTV
@AQUACLAUDIOTV Год назад
Narize sinzi aho amosozi Ari kuva wagirango numugezi isi iragoye
@aliciaineza113
@aliciaineza113 Год назад
Ngize agahinda kenshi ariko komera cane
@anithamugisha3022
@anithamugisha3022 Год назад
Muzohore mugira sous titrage en français/Anglais
@amandineakimanatrre3ee902
@amandineakimanatrre3ee902 11 месяцев назад
❤❤❤❤
@henrylepage4671
@henrylepage4671 Год назад
Amen
@divineirakoze4047
@divineirakoze4047 Год назад
Mpore mpore warakomeretse caaane
@ngendakumanawilly2159
@ngendakumanawilly2159 Год назад
Ngabire ndamwibuka aririmba kera disi
@joselynenshimirimana1815
@joselynenshimirimana1815 Год назад
Ikiganiro ni ciza,ariko murasimba utuntu nutundi, mama wawe akuvyatiy iwabo bavyakiriye gt,uwo bakuvyaranye niwe yamutwaye.Ngo nyokuru yasanz bariko baragukubita bande? Nyokuru wawe yakureze mama wawe ari hh,cnk wavutse aciga.Murakoze
@Jojo-wj5cu
@Jojo-wj5cu Год назад
Ntiwunvise inkuru neza ujye utega amatwi neza
@dodavahbienaimedeleternel1552
47:57 👌
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Год назад
😄😄ko atinya kuvugaImyaka?! Pardon 🙏🏾Karagaciyemwo!! Shame !! Sad story🤔 Ihangane Imana niyibigira D Nahimana🎩
@blessings1580
@blessings1580 Год назад
Yayivuz kiretse utazi guharura
@irakozeparfaite6561
@irakozeparfaite6561 Год назад
😭😭😭😭😭😭
@IsaroBururu
@IsaroBururu Год назад
Ibikara byiza nkawe biva muwuhe murima di!? Bawufumbiza iyihe fumbire?
@DM-li2kf
@DM-li2kf Год назад
Conseil: regarder avec la vitesse 1.5 ou 1.75
@divineakimana3006
@divineakimana3006 Год назад
Hhhhhh
@didiennetatie7184
@didiennetatie7184 Год назад
Mrci bcp vrt😂😂
@rafarukundo4036
@rafarukundo4036 Год назад
Adresse pour commander les gateau
@iradukundavitalien5065
@iradukundavitalien5065 Год назад
aha ni mu burundi?
@eunicentsinzi7290
@eunicentsinzi7290 Год назад
Ego
@kanakuzefuraha2347
@kanakuzefuraha2347 Год назад
Za muragerageza kuduza volume
@nadiellanshimirimana9082
@nadiellanshimirimana9082 Год назад
😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭
@econieniyomwungere
@econieniyomwungere Год назад
Izo isitware nizo bandakonse.muje murakoresha ikirundi basha biraryoha mubiganiro mukora.atari Aho ikirundi kiriko gihenebera.
@IVOMO_TV
@IVOMO_TV Год назад
Ikiganiro naco wacakiriye gute?kuki ushimikira Ku ruhande rubi gusa?
@kazeflannick9444
@kazeflannick9444 Год назад
Mu bintu vyose iki nico wakuyemwo ?
@kazeflannick9444
@kazeflannick9444 Год назад
Mu bintu vyose iki nico wakuyemwo ?
@jajaakimana
@jajaakimana Год назад
Intahe nziza Can ndumva nanj nkize canee.Imana iguhezagire
@kanakuzefuraha2347
@kanakuzefuraha2347 Год назад
Mpore Ngabire Yesu agira neza
@gynka5374
@gynka5374 Год назад
Imana ibandanye ikugirira neza, igukiza wongera ukize abandi. Ntacoroshe.
@felixmutore6612
@felixmutore6612 Год назад
Ariko harico utavuze neza.uwo mwavyaranye umwana wambere niwe yahavuye Aba umugabo wawe ?kko wari warabisengeye woba warishuwe kwisengesho ryawe?
@remynsengiyumva5397
@remynsengiyumva5397 Год назад
Mpore ma sœur .muduh numéro yiw
@rafarukundo4036
@rafarukundo4036 Год назад
Muduhe adresse twomutorako dushika gateau
@blessings1580
@blessings1580 Год назад
​@@felixmutore6612 ego niwe babana
@alicedorianetuyishemeze2938
Mana yanje uyu mudame kubona atarwaye mumutwe nintwari
Далее
Italians vs @BayashiTV_  SO CLOSE
00:30
Просмотров 4,2 млн
الذرة أنقذت حياتي🌽😱
00:27
Просмотров 14 млн
MARIAGE vs DIVORCE
1:12:34
Просмотров 694
Imboneza Talk Show avec Aimé Mananda (Umugwizatunga)
22:51
Prophéties pour préparer l'Eglise au RÉVEIL !
1:07:21