Je ne commente jamais mais là🤩🤩🤩 , je ne peux pas m'empecher de commenter , merci Pam channel TV d'avoir invité Dodo pour nous partager une histoire si INSPIRANTE .
Waooooooooouuuh très encourageant vrm!! Merci merci🙏 turakwishimiye. Karibu kandi kuraba ikiganiro ku kayi chaque vendredi 18h . U can also gu sharinga abandi ikiganiro ❤
Doriane tu es très intelligente,visionnaire ,disciplinée,courageuse ,je suis très édifiée,,,warukwiye kuja kuma Chanels yose y i bdi na TV z ibdi kugira ufashe aba jeunes kuguruka amaso ,ico kintu ndakigusavye pe ntuzobura n abantu 10 uzosanga urokoye,merci pour le partage
@user. Bavuga ko kwiga ingendo y'uwundi ishobora kukuvuna. Cette brave dame s'est bien debatue et elle a pu reussir. Il y a des jeunes qui dans ce ``modele" ne verraient que la reussite sans bien tenir compte d'enormes risques qu'elle a du prendre. Kandi ndiyumvira ko umujeune yakuriye aho umuyaya n'umuboyi aribo bakora vyose murugo vyomugora kwihanganira ubuzima bumugoye mumahanga la ou il/elle serait oblige de tout faire pour survivre de soi-meme.
Dodo sha yambiii, je te souviens à l'ETS kamenge! Uko nyene uri niko warumezee, inkerebutsi kwakundi, agasura kwakundi, agatima kera kwakundi, ubwenge vrt ni Dodo. Courage sha ndakwemera urashoboye. Terimberee Shop yawe tuzoshoppinga. Turanezerewe kukubona abo twabanye muri cacumba hafi ya manala, na Lambert😅😅 ....
Dodo courage, iyo nzira narayiciyemwo imbere yawe ariko uno munsi meze neza. Ni benshi peut être bibazako ari histoire ariko iyo témoignage yawe ndayemera.