Тёмный

Twavumbuye “Ikigwa” mu Kiyaga RWERU benshi batazi mu Burundi😍/Mu Kirundo ni Heza cane Twararyohewe🤩 

Hosy IRAKOZE
Подписаться 11 тыс.
Просмотров 47 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

27 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 208   
@isidorinsabimana410
@isidorinsabimana410 3 месяца назад
Basogokuruza bacu bari ntwari erega Rweru yari umwami waho muri Kanyamugesera Muhondo Ariwe yavyaye Abahondogo niwe yahinduye ivyo Biyaga mw’Igihugu
@nizigiyimanayves9485
@nizigiyimanayves9485 3 месяца назад
Unukene ni bubi, iyo ngira inoti noshize hotel turístico mwico kirwa nubwato bwohuza ikirwa nisi ya kirundo pourqoi pas imiduga yotembereza aba turistas boshaka kuja muzindi lieux turistiks bitahira mwico kirwa. Uwuri d'accord nanje kwiyo projet ampe likes 👍🇧🇮
@kg7285
@kg7285 3 месяца назад
Wowo ahubwo Minister ya Tourism nigihembe 👍🏼 beautiful!
@DorothéeIradukunda
@DorothéeIradukunda 3 месяца назад
Murakoze kw'urwo rugendo. Ariko kucohoha murafata akandikanya muce k'uruhande rundi naho hariho ile bita mukirwa iteye igomwe cane. Irimwo ibiterwa vyinshi kandi hariho n'abantu babayo
@AllaboutHosy
@AllaboutHosy 3 месяца назад
Tuzosubirayooo😍😍
@victorg7280
@victorg7280 3 месяца назад
​@@AllaboutHosyMur intwari z,abarundikazi .Mukunda igihugu canyu c,amavukiro.Muhezagigwe!!!
@nirereegide1230
@nirereegide1230 3 месяца назад
Good adventure. The lake is beautiful and can attract tourists if business people invest in it. Hanyuma mujye mwambara life jacket to protect yourselves in case of an accident. Do not risk your life or take it for granted.
@anmarisamatha135
@anmarisamatha135 3 месяца назад
Urankumbuj muhira hosy mbony urweru ncankumbura muhira kabisa😊
@victorg7280
@victorg7280 3 месяца назад
Iwanyu, nimba utabona akamaro kaho ,abandi barakabona kandi bazohagutanga kuhubaka neza.Wewe wabuziki?
@anmarisamatha135
@anmarisamatha135 Месяц назад
@@victorg7280 jew nabuz uburyo bwokuhubaka ese wew wongurany nkahagita nez ham nkazogusubiza
@AmisoMuyohira
@AmisoMuyohira 3 месяца назад
Wow is so buituifull burundi❤❤❤ is amazing 😍😍😍😍 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@Hi5392
@Hi5392 3 месяца назад
13:06 sooo beautiful our country... gusa aka recommendation gato kuri équipe ya Dative: en attendant que hari umuntu yiyumvira kugira ama aménagements yo ku visita ico kiyaga, barabe uko boronka ama gilets de sauvetage kuba touristes si possible
@AllaboutHosy
@AllaboutHosy 3 месяца назад
Merci kuri suggestions 🙏🏽
@fredericnshimirimana8014
@fredericnshimirimana8014 2 месяца назад
Murakoze cane.Aho ku rweru natwe turaheruka kuhatemberera mbere twaraye muri Hôtel yubatse ngaho nyene.Twarariye n'amafi avuye mu kiyaga ubwo nyene,aryoshe cane.Tuca turatembera mu Gatare,turinywera urwarwa ruryoshe,impeke n'ibindi .Vyose biba bihari.Ushatse no gusuma,ntakibazo
@inesgatoni9613
@inesgatoni9613 3 месяца назад
Merci Hosy ukuntu ukunda Ibirundi baraphuma baguha ministère ya tourisme kandi woduteza imbere
@AllaboutHosy
@AllaboutHosy 3 месяца назад
Inshallah😍😍😍
@NdayikezaArnaud-wt6qh
@NdayikezaArnaud-wt6qh 3 месяца назад
Sha nintaha ntahandi nzoshikira too
@mwatumbachirahishakiye1397
@mwatumbachirahishakiye1397 2 месяца назад
Ndabashimiy mumpay amakuru y'ikigwa ntari nzi
@JeanvierHakizimana
@JeanvierHakizimana 3 месяца назад
Hosy uwakuvyaye ntiyahonvye kabisa uraciye ubwenge. Kandi merci kutwereka aho tutazi.
@JeannetteManirambona-o6m
@JeannetteManirambona-o6m 3 месяца назад
Cane ari claire
@kananisarafe8582
@kananisarafe8582 3 месяца назад
Thank you Hosy kutwereka ivyo tutari tuzi ngo tunamenye. God blessed you
@chadrackroutine
@chadrackroutine 3 месяца назад
Hosy ugiye muri visite nk'izo uzoze urambara nk'ipantalo
@dreamvision1062
@dreamvision1062 3 месяца назад
vrt aho urumva ko utererey iki
@Alexissindayihebura-re6oy
@Alexissindayihebura-re6oy 2 месяца назад
Hosy mwarakoze caanee kutwereka aho tutarashika thank you so much my sister
@evelynenkurunziza287
@evelynenkurunziza287 3 месяца назад
None kweri haraburiki koko ngo hubakwe hatezwimbere 😢 ooh my burundi uri bwiza uburundi bukwiye abantu babwubakaaaa
@jeannkuru2887
@jeannkuru2887 3 месяца назад
Very nice❤. Soon very soon we change. 2040-2060. Thanks Hosy!
@DamaAslan
@DamaAslan 3 месяца назад
Agree with you
@passyk9968
@passyk9968 3 месяца назад
Ico nanka Niko about bene gihugu baho leta ihageze canke abatunzi baca bomora abahaba.
@claudemutore7904
@claudemutore7904 3 месяца назад
Magnifique. Bravo.
@nibigirasalomon1037
@nibigirasalomon1037 2 месяца назад
Vyiza cane. Ico ngaye ni ikintu kimwe: Ba mureka kutwononera ururimi rw'ikirundi. Ariko nyene kugeza naho uguma uvuga ngo "amarake" kweri! Bon courage la jeunesse!!
@M.fred.
@M.fred. 3 месяца назад
Eeee kari heza cyane courage hosy❤🇫🇷
@Burundian-k3q
@Burundian-k3q 2 месяца назад
Ndabakeje cane gose 🎉🎉🎉 Mukomere cane gose kugira ngo bikunde muzokomeze abandi !!! By Jeremiah Burundian man ❤️
@rahaytv26
@rahaytv26 2 месяца назад
hosy mercy bcp ndagukunze vraiment
@ndarishikijeeddy1300
@ndarishikijeeddy1300 2 месяца назад
Merci Hosy
@RichMan-li5ly
@RichMan-li5ly 3 месяца назад
Burundi my Beautiful country 🇧🇮👏
@GilbertKwizera-u1i
@GilbertKwizera-u1i 2 месяца назад
Vyukuri urarinda cane ubwobwato ntariko ndahunga sinobujamwo nahowompiki 😊
@niyikizaamede9835
@niyikizaamede9835 2 месяца назад
Content kuri tourism yigihugu cacu cuburundi ndayikunz kabisa courage ♥
@YvesNgari
@YvesNgari 2 месяца назад
Good job Gusa nuko wubahuka kuvuga ngo uzindutse cane ni 8:00 nukuri ivyo nta terambere birimwo vyo kuryamira
@KP-fe6io
@KP-fe6io 3 месяца назад
Aho hontu niheza none parcelle zoboneka ?
@patientirambona7178
@patientirambona7178 3 месяца назад
Yooo!!!narinaracerewe.
@IngabireJospin
@IngabireJospin 3 месяца назад
I want to visit this place one day nukuri ndaryohewe
@yasmenbronde5030
@yasmenbronde5030 3 месяца назад
Mrc bcp
@MELCHISA229
@MELCHISA229 3 месяца назад
Burundi is so Good
@lydinoirakoze3184
@lydinoirakoze3184 3 месяца назад
Urukundo nsigaye ndagukunda rurarenze ❤❤❤❤
@flaviairakoza9941
@flaviairakoza9941 3 месяца назад
Kuberiki iyo île yitwa uko???
@CongeraClaudine
@CongeraClaudine 3 месяца назад
Busoni, hosy c'était quand ko utambwiye ndabakire vraiment 😅
@250filmo2
@250filmo2 3 месяца назад
Hosi Merçi pour ton vlog vrm ndishimye courage kandi kwerekana ivyiza uburundi bufise
@rebeccantanyungu6314
@rebeccantanyungu6314 3 месяца назад
Hosy,merci bcp❤
@JacksonTuyisabe
@JacksonTuyisabe 3 месяца назад
Ndabakunda cane munkumbuje mugihugu iwacu
@inesgatoni9613
@inesgatoni9613 3 месяца назад
Aufait je me demande ico ministère ya tourisme ikora Ibirundi ?? Tellement il ya des endroits merveilleux ztari exploiter on dirait que bafise ingorane y uguteza imbere igihugu batwara birababaje ms bon nugupha kuvuga de toute les façons bigwaye vyose
@RaissaKamarayika
@RaissaKamarayika 3 месяца назад
ni hatar ahubw🤕😭😭😭😭
@benmuhizi1975
@benmuhizi1975 3 месяца назад
Yitwa gute irya ndirimbo baririmvye?
@MacareJosue
@MacareJosue 3 месяца назад
Abarundi bumutima ninkamwe Imana ibahezagire bakobwa .
@DamaAslan
@DamaAslan 3 месяца назад
Sinkund gukora comments, ariko ndakunz ik gikorwa. Keep it up
@JoselyneKeza
@JoselyneKeza 3 месяца назад
Niheza caane❤
@KubwimanaPacific
@KubwimanaPacific 3 месяца назад
Ndakund ibiganiro vyaw can mrs Hosy👊👊👊
@niyondikoevariste2069
@niyondikoevariste2069 3 месяца назад
Icokigwa ni zone touristique,reserve naturel,nabikogwa remezo bazohashira
@dundaentertainment6753
@dundaentertainment6753 2 месяца назад
Dent tv follows you too.
@habumugishaterry6543
@habumugishaterry6543 3 месяца назад
Bakambwirako harabarundi batazi kugosora nkabiharira nonendavyiboneye
@ChandaSethmwanse
@ChandaSethmwanse 3 месяца назад
Amazing
@PierreClaverNDUWIMANA-d2u
@PierreClaverNDUWIMANA-d2u 2 месяца назад
amasanamu n'aho mvuze ni meza , hohinduka kuko ''arasimbagurika'' hamwe hamwe. Ntaco mwavuze kuri ico catsi bita ''jacynthe d'eau'' kuko kironona ico kiyaga n'ibindi binyabuzima vyo mu biyaga.
@ngendakumanajeanmarrie7490
@ngendakumanajeanmarrie7490 3 месяца назад
Pazuri sana nimependa biyo❤❤
@pice-marcntigahera2621
@pice-marcntigahera2621 3 месяца назад
Iyi vidéo mwakoze ni nziza cane! Ni gute Tv Renaissance y'Uburundi, izo ntara bata za mamaza!? Ikindi, Leta y'Uburundi nti basubire kutubesha ko ama devises yabuze!? Leta y'uburundi ni bateze imbere izo ntara zose, kandi bubake ama barabara meza n'amahoteri meza!? Komera!
@250filmo2
@250filmo2 3 месяца назад
Hosi Courage komeza kutwereka ivyiza vyuburundi
@clemmudage9417
@clemmudage9417 3 месяца назад
Rweru na cyohoha ko no Murwanda babifite .ibyo biyaga.
@rahaytv26
@rahaytv26 2 месяца назад
ma cherie Rosy wagendera lmbere .nkuko umenga urahamenyereye😅😅🎉
@passyk9968
@passyk9968 3 месяца назад
Mwagize neza cane.
@DamaAslan
@DamaAslan 3 месяца назад
Probably MENYA village in vision2060
@henrisonphiri7136
@henrisonphiri7136 3 месяца назад
Igihugu ciza cu Burundi carahezagiwe
@henrisonphiri7136
@henrisonphiri7136 3 месяца назад
Nzohemuka nanje ndahageze kuhibonera niheza cane
@mariechantalkwizera7319
@mariechantalkwizera7319 3 месяца назад
Mwatanguy kwikundisha mukirundooo😂😂😂 ew bantuuuu
@JeannetteManirambona-o6m
@JeannetteManirambona-o6m 3 месяца назад
😂😂😂😂
@NgendakumanaDido
@NgendakumanaDido 3 месяца назад
Ariko ntakirundi uzi.ama lac? Canke ibiyaga?
@NiyonkuruJeanmarie-lg3xb
@NiyonkuruJeanmarie-lg3xb 3 месяца назад
Ndabakunze cane❤❤❤❤
@VedasteNzobakenga
@VedasteNzobakenga 3 месяца назад
Aho nuko wakigiyeko winjiriye mu Kirundo uc8ye kuruhabde Rwanda Muyinga côté Giteranyi ibarabara rirashikaho
@MireneIrakoze-sm7vl
@MireneIrakoze-sm7vl 3 месяца назад
Yoooh,Hosy ndagukunda ga Mana ntahantu nahamwe utantembereza bzuuuuuu uhezagigw cane.None Hosy ndakubaze ivyo biyaga nta mvubu cnk ingona birimwo????Hama ivyo biyaga hariho ico B-face et Meili bakoreyemwo clip ya Ara Ruenze.
@AllaboutHosy
@AllaboutHosy 3 месяца назад
❤️❤️❤️❤️❤️❤️nanje ndagukundaaaa❤️❤️
@HoHnot-py1nj
@HoHnot-py1nj 3 месяца назад
Iyo lac irimwo ubucafu😅none birafatanye na Tanganyika?
@clementineningabire9698
@clementineningabire9698 3 месяца назад
Lovery Country ❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮👍👍👍🙏🙏🙏👌👌👌
@annonciateniyonkuru9938
@annonciateniyonkuru9938 3 месяца назад
Nivyizaa Caane kabisaa mwadukore Vidéo nzizaa
@jigijigijean3979
@jigijigijean3979 3 месяца назад
Aho ni mu BURUNDI ? Ivyo abayobozi bavuga ko uburundi butunze
@VenusteBG-jj5zs
@VenusteBG-jj5zs 3 месяца назад
Ark nkabantu bazi ibintu nibindi j ndabonye ataco mwamubajj uwo munyumbakumi mwarikumubaza nibindi vyishi gusumba vrt. Reta yacu iriguhomb vrt ah hantu nihez ark nikibazo cabanyamitah vrt
@bdtvurumuri7712
@bdtvurumuri7712 3 месяца назад
Ikiyaga cyaRweru c kiba muBurundi?
@NdikumanaAlbert
@NdikumanaAlbert 3 месяца назад
❤❤❤ un beau paysage ❤❤
@nihimbiseeric4024
@nihimbiseeric4024 3 месяца назад
Muzoje mri Yaranda hariyo ile nziza hitwa mukirwa
@jeremieahimpereye-t6l
@jeremieahimpereye-t6l 3 месяца назад
ndabakuriyinkofero mwabakobwa beza biwacu iburundi ndabashimiy can kugwo rugendo lwakize mukirundo
@garythebeast3056
@garythebeast3056 3 месяца назад
Hosy wee uraja mumazi wambaye ikanzu vmt?
@HassanNgiriyabandi
@HassanNgiriyabandi 3 месяца назад
Songambere sista
@HAlex-nz5zh
@HAlex-nz5zh 3 месяца назад
So amazing ,🎉
@peterkanamugire7216
@peterkanamugire7216 3 месяца назад
Good video
@nihimbiseeric4024
@nihimbiseeric4024 3 месяца назад
Iyomuca kuri maison d, accueil niho hari ama hotel meza
@philiberthabogorimana3904
@philiberthabogorimana3904 3 месяца назад
Ikirwa nikinya rwanda. Mu kirundi bavuga izinga.
@AdamAmos-rr6fg
@AdamAmos-rr6fg 3 месяца назад
Nakupenda sana hoz
@NsabiyumvaFerdinand-rz5hq
@NsabiyumvaFerdinand-rz5hq 3 месяца назад
None komurimukavuyo nind,abarongoye? Hama bamubanza kwidondora umuntu imbereyo kumubaza ibibazo
@KIB256ug
@KIB256ug 3 месяца назад
Ikiyagaciwacu lake rweru Ndahakumbuye❤❤
@anmarisamatha135
@anmarisamatha135 3 месяца назад
Siwew gus nanj ndahakumbuy goose
@omarndayikengurukiye1551
@omarndayikengurukiye1551 3 месяца назад
Better
@MukunziCedrick-mu6gj
@MukunziCedrick-mu6gj 3 месяца назад
Hahhh😂😂😂😂😂 afise mumutwe 😅😅😅 oya da
@nirenganira8433
@nirenganira8433 3 месяца назад
Yoooo ahahantu niheza aha bazohabirukana mumisi irimbere abakire bahiyubakire amazu
@deorwamuhizi7438
@deorwamuhizi7438 3 месяца назад
Ikigwa bwari uburiri bw'umwami , île ni izinga
@FleuryRukundo-gw6bn
@FleuryRukundo-gw6bn 3 месяца назад
Ikigwa ni ukuvuga iki?
@raissanagateka4300
@raissanagateka4300 3 месяца назад
Neza cane😊❤
@SimeonMugenzi
@SimeonMugenzi 3 месяца назад
16:58
@bukururamadhan2442
@bukururamadhan2442 3 месяца назад
Nice
@bernarduzabakiriho88
@bernarduzabakiriho88 3 месяца назад
Muravumbuye kweri 😀
@gratiennkunzimana5118
@gratiennkunzimana5118 3 месяца назад
Hosy wewe ndagufana caaane. Wibereho utababaye.
@jeannettehatungimana7793
@jeannettehatungimana7793 3 месяца назад
Twarabikujyanye twe twahavukiye ,Uzi ngo ifi yahoo ngo iryoshe gute
@IBISUSADIVERSE
@IBISUSADIVERSE 3 месяца назад
Wow u got nice video
@honorableincredible2998
@honorableincredible2998 3 месяца назад
Hosy, IKIRWA ni ikinyarwanda hama mu kirundi ni IZINGA hama muri Rweru dufise amazinga abiri Ruyoka n' Akayoka
@AllaboutHosy
@AllaboutHosy 3 месяца назад
Merciiii ntavyo narinziii peee
@honorableincredible2998
@honorableincredible2998 3 месяца назад
@@AllaboutHosy niko bimeze aho niho navukiye niho nakuriye ivyambu vya Rweru ndabizi vyose haba kuri côté ya Burundi n' Urwanda ahandoka ni côté ya Giteranyi, et de plus je maîtrise les deux langues et les deux cultures.
@bellychanellakabanyana6386
@bellychanellakabanyana6386 3 месяца назад
​@@honorableincredible2998👍
@mabilisi
@mabilisi 3 месяца назад
iyi video ni nziza kbsa Imana izamfashe rimwe nzaze gusura u BURUNDI
@edryuwera-hk7xt
@edryuwera-hk7xt 3 месяца назад
Karibu cane
@mabilisi
@mabilisi 3 месяца назад
@@edryuwera-hk7xt urakoze cane gwose nzaza kbsa
@edryuwera-hk7xt
@edryuwera-hk7xt 3 месяца назад
@@mabilisi tugurhaye ikaze
@mabilisi
@mabilisi 3 месяца назад
@@edryuwera-hk7xt murakoze babanyi bacu
@ViateurKwizera-gk2pm
@ViateurKwizera-gk2pm 2 месяца назад
Ico nikirori muguma amahera Kur RU-vid gusa, ntakintu gikomeye numva wahigiye,Aho benshi turahaazi
@niyomwungerekevin8560
@niyomwungerekevin8560 3 месяца назад
Muri 3:11 uhejeje kwihanagura barya bahungu pembeni bati "eehhh"😂😂
@DirectorZombieTV
@DirectorZombieTV 3 месяца назад
Iyo ni documentaire si vlog gusa 😂
@JoselyneKeza
@JoselyneKeza 3 месяца назад
Iwacu hezaa
@cnhtv2579
@cnhtv2579 3 месяца назад
Umomutipe yarabiriye kweri😂
Далее
Random Emoji Beatbox Challenge #beatbox #tiktok
00:47
KURUYOKA IZINGA RYO MU KIYAGA RWERU
6:52
Просмотров 356
A WEEKEND AT SUNSTONE | BURUNDI VLOG
11:08
Просмотров 4,7 тыс.