Тёмный

TWIBUKANYE INYIGISHO NKURU NKURU ZAMURANZE 

MEIRRA Tv
Подписаться 126 тыс.
Просмотров 17 тыс.
50% 1

Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

Опубликовано:

 

24 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 118   
@danielniyonzima5837
@danielniyonzima5837 4 месяца назад
Umugeni wa Kristo aratashe koko. Umwami w’abami n’aguhembe igitsibo waragikoreye. Amen.
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
Amen 🙏💖
@siwemabella3539
@siwemabella3539 4 месяца назад
Amen Amen ruhuka amahoro mwungere wacu
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
Amen 🙏💖
@JeanClaudeManirakiza-ng3ng
@JeanClaudeManirakiza-ng3ng 4 месяца назад
Yesu aguhezagire,twabanye neza
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
Amen 🙏💖
@biosanta8628
@biosanta8628 4 месяца назад
Uyu kumuherekeza biba bishimishije ukumva wifuje kuzataha nkawe. Uwiteka aruhuye umuntu wiwe. Hallelujah Hallelujah Amina
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
Amen 🙏💖
@mediatricenikundana441
@mediatricenikundana441 4 месяца назад
Ameeen Niwigire uraturuta witahiye Amahoro uruhuke ubutame waruhiye hano mw'isi❤ Imana ize natwe idufashe kurangiza Amahoro🎉🎉 9:01
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
Amen 🙏💖
@irambonabenithe215
@irambonabenithe215 4 месяца назад
Yaaaaa Harih abantu babaye abahizi nyabahiz Ewe Yesu urazoduh guhagarar neza
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
Amen 💖
@PacifiqueMunezero-sg7il
@PacifiqueMunezero-sg7il 4 месяца назад
Sheeetani arambura, umwami yesu akambika, sheeetani araboha, umwami yesu akabohora, haleluya! Ayo niyo majambo ndamwibukirako aruhuke mumahoro umuvyeyi wacu aheza ni mw'ijuru
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
Amen 🙏💖
@nrakirutimanajanvier8158
@nrakirutimanajanvier8158 2 месяца назад
Amen
@vanisniyonkuru9442
@vanisniyonkuru9442 Месяц назад
Nahora inwa inzog nkakora vyishi bibi muga imana 😢 impe iherezo ryiza nzopfe neza ndagiz neza 🙏 Nokukanyum inzomp amahigwe yanyuma
@meirratv
@meirratv Месяц назад
Amen 🙏💓
@nyandwiemma5619
@nyandwiemma5619 4 месяца назад
Ese icompa nkazopfa nkuko abagororotsi bapfa Amen Amen Amen.
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
Amen 🙏💖
@DenisGahimbare-ne8hh
@DenisGahimbare-ne8hh 4 месяца назад
Urupfu rw'umugororotsi ni urw'igiciro kinini! Ese icompa nkazopfa nk'uko abagororotsi bapfa ❤❤
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
Amen 🙏💖
@Amandamos666
@Amandamos666 4 месяца назад
@gloriosekagayo5045
@gloriosekagayo5045 4 месяца назад
Umukozi w Imana yabaye icete gisomeka ni yiruhukire amahoro.
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
Amen 🙏💖
@Anesiekatihabwa
@Anesiekatihabwa 4 месяца назад
Imana imuhi uburuhukiro budashira umuvyeyi wawu
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
Amen 🙏💖
@zamzamalhanayy5505
@zamzamalhanayy5505 4 месяца назад
Ndamwibukira kwijambo rivuga ngo mbega mwarahawe Mpwemu Yera igihe mw' izera❤❤ Umugeni wa KRISTO aratashe Amen
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
Amen 🙏💖
@NaumeUgiriwabo-vp4ub
@NaumeUgiriwabo-vp4ub 4 месяца назад
Imana nishimwe kuba igenda iratwereka ko kugororoka ukiri muri iy'umubiri bishoboka, none Mwami Yesu natwe uradusho oza kuzogira iherezo ryiza. Mwungere ruhuka mu mahoro y'Imana wakoreye.❤
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
Amen 🙏💖
@gloriosebarindogokanyana
@gloriosebarindogokanyana 4 месяца назад
Ndanezerewe. Kandi nigishijwe ingene Imana yitwaririka umugororotsi. Abaye igishingantahe kw'isi yose mu kwigisha imbabazi. Hama ndashimiye Imana ko namumenye nkiri muto mu gikorane i muyinga yatwigishije kudatinya shetani ahubwo ari ukumusuzugura ukamutera umugere n'ivyiwe ko ataco amaze. Aruhuke nezaaaa❤ gusa tuzomukumbura
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
Amen. Yesu Kristo aguhezagire cane kur'iryo jambo yabigishije umwibukirako!
@YaranyumviyeBeoline
@YaranyumviyeBeoline 4 месяца назад
Aheza ni mw'ijuru, Yesu kristo akwicarike heza yaguteguriye muvyeyi, ndarizwa n'iy'isi yuzuyemwo ivyago vyinshi cn
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
Amen 🙏💖
@KwizeraJclaude-jn9dx
@KwizeraJclaude-jn9dx Месяц назад
Ivyo yatumbwiye nivyo .ngo ntimubone ndashaze Imana yambwiye KO shigaze imyaka myish ndongoye Ishengero none nubu ubutumwa bwiwe buracamfasha
@meirratv
@meirratv Месяц назад
Amen 🙏💓
@jimmyjambo2416
@jimmyjambo2416 4 месяца назад
Igihe ciwe yagikoresheje neeza ese natwe twokoresha neza umwanya muto dufise kwisi ❤ Tuzomukuuuumbura ewe Data watwese nuhimbazwe kumuhamagaye ngwaruhuke ubutame kukw'atarubwubusa mu MWAMI
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
🙏💖
@irakozebelyse2432
@irakozebelyse2432 4 месяца назад
Ruhuka namahoro muvyeyi mwiza
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
🙏💖
@venantiekabahizi8837
@venantiekabahizi8837 3 месяца назад
Yarigiriye kuruhuka kuko icoyariyaje gukora mwisi yaragisoje natwe dukomeze gukora kugira tuzeturangize neza❤🙏
@meirratv
@meirratv 3 месяца назад
Amen 🙏❤️
@nrakirutimanajanvier8158
@nrakirutimanajanvier8158 2 месяца назад
Iman imuhe iruhuko ridahera
@meirratv
@meirratv 2 месяца назад
Amen 🙏🙏
@meirratv
@meirratv 2 месяца назад
Amen
@AkiliOmari-v4e
@AkiliOmari-v4e 4 месяца назад
Umwungerewacu naruhukemahoro twamukunda❤❤❤
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
Amen 🙏💖
@NathanaelMugisha-ej4hk
@NathanaelMugisha-ej4hk 4 месяца назад
Ndamwibukira kugishingantahe ariko arasigura ivya firipo ninkone ivyo dusanga mugitabo civyakozwe n'intumwa 8:26- niyiruhukire amahoro
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
Yesu aguhezagire.
@PenielIkorivyiza
@PenielIkorivyiza 4 месяца назад
Hahigwa abapfa bapfira mumwami yesu
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
🙏💖
@Noella-p5u
@Noella-p5u 4 месяца назад
Ruhuka amahor muvyeyi ❤️
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
🙏💖
@nduwimanabeatrice4643
@nduwimanabeatrice4643 4 месяца назад
Imana ihabwe icubahiro, natwe izoduhe kurangiza neza, ntihagire umuzodusesesha amavuta.
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
Amen 🙏💖
@DelphinNdikumana-eq6rv
@DelphinNdikumana-eq6rv 4 месяца назад
imana imwakir mubwami bwayo
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
Amen 🙏💖
@EsperanceNtirampeba-hv3vr
@EsperanceNtirampeba-hv3vr 4 месяца назад
Imana imwakire kweri tuzokogera kumubona
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
Amen 🙏💖
@IrakozeClaude-r9j
@IrakozeClaude-r9j 4 месяца назад
Imana imuhe iruhuko ridahera
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
Amen 🙏💖
@Bigirimanameshack
@Bigirimanameshack 4 месяца назад
murakoze muduhe nibindi vyinshi. Umutama nawe aruhuke amahoro .
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
🙏💖
@Innocent-b1c
@Innocent-b1c 4 месяца назад
Imana imwakire mubwami bwayo kwer kuk ararhutse!!!
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
Amen 🙏💖
@alicenirere2644
@alicenirere2644 4 месяца назад
​@@meirratvruhukira mumahoro Mubyeyi wakorere Imana igutuze aheza
@Menyanawe-Tv
@Menyanawe-Tv 4 месяца назад
Ndasavye iherezo ryiza nk'iryaba bantu bawe mwami Yesu Kristo. Amen
@HygorIrangabiye
@HygorIrangabiye 4 месяца назад
Amateka yabantu bimana bingana bityo icompa nkazokwipfira nkabagororotsi
@asmanniyonsaba
@asmanniyonsaba 4 месяца назад
Alelluua
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
Amen 🙏💖
@GilbertNKUNDAGENZI
@GilbertNKUNDAGENZI 3 месяца назад
Manurampa iherezo ryiza
@meirratv
@meirratv 3 месяца назад
Amen 🙏💖
@stidompundu7586
@stidompundu7586 2 месяца назад
Yabaye icitegererezo ciza
@meirratv
@meirratv 2 месяца назад
Egoo.
@DonIrakoze-q2l
@DonIrakoze-q2l 4 месяца назад
Wiruhukire amahoro mukoz w'imana!!umutwaro nuko tuzogusangayo
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
Amen 🙏💖
@AlbertOsee
@AlbertOsee 4 месяца назад
Amarira numubabaro bidasanzwe Aruhukane amahoro y,Imana😅😅😅😅😅❤
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
Amen 🙏💖
@GilbertNKUNDAGENZI
@GilbertNKUNDAGENZI 3 месяца назад
Nukuri yarumuntu wimana
@meirratv
@meirratv 3 месяца назад
🙏💖
@JaphetNdayishimiye-c7s
@JaphetNdayishimiye-c7s 2 месяца назад
Aruhuke mumahoro nitugera iwacu tuzomubina
@meirratv
@meirratv 2 месяца назад
Amen 🙏💓
@KabujiBrigitte-my1vc
@KabujiBrigitte-my1vc 4 месяца назад
Mana ndagusavye nanj iherezo ryizaaaa.Urupfu rw,umugororotsi ruraryosh.Ruhuka igih caw wagikoreshej nezaaa
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
Amen 🙏💖
@JeanClaudeManirakiza-ng3ng
@JeanClaudeManirakiza-ng3ng 4 месяца назад
4:18
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
🙏💖
@EmeryNdikuriyo-o8q
@EmeryNdikuriyo-o8q 4 месяца назад
AAAAMEN.Mbega mwarahawe mpwemu yera igihe mwizera ? Ivyo ndavyibuka
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
Amen! Mpwemu Yera turamukeneye cane kuruta ibindi vyose.
@vanisniyonkuru9442
@vanisniyonkuru9442 4 месяца назад
Mana uzompe iherez ryiza ndagize neza
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
Amen 🙏💖
@rosentirampeba2454
@rosentirampeba2454 4 месяца назад
Kuva ku musi wa Pentecote Ukageza n'ubu Umuririro wa Mpwemu Yera Uracariho Uracariho Iyo ndibuka ayiririmba Ari mu Rusengero rw'i Gitega
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
Amen. Yesu adushoboze kuzigama uwo muriro.
@jimmyjambo2416
@jimmyjambo2416 4 месяца назад
Ngo wa mwana ko wahindutse nti nsa gute ngurakayangana wa mavuta nzokuzigama iyo migabo ga yemwe iracariho warumuvyeyi akunda ishengero vyukuri
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
Amen 🙏💖
@AnnociateNdagijimana
@AnnociateNdagijimana 4 месяца назад
None yomba arinzamba yariko uravuga
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
🙏💖
@MathieuNyabenda-w4k
@MathieuNyabenda-w4k 4 месяца назад
Abanyamuyinga natwe twagukunda wanka umugayo kwishengero
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
💖🙏
@A.I.G.1
@A.I.G.1 4 месяца назад
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
💖🙏
@vyukusengemechack1703
@vyukusengemechack1703 4 месяца назад
ndamwibukira kwijambo yavuze ngo mwarahawe mpwemu yera igihe mwizera?????
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
Yesu aguhezagire cane 🙏💖
@NDUWARUGIRAClothilde
@NDUWARUGIRAClothilde 4 месяца назад
Mbaz. Ikibazo. Umuntu. Ajamwijuru. Kubera. Apfue? Ikindi. Kuvuga. Ubutumwa. Ukamamara. Ukamenyekana. Nivyo. Bituma. Uja. Mwijuru?
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
Kugira ngo umuntu aje mw'Ijuru arasabwa ibintu 2 nyamukuru: 1. Kwihana ivyaha ukizera Yesu Kristo nk'Umwami n'Umukiza wawe. 2. Kwitondera ivyagezwe vy'Imana. Kur'ivyo 2 haca hiyongerako ukwezwa, kuko umuntu atejejwe atazobona Imana (Abaheburayo 12:14).
@ClaudineIrahoza
@ClaudineIrahoza 4 месяца назад
Iyimbura iriko yimbura abayo
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
Ni vyo.
@anithaniyera7295
@anithaniyera7295 4 месяца назад
Imigezi yi negebu
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
🙏💖
@TuyisengeRosalie-m2v
@TuyisengeRosalie-m2v 4 месяца назад
Ruhuka amahoro muvyryi
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
Amen 🙏💖
@YaranyumviyeBeoline
@YaranyumviyeBeoline 4 месяца назад
Aheza ni mw'ijuru, Yesu kristo akwicarike heza yaguteguriye muvyeyi, ndarizwa n'iy'isi yuzuyemwo ivyago vyinshi cn
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
Amen 🙏💖
@nyandwiemma5619
@nyandwiemma5619 4 месяца назад
Ese icompa nkazopfa nkuko abagororotsi bapfa Amen Amen Amen.
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
Amen 🙏💖
@francinendacayisaba2411
@francinendacayisaba2411 4 месяца назад
Imana imwakire yarayikoreye umugeni aratashe
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
Amen 🙏💖
@AlbertOsee
@AlbertOsee 4 месяца назад
Amarira numubabaro bidasanzwe Aruhukane amahoro y,Imana😅😅😅😅😅❤
@meirratv
@meirratv 4 месяца назад
Amen 🙏💖
Далее
4 YEAR SIBLING DIFFERENCE! 😭 #shorts
00:11
Просмотров 15 млн
INTAHE Y'UMWUNGERE WAMBERE WIKIREMBA
39:35
Просмотров 47 тыс.