Тёмный

U Rwanda ruheje kuvuga aho ruhagaze kwiyugarwa ry'imipaka ryakozwe nu Burundi || Alain Mukurarinda 

URUGENDO NEWS
Подписаться 107 тыс.
Просмотров 25 тыс.
50% 1

#Amakuru_yurugendo_news
#Updats_zurugendo_news
#Interviews_zurugendo_news
AMAKURU YA 🅱🅱C GAHUZAMIRYANGO
AMAKURU YA RPA YIHUTA
AMAKURU YA HAGURUKA YIHUTA
AMAKURU YÍNZAMBA YIHUTA
AMAKURU YA PEAC FM YIHUTA
AMAKURU N'IBIGANIRO BICUKUMBUYE

Развлечения

Опубликовано:

 

11 янв 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 100   
@vyisijean7065
@vyisijean7065 6 месяцев назад
I mana izokwongera iduhuze dusabane kandi dusengere both countries amen
@pacifiquesabiyumva8083
@pacifiquesabiyumva8083 6 месяцев назад
Thank you bwana journaliste,ubundi nshimiye cyane icegera c'Umuvugizi wa Gouvernement y'Urwanda kuri Diplomatie ye!!!!
@ngagishow2614
@ngagishow2614 6 месяцев назад
Rwanda nigihugu cyamahoro kubantu bose kuko nabakongomani baratekanye bameze neza.ubwosurumva umurundi kwarimwenewacu agomba kuryama agasinzira mumahoro.
@user-wo6wr7qx4e
@user-wo6wr7qx4e 6 месяцев назад
None uburundi bwugayimipaka umuti wibibazo bafitaniye nurwanda bizobabitorewumuti?
@nsengiyumvaclaude7064
@nsengiyumvaclaude7064 6 месяцев назад
Uyomugabo avuga akoreshej diplomacy kabisa.ntahubuka nagato
@NanzimpakaHesron
@NanzimpakaHesron 6 месяцев назад
Oke turabakurikiye
@MuragiziAlex
@MuragiziAlex 6 месяцев назад
Uburundi ntabgo byaribikwiriyeko umuturage usanzwe yahohoterwa kabisa mwifuje gufunga imipaka ariko sicyo cyamara ikibazo.
@user-zd9ck8km5i
@user-zd9ck8km5i 6 месяцев назад
Abayobozi b'uburundi mufise amajambo mabi, uburozi, umuriro. Ng'ico icononye imibanire y'aka karere
@egidengabonziza697
@egidengabonziza697 6 месяцев назад
Uyumugabo ninterahamwe urumva urwango avugana
@pacifiquesabiyumva8083
@pacifiquesabiyumva8083 6 месяцев назад
Niyubahwe!!!Iyaba nari Président Kagame,nari gucya mpamagaza Gouvernement yose nkamuha Gift ye nanone nkahimiriza abandi kumwigiraho❤❤❤❤
@pacifiquesabiyumva8083
@pacifiquesabiyumva8083 6 месяцев назад
satani afite imihigo yo gushaka gutanya abavandimwe abicishije mi rwanko n'inzigo ubundi Abaturarwanda n'Abarundi n'Abavandimwe❤❤❤❤
@user-jh7lq5hx1w
@user-jh7lq5hx1w 6 месяцев назад
Mugabo, ugwanda nta support rukeneye from anywhere! Kuko rurakurikiza amategeko mpuzamakungu. Right? So, kuba rutarekura impunzi zaruhungiyeho nuko bisaba ibiganiro diplomatic, impunzi niza UNHCR , ntabwo bisaba igihe gito, ni processes. None impunzi ziri Marecan USA cg Iburaya, tanzaniya zabarundi ko batacatinz ububanyi? Bisaba ubwenge. Ungwanda ntabwo rukorera kumarangamutima. Rufise amategeko rugenderaho. Kandi mugabo bafise nubushobozi bwokwivuna umwansi at anywhere in anytime. Neva + Fatchi murahubuka. Mwizera support zohanze kuruta ubwenge bwanyu nubushobozi bwabanyagihugu banyu. Meanwhile muzoguma kuba in the last 4 poorest countries 😢.. mwikosore.
@user-jh7lq5hx1w
@user-jh7lq5hx1w 6 месяцев назад
@@victorg7280 ko utapfuye se?
@pacifiquesabiyumva8083
@pacifiquesabiyumva8083 6 месяцев назад
Rebera cyanecyane kw'aba Bakongomani bisanze ar'imvukira za RDC Bakarinda bafata ibigwanisho kubera gutotezwa ngo ni ABATUTSI😊😊😊😊
@mucojason9724
@mucojason9724 6 месяцев назад
Ushigikira umugabo adakomeye mugakubitigwa hamwe, Nko kwisunga Tshisekedi 😂😂😂 nukubura akange
@jeanmarievianneykaramaga2123
@jeanmarievianneykaramaga2123 6 месяцев назад
Ivyihweje neza Tshisekedi ariko arahenda Ndayishimiye umuhendesha amahera. Nyankira Kagame nzoguha amahera, nzoguha amabuye yagaciro. Intambara ubona itangira ariko ntumenya uko izorangira. Abanyarwanda twaciye mu mu ngorane nyinshi cane. Tuzi agaciro k'umutekano. Turi tayari gupfira igihugu cacu.
@IntwariHans
@IntwariHans 6 месяцев назад
Uburundi bwatewe umujinya n'abasirikare benshi cyane barashwe na M23 abandi barazimira mu mashyamba abandi barafatwa. Ndayishimiye yohejwe na tshisekedi afata icyemezo ahubutse nk'inyeshyamba. Umugabo nkuyu ntakwiye kuyobora igihugu kuko imitekerereze ye iri hasi kimwe na fatshi.
@JeanclaudeNdayishimiye-we1qi
@JeanclaudeNdayishimiye-we1qi 6 месяцев назад
Nukuri uwomumenyesha makuru niwo akorera iyihe radio?yamubajije atarya umunywa
@user-ps3hy7bh2x
@user-ps3hy7bh2x 6 месяцев назад
Scovia uri umumenyeshamakuru atabogama
@akumirostefano8169
@akumirostefano8169 6 месяцев назад
Mugumane ba Niyombare..naho abarundi batazi umunyarwanda babahaye Mushayidi none bari kumwica nabi..abarundi n'ibijuju mbega bakeka ko u Rwanda ruganira..niyo rwemeye amasezerano bayarengako...ni uguta igihe
@pacifiquesabiyumva8083
@pacifiquesabiyumva8083 6 месяцев назад
It's in the Panafricanism where we will winner!!!
@mucojason9724
@mucojason9724 6 месяцев назад
Congo nubwo nabo ari ibigobogobo barazi neza yuko bugaye imipaka abanyagihugu babo ko aribo bohomba caaane donc ntabwo bofata decision batiyumviriye nkabaraho
@hosewebtv77
@hosewebtv77 6 месяцев назад
Congo suburundi ,none kutugara umupaka wa congo vyatanze uwahe musaruro,abenegihugu ntibirigwa barapfa muri congose?uburundi burazi ico bukoze sha,congo umusaruro wo kutugara imipaka nuryanyene ubungubu urikureba.
@nizigamajules5006
@nizigamajules5006 6 месяцев назад
Tugomba kwiyamiriza iyo ntwaro yanyu mu rwnda yabicanyi iteza umutekano muke mu karere kose ka EAC
@ntakiyirutafdfied3517
@ntakiyirutafdfied3517 6 месяцев назад
Wwe uri iki rofa cumurundi kbxa... nne wibazako ufise ubwenge kurusha abandi.. !!?
@mucojason9724
@mucojason9724 6 месяцев назад
Uburundi bwugaye imipaka kubera ko Ndayishimiye yavuze ko yifitiye stock yinrya ikwiye muhira iwe, ivyabarundi he doesn't care, ivyabarundi bahahombera we ntaco bimubwiye
@ngagishow2614
@ngagishow2614 6 месяцев назад
hahahahahaha nihatari mze wakazi
@nizigamajules5006
@nizigamajules5006 6 месяцев назад
Ntavyo gufungura uburundi busumira mu Rwanda.
@mugwanezainnocent8276
@mugwanezainnocent8276 6 месяцев назад
Ibizakurikira ?? Buriwese Azaguma iwabo...nihagira Uhirahira ngo kudutera Bazabibona ko tutangana tu 😉
@nehemietv1497
@nehemietv1497 6 месяцев назад
Abarundi ibijuju gusa uziko mutagira ubwenge ndahebye pe urwanda itezambere urwanda rugezeho ntacho mwakora mugumane indagara zanyu nisambaza ark namwe ibijanye nikorabuhanga ingendo zindege muziko urwanda rukotrora technology yikirere muzichuza murek ubujuju
@Hello-gr8fg
@Hello-gr8fg 6 месяцев назад
Ivyomuzi nigutukana na gashavu nubwicanyi, ntaco tuzohomba twayugaye niwitware ahushaka 😂
@pacifiquesabiyumva8083
@pacifiquesabiyumva8083 6 месяцев назад
Eeeeh,naw usigeho gucokora Abarundi bose ntabwo ari injiji,gusa umwera uturuka i bukuru ugakwira hose!!!!Stop please my friend Uknow!!!
@nibigiraaugustin6076
@nibigiraaugustin6076 6 месяцев назад
Niturekegucanamwokukoturibamwe,abarundi,nabanyarwandaturibamwe
@user-cw1se8nc7r
@user-cw1se8nc7r 6 месяцев назад
Ese ko umugabo wese akinga iwe ayo magambo nayiki? Burundi bwugaye iwabwo none abo bababaye bababajwe n'iki?
@NIYONIZEYEMelchior-ms1gy
@NIYONIZEYEMelchior-ms1gy 6 месяцев назад
Uyo mumenyeshamakuru ndamuhaye 100%, uwo rero niwe mu journaliste yigenga. Yabajij ibibazo atabwob asizem,kand ntiyariy umunwa,yakomej kwerekan ko uwo muvugiz wa reta y'urwanda yakwefy ibibazo nyezina yabajijw. Non kuvuga ko Niyombar ari mu Rwanda cank atarihari vyamusab umwanya ungan gt??
@nizigamajules5006
@nizigamajules5006 6 месяцев назад
Wewe mugisha nayobowe icujejwe muri diplomatie ndakibura.
@murekeziaugustine2491
@murekeziaugustine2491 6 месяцев назад
Ni gute abateye bajya Gatumbq iri ku mpaka wa Rdc bavuze mu Rwanda ? Mbega Ndashimiye yoba ari mu mutego wa fashi? Azishyura ariya mahera ya fashi. Yaririye inyama gutukura!!
@Rugambamachine7714.
@Rugambamachine7714. 6 месяцев назад
Uraz ivyuvuga✅
@pacifiquesabiyumva8083
@pacifiquesabiyumva8083 6 месяцев назад
Mr Daniel,uraho ngaho?Ukomere ncyuti,burya ivy'abantu baza babona nivyongivyo!!!
@user-ch9xc8nq8d
@user-ch9xc8nq8d 6 месяцев назад
Museveni yabwiye p Habyarimana ko ata umuntu azotera urwanda aturutse muri Uganda. Vyagenze gute.
@Niyokwizera
@Niyokwizera 6 месяцев назад
Kandi habeho uwurongoye est africa asabe abomufasha guhuza ibibihugu hanyuma abanka kobabahuza afatirwe ibihano bikomeye
@user-ul3nz8cl9q
@user-ul3nz8cl9q 6 месяцев назад
Abayoboye urwanda baguma bihindukiza mwijambo kuko urwanda urumvako ariko ruteza umudurumbano muburundi iyongingo ije hageze
@user-mc7lh6js3o
@user-mc7lh6js3o 6 месяцев назад
Umvamagambo weee
@JPRutijana
@JPRutijana 6 месяцев назад
Abayobozi b’ububurundi benshi babaye mu Rwanda mu gihe Genocide yategurwaga, bamwe bakoze na genocide mu Rwanda, bamwe batinye no kuza gufata pansiyo yabo kuko bazi ibyo bakoze. Iryo jambo umushikiranganji ijambo yavuze yasubiraga mu byo aba CDR n’interahamwe. Aba ni abanyeshuri ba Habyarimana.
@NIYONIZEYEMelchior-ms1gy
@NIYONIZEYEMelchior-ms1gy 6 месяцев назад
Iyo ngingo ifashwe hageze. Mbere umutekano ugiy kuba wizewe. Amatora abarundi bazoyajamw batekanye
@dianeinamwiza
@dianeinamwiza 6 месяцев назад
Ariko ko abantu bariko baricwa n,inzara,nta bitoro,amazi,amakara,devises n,ibindi,bizoca biboneka?
@karabayingajoseph1778
@karabayingajoseph1778 6 месяцев назад
Ariko turetse yuko kumbure ubwibone butera ubwenge buke aho igihe kigeze ni kera kuburyo impunzi z'abanyamurenge isinzi batemaguriwe mu Gatumba twihende ko nta bana barimwo? Batemaguwe nande? Mbe yoba ari RED TABARA? None aho abatemaguye abo banyamurenge bavuye, ubu harugaye? Ariko gushotora u Rwanda birabaryohera kweli! Ni wa mugani ngo akarimi kavuga inagore karagororoka
@dianeinamwiza
@dianeinamwiza 6 месяцев назад
@@victorg7280 Reka,reka,inzara iri mu Burundi iragisibije,nimbabwewe ufumgura gatatu ku munsi,ni gushimira Imana.Ahantu hatagira amatara,amazi,ibitoro,devises,wumva hameze gute
@pacifiquesabiyumva8083
@pacifiquesabiyumva8083 6 месяцев назад
Ariko Ubundi ibiri gukoreka mw'isi y'impwemu bibonwa n'abanyamwuka kuko aribo basesa!!!
@pacifiquesabiyumva8083
@pacifiquesabiyumva8083 6 месяцев назад
Abanyafurika bahindure Minds na none twifatanye na Docter RUSA Dukomeze PANAFRICA!!!!
@TitusMamesi-sx8ro
@TitusMamesi-sx8ro 6 месяцев назад
Abarundi barimurwanda nabatutsi noneko urwanda ko ruyombowe nabatutsi ese umututsi wumurundi bamukoziki Ariko abanyarwanda bariburundi kobakoreshwa nubuyobozi burwanda mushaka bigendegute?
@user-zd9ck8km5i
@user-zd9ck8km5i 6 месяцев назад
Amacakubiri yarabazingamitse, niyo mpamvu muzoguma mubukene budashira. Mwashize investissement mu nzigo, urwanko n'amacakubiri, ivyo ntaho bizobashikana. Uzobaze muRwanda abarundi bariyo bari mumoko yose kandi bose bafise umutekano.
@mahirwe980
@mahirwe980 6 месяцев назад
Uburundi buyobowe nabicanyi CDDFDD Imbonerakure binjiji ziraho,none kuba mwaratsindiwe congo,nimufunga umupaka murahita mutsinda M23??none urwanda ruhombaki kiva muburundi??Indagara??
@nizigamajules5006
@nizigamajules5006 6 месяцев назад
Urabeshe mugisha ahubwo USA isaba urwanda gukura abasoda bayo bariko bararwana muri congo biyititirira m23
@user-ll3mn8wq5o
@user-ll3mn8wq5o 6 месяцев назад
Ivyo uvuga Daniel n ukuri.
@ishimwejf
@ishimwejf 6 месяцев назад
Umva abarundi,aba congoman ikintu kimwe nobambwira nuko boshaka boreka ibintu vyo kwiyumvira ibintu vyo kugwana nu Rwanda niba badashaka ko uburundi na congo babugira nka Gaza.Reba America,Israel n'ibindi bihugu vyinshi biri inyuma yavyo.ahubwo nibarabe bicare hama bumvikane.kuko nahandi twebw abenegihugu bato bato nitwe tuzohahonera nkakurya ko mur Gaza.
@IntwariHans
@IntwariHans 6 месяцев назад
Iki ni icyemezo cy'ubuyobozi butishoboye mu mutwe.
@user-ul3nz8cl9q
@user-ul3nz8cl9q 6 месяцев назад
Reka tubagumye kuko abobanyarwanda nabasoda mwarungitse kuneka muburundi twabacakiye
@fundifundi5505
@fundifundi5505 6 месяцев назад
None sizonkozi zikibi mwigumizako muzirungike ibintu bigende neza
@egidengabonziza697
@egidengabonziza697 6 месяцев назад
Sinumvisengo muzinjiramurasa mubatwarese??😂😂😂😂😂😂
@user-ug5ni3fk6l
@user-ug5ni3fk6l 6 месяцев назад
Ico gihugu cu Rwanda kingana ninyoni kiguma giteza umutekano mukarere tuzogifuta kiveho
@therenceniyoyankunze7499
@therenceniyoyankunze7499 6 месяцев назад
None nkaba paysans mwinjira muri politic muba mushaka ik?niyombare numu general nka never barazinanye bihagije rero reka banyinyurane uwuzotsinda niwe azoba yishuwe kuma sengesho abarundi bariko barasenga kubwigihugu kiri mukaga uyumusi,kandi yishurira kugihe
@Niyokwizera
@Niyokwizera 6 месяцев назад
Imana nitabare bayage bahuza kuko intambara ikiza aruko beeenshi bapfuye kandi navyinshi vyononekaye ibiganiro niyonzira nziza yamahoro murakoze
@lilianebudigo6330
@lilianebudigo6330 6 месяцев назад
Mbega umuntu yitwa umutware arasora amajambo nkayo ateye isoni? Akubahuka kuvuga ngo nta kigongwe k 'umuntu ataco azira.
@lilianebudigo6330
@lilianebudigo6330 6 месяцев назад
Subiza hasi mwige kubana neza n'abandi. Iyi si ntabwo ariyanyu . Mutwaye uyu munsi ejo naho hazotwara abandi.Mwama mubesha ngo murasenga , muragowe iyo Mana mwama muvuga mubesha muzovyishura.
@ganzalion5741
@ganzalion5741 6 месяцев назад
Injiji ziragwira kabisa, mutakulafimbo na Bado. #M23 izabakubita mwumirwe.
@pacifiquesabiyumva8083
@pacifiquesabiyumva8083 6 месяцев назад
Ubundi aravuga koko nk'uwanyuze ku ntebe ya schoul rwose ntajyaga asebesha abandi cyangwa ngo ahuruduke!!!
@AugustinRUSANGANWA-pl3ip
@AugustinRUSANGANWA-pl3ip 6 месяцев назад
Ariko uretse umwijuto w'ikinonko ugira ngo imvura itazagwa, mubona hari impamvu yo kumena amaraso ihari? Murahembera intambara kandi mwese mudafitemo inyungu!
@cizaevariste5072
@cizaevariste5072 6 месяцев назад
None ko 1994 habaye ihonyabwoko mu Rwanda impuzi zagize uruhara mw'ihonyabwoko zafatiwe mubihugu zahungiyemwo zikazanywa I Arusha none ivyo bihugu vyemeye kubatanga ntamategeko vyari bizi mpuzamakungu akingira impuzuzi? Abakoze kudeta muburundi boba bakoze icaha gito cane kuburyo bwuko urwanda gwobimana?
@lwangacharles7514
@lwangacharles7514 6 месяцев назад
America yerekanye ibihe bimenyetso wamugabo we
@pacifiquesabiyumva8083
@pacifiquesabiyumva8083 6 месяцев назад
Niba uzudusomera Commentaires,uzumbarize ikikintu "TUTSI ou HUTU""Iyo cahanutse!!!!
@sadikibasabose3067
@sadikibasabose3067 6 месяцев назад
Amerika c yo ntabasirikare ifite kumupaka wayo nibindibihugu
@charlesndayizeye8324
@charlesndayizeye8324 6 месяцев назад
Erega mugwanda nikaribu bironkere abobajana muri m23 Nomura led tabara
@ismaelniyodusenga4696
@ismaelniyodusenga4696 6 месяцев назад
Ubukanabw'imboga ntibwots'imbehe abobayobozi bibihugu kongo n'uburundi bananiwe gukemur'ibibazo by'imbere mubihugu byabo none barabigereka kuri nyakubahwa p w'urwanda ahubwo nibagabanye fitina bamusab'abagir'inanama bareke guhuzagurika naho intambara yo ntayo bizarangira ninkawamugabo biyoberamurugorwe agatongany'inzira.
@Healt43
@Healt43 6 месяцев назад
Mukurarinda nabanyarwanda benshi ntibashobotse. Ahubwo ababafungurira cg abatecyereza ko abanyarwanda bakora byiza baribeshya. u Rda rushyigicyira aba criminals
@desirehakizimana835
@desirehakizimana835 6 месяцев назад
Rwanda muratwenza,,mbega kumuca à côté IKIBAZO?Hama uyo mugabo mukararinda kwakankamira scovia akwepa ibibazo🙄🙄🤔iyo ni faiblesse si politique🏃🏃🏃 ikibazo ca Rwanda-Burundi kirazwi kuva 2015!!Bareke kwigira vyinshi
@desirehakizimana835
@desirehakizimana835 6 месяцев назад
Scovia ivyo bibazo ugiye gufungwe pee uko navyibajij,,
@ntirandekuramelchiade1611
@ntirandekuramelchiade1611 6 месяцев назад
Wewe utanga aya makuru uri hehe?
@urugendonews
@urugendonews 6 месяцев назад
iwanyu
@user-bb9wf2wj7m
@user-bb9wf2wj7m 6 месяцев назад
Ww burya urakunda uburundi?
@urugendonews
@urugendonews 6 месяцев назад
cane@@user-bb9wf2wj7m
@Turkana-omo-marsabit
@Turkana-omo-marsabit 6 месяцев назад
Uburundi bushakako m23 irekura infungwa!! Naho ruzingiye si red tabara!! Banze guha m23 Aya ration
@africanqueen9452
@africanqueen9452 6 месяцев назад
M23 yafashe ababarwanije 7:10
@fulgenceneema661
@fulgenceneema661 6 месяцев назад
Kwisemba abanyarwand turabirambiwe turabiyamirije kubutaka bwiburundi sino turabamesa
@Gahugu
@Gahugu 6 месяцев назад
Mbese Muvandimwe Fulgence guhora muririmba kumesa abanyrda mwumva ar'indirimbo nziza ibabereye?erega kumesa Si mwe mubizi gusa!!!!
@user-zn4ny1qx6q
@user-zn4ny1qx6q 6 месяцев назад
Kamese ingobyi Mbe abarundi bari mu Rwanda bo wibaza batava amaraso wa kijuju we
@user-dk1hv6jl4b
@user-dk1hv6jl4b 6 месяцев назад
Wewe urigifu
@christianndegeya8473
@christianndegeya8473 6 месяцев назад
Ko ubanza kumesa Atari ibintu byanyu ra???! M23 kuyimesa bimeze bite????
@nsengiyumvaclaude7064
@nsengiyumvaclaude7064 6 месяцев назад
Mwenewacu umbabarire nkubaze.woba urarenga umupaka w'uburundi ukinjira mukindi gihugu?
@mwandishimussa6319
@mwandishimussa6319 6 месяцев назад
Nibugare nikibuga cindege indege zivuye mu Rwanda ntizinjire
@charlesndayizeye8324
@charlesndayizeye8324 6 месяцев назад
Mama mukururinda urindyandya p ntimugire ubwoba twifungiyimipaka gusa hamahamwe mushonje
@bfreebabi5398
@bfreebabi5398 6 месяцев назад
Mukurarinda arabesha pe..Mukurarinda numwasi wuBurundi arabesha....!
@fundifundi5505
@fundifundi5505 6 месяцев назад
Rungika izonkozi zikibi muzibikira iki ?
@africanqueen9452
@africanqueen9452 6 месяцев назад
Fdlr mucumbikiye 30 ans zo?
@akumirostefano8169
@akumirostefano8169 6 месяцев назад
Bivugira ubwabo ko akarere bagateye akajagari..wumve nawe ngo niberekane aho baciye😂😂 Barundi mufunge nta ciza kiva mu Rwanda
@user-bw1wn3sz4z
@user-bw1wn3sz4z 6 месяцев назад
Abo banyarwanda bari iburundi babanze babicemwo nka 500
@burarahurwa.online
@burarahurwa.online 6 месяцев назад
Ukora ibiganiro vyiza, ariko uzoze unyarutsa kuvuga kuko ama megabits aratugora kuronka. Tubaye turagushimira.
@MoiseIgirimbabazi
@MoiseIgirimbabazi 6 месяцев назад
Reka kuzuvugira abarundi bose twebwe twarabishimye kuko abanyarwanda barishima
@JPRutijana
@JPRutijana 6 месяцев назад
None mwifuza ko abanyarwanda bahorana agahinda ntibishime? Uziko agashavu kakwishe?
Далее
ПОМОГЛА НАЗЫВАЕТСЯ😂
00:20
Просмотров 804 тыс.
Самый Невезучий Курьер 😳
0:40
да ну нах…
0:14
Просмотров 2,9 млн