Тёмный

Uburundi umurima wa Edeni uwashaka guhinyuza Umukuru w'Igihugu arahawe ikaze 

Indundi TV
Подписаться 299 тыс.
Просмотров 2,1 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

27 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 10   
@shukurujface8119
@shukurujface8119 2 месяца назад
Amen
@RoseNijimbere
@RoseNijimbere 2 месяца назад
Yesu yavugira mumigani,ibijuju ntivyatahura ico yashaka kuvuga,hariho abarundi bari nkvyo bijuju bidatahura
@popokay-m9p
@popokay-m9p 2 месяца назад
Uvuz ukuri nyakubahwa
@JacobsMufurege-g5w
@JacobsMufurege-g5w 2 месяца назад
Paresitina uburundi Dukwiriye kubutanira burya bwato bwatwawe numuyaga tubugaruze Kumbe uburundi numutima wise
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 2 месяца назад
C est Domage ko President akoresha Imvugo Ngereranyo"Parable Language" Ariko Abarundi barondera Amakosa mu Mumvugo akoresha aho gutegera Message irimwo 😢 Bo bumvise Eden,Sinai gusa Inyigisho ngereranyo Irimwo ntubarenganye kabisa 😊😊
@VyizigiroEric-z1v
@VyizigiroEric-z1v 2 месяца назад
Komera mutama
@mariesinadatuma9641
@mariesinadatuma9641 2 месяца назад
Umurima wa Edeni ? Yooo! Mumutabare yikangure , Ndayishimiye ariko ararota 😅😅😅😅
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 2 месяца назад
Muri Literature vyitwa: "C est un language parable" Ni uburyo ushikiriza Message mumvugo ngereranyo. Bigusaba ko uba ufise Ubwenge bukwiye mu Mutwe kugira Utegere Message itanzwe mumvugo ngereranyo. Malheuresement Abarundi turi mukurondera Amakosa gusa muri Message aho twokwisunze kuri Analogie irimwo. Ingorane si Président plutõt Abarundi nkamwe😊 Nimumushigikire,urabe ko mutazokwibuka muti wa Mugabo NEVA yabona kure bwabundi.
@mariesinadatuma9641
@mariesinadatuma9641 2 месяца назад
@@burundishallsmile1day109 😂😅😅😅😅
@KennoKanse
@KennoKanse 2 месяца назад
Ubwo SINAÏ si hafi ya HAMAS n'a za HEZBOLLAH,... dukwiye kwitonda. 💩💩💩💩🤗🤗🤗.
Далее
Физика пасты Карбонара 🧪🔬
00:57
skibidi toilet 77 (part 4)
05:20
Просмотров 13 млн