🤨 Ni vyinshi bivugwa ku busugi. Hari n'abavuga ko umukobwa anyoze ikinga akiri isugi aca abutakaza. Abandi nabo ngo umukobwa akiri isugi ategerezwa kuva amaraso kumusi wa mbere w'imibonano mpuzabitsina. Ivyo vyose bivugwa none nivyo ?
#Burundi #Twiyagire #amagara
16 дек 2020