Тёмный

UBUTASI:  

Bwiza TV
Подписаться 141 тыс.
Просмотров 13 тыс.
50% 1

Tera inkunga #Bwiza TV na Bwiza.com wakoresha Telefone : 0788554010- 0788302082. Uko mubishoboye mwatera inkunga ikinyamakuru Bwiza, Mufite ibitekerezo cyangwa indi nkunga iyo ari yo yose kugirango dukomeze kubashakira amakuru.

Опубликовано:

 

4 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 69   
@jojouwi3159
@jojouwi3159 15 часов назад
Rabin ndamukunda cane ❤. Iyo yahuye na shadrak mugaseka birasetsa najye aho muri ntarungu kandi dukuramwo byishi byubaka . Bon weekend . M23 Fanya kazi bandungu Bapedwa 👏🏿
@kayumbajoseph-m1s
@kayumbajoseph-m1s 18 часов назад
Aba Barundi muvuga nugukanga ntacyo bashoboye ni Nyakatsi.bazibeshe IzoNyakatsi.
@HabyarimanaFrançois-y1p
@HabyarimanaFrançois-y1p 5 часов назад
Shadalakh wibagiweko Ndayishimiye yahuzaga U Rwanda na Congo akabanomuri EAC agahindukira akohereza abahagarara hagati nabarwana kuruhande rwa Tchiseked biragoye
@NgamijeJohn
@NgamijeJohn 15 часов назад
Rabin courage sana , ntabwo arinkuba yabakubise iriya nimirabyo inkuba zirinyuma
@EmmanuelNtirampeba-rf5qh
@EmmanuelNtirampeba-rf5qh Час назад
Merci Rabini pour tes analyses qui nous permettent de comprendre certaines choses . Amacakubiri ntaho azobageza ariko agubwo niyo azotuma barimbuka. Kandi ikibabaje n'uko bitwaza ubwoko bw'abahutu mukwonona igihugu n'ukubiba urwanko kugira bahishe amafuti barimwo alors que la population rurale ou batari mubutegetsi badafise ivyo vyiyumviro,mais kubera babibashiramwo hariho ababona kandi bagatahura ko umututsi ari umwansi ruhebwa w'abahutu. Ivyo bituma l'unité du peuple Burundais idashoboka.
@Benedir
@Benedir 16 часов назад
Umunyamakuru shaka map yuburundi nurwanda urebe aho ikibira kiri naho kirundo iri!! Nihirya yirya aeroport de bugesera(bashobora kuzasabota)kuko ibegereye!!
@desireruzindana3431
@desireruzindana3431 10 часов назад
Rabin aryoshya inkuru kbs.Big up mon ami 👌
@EmmanuelNtirampeba-rf5qh
@EmmanuelNtirampeba-rf5qh Час назад
Umuhutu n'umututsi babanye neza en général ariko uko aba DD barikw'isonga ry'igihugu biyagiriza amafuti batagomba ko umunyaguhugu amenya agahava abakurako amaboko.
@dathivabyungura8228
@dathivabyungura8228 14 часов назад
Ikiganiro twagikunze pe ❤
@ndekeziclaude9933
@ndekeziclaude9933 17 часов назад
Ariko bajye bohereza ingabo nyinshi batibagiwe n'amashashi na Ambulance bibsubizayo
@mukunzifaustin5671
@mukunzifaustin5671 18 часов назад
Abazungu,bakorana na Satani.Ntacyiza bifuriza isi.cyane cyane Afrika.Ariko bafite ibikoresho by'abanyafurika bamwe,cyane bamwe Abanyapolitike b'ibigoryi.
@hitimanakarangwa9052
@hitimanakarangwa9052 16 часов назад
FDLR/FNL/CNDD Ntibazatsinda kubera ivanguramoko
@ndungutsedamien3777
@ndungutsedamien3777 14 часов назад
Ntabwo ari fnl ahubwo ni fln.
@flaviakezimana4596
@flaviakezimana4596 3 часа назад
Mwuzuye urwanko mwebwe rw'abahutu kuki igisoda cuburundi mucitirira cndd-fdd kandi kivanze 50 hutus et 50 tutsis ?iyo muvuze cndd-fdd muba mushaka kuvuga abahutu. Ahubwo nimwe mwuzuye ivanguramoko Mutemeye kubana mumahoro intambara ntizopfa iheze yamoko mukarere kuko ntawuhonya ubwoko ntibikunda
@JeanMarieBukuru-g5u
@JeanMarieBukuru-g5u 14 часов назад
Rabin ko umusirikare adaheba ubwo kuzi ivyigisoda ntiwoja guhabura uburundi ukaja muri M23 tukazotaha
@vedasterurangwa5400
@vedasterurangwa5400 17 часов назад
Rabin turakwishimiye
@jeanniyokindi7290
@jeanniyokindi7290 13 часов назад
Mbega ikiganiro cyiza ❤ wahoooo!
@luizfigo1133
@luizfigo1133 12 часов назад
Rabin turagukunda ubyumve ❤❤❤❤❤ bizou ❤❤
@AZTIPS
@AZTIPS 11 часов назад
Kirundo ni hano mu bugesera
@HabyarimanaFrançois-y1p
@HabyarimanaFrançois-y1p 6 часов назад
Rabin araryohera atiniyambere yabakubise itambwiye nindi yabakubita😂😂😂😂
@mukunzifaustin5671
@mukunzifaustin5671 18 часов назад
Abanyapolitique bamwe b'abanyafurika bafite inda ndende,bagurisha abandi banyafurika b'inzira karengane.kugi giciro cy'amafaranga.
@nmnteamdknn8405
@nmnteamdknn8405 17 часов назад
Beshi cane apana bamwe
@JCMaxima
@JCMaxima 17 часов назад
Neva (Never) mu nama yagize n'abayobozi b'imigambwe, yavuze ngo Uburundi bumeze nk'umugera wa SIDA! 🤔🙆🏾🤣🤣🤣 Aka kantu muzagatohoze neza! 🤠😆😆
@Jayc-b5p
@Jayc-b5p 7 часов назад
Ndabanezerewe cyane
@murwanashyakaspept8002
@murwanashyakaspept8002 44 минуты назад
Rabin ndemerenya nawe kbs Ibyo uvuga nibyo peee
@AberinegoNgoila
@AberinegoNgoila 5 часов назад
Hariho abarundi bivugisha ubujambo Jambo bwo gusega murwanda.
@ndungutsedamien3777
@ndungutsedamien3777 14 часов назад
Ariko iyo nkuba ntabo yaba yaramukanye (yagurukanye) ?
@susikhokabela
@susikhokabela 4 часа назад
iryo Banga wamenye wowe Rabin sibanga
@ThatcissrNiyimbona
@ThatcissrNiyimbona 13 минут назад
jewe nanka ibintu bibera mukinyegero burya intambara yu Rwanda nu Burundi izoza kuja ahanonabitevye kandi imazigihe. ariko Neva ntamahirwe afite
@mugisha1
@mugisha1 3 часа назад
Thx
@nduwimanaemery1096
@nduwimanaemery1096 5 часов назад
Rabin mba muri Mozambique,wewe uvuga ivyo uzi kbsa,ndagufana
@AZTIPS
@AZTIPS 11 часов назад
Reveriano ni umusivire cyane azarangira nka bunyoni
@yromy6665
@yromy6665 11 часов назад
Ngo yaboboye bataillon yitwa Alpha mukibira niko nigeze kumva yigamba, sinzi niba hari na commune imwe yafashe yegereye mabayi😂😂😂
@flaviakezimana4596
@flaviakezimana4596 3 часа назад
Labin numuhemu kuko ntazi igihugu icarico.kirazira gutyoza igihugu caw
@HAGABIMANAEmmanuel-u9n
@HAGABIMANAEmmanuel-u9n Час назад
Nkamwe muri kuvuga ibintu Nkuko muvyumva muhuhagiza ivyomutazi;guerre mediatique muri gukorera muri Congo iburundi muvyihoze kuko on pinit Les imbeciles par le silence!nkawewe wamurundiwe wumugeza nguni tuzi ntiwokurayomateshwa ngaho!!!!! Umurongo utukura mukwiye kuwumenya!
@susikhokabela
@susikhokabela 4 часа назад
muzoduhe ifoto yabo inkuba zakubise kuko uwabaharuye ntiyabuze nagafoto.mwokatwoherereza kuri whatsapp
@muhiziGentil
@muhiziGentil 29 минут назад
Hano I burayi aba ukrainien bahunze ntabwo batuzwa mu nkambi batuzwa mu ma apartment meza bakaronswa amafaranga abatunga around 500 dollars ku muntu buri kwezi na free assurance maladie,free scholarship,clothes,,,
@joemac7463
@joemac7463 Час назад
Ariko wamugabo w, akanwa kawe kamamwo intambara ww urashaka gushika kuki ???? Jew sinumva impembo uronka mugihe uba uvuga impuha kugihugu cakwibarutse nku BURUNDI !! Igihugu ca NTARE kuva nakera ntanarimw cigez kigwa burundu nkuko mwavyifuje ! U BURUNDI buzobaho muvyemera ck muvyanka !! Problème yanyu muracabonako ivyabaye 2015 vyase ariko kobikunda muri 2025! Ivyo kura mumutwe waw ubu abarundi barabonye icomwashaka nivyo mwaro mugamije !
@suzanegeneration5117
@suzanegeneration5117 13 часов назад
🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹
@shangarutinua4358
@shangarutinua4358 14 часов назад
👍🏿👍🏿👍🏿👍🏿👏👏👏
@EmRukangira
@EmRukangira 21 минуту назад
Alfa yagiyehehe c
@MusengayireClematine
@MusengayireClematine 7 часов назад
ese bundi ayomakuru yibihuha muyakurahe mubyukuri
@felixntabana645
@felixntabana645 2 часа назад
Ubwirwa n'iki ko ari ibihuha? Bivugango hari ayo uzi avuguruza ayabo.
@jpnsenga1885
@jpnsenga1885 18 часов назад
Hahahha😂
@neuphtalieciza1789
@neuphtalieciza1789 18 часов назад
Umwana w’icangazi Rabin
@rubayijeanchristophe4790
@rubayijeanchristophe4790 15 часов назад
NICANGAZI GUTE KANDI ARIKO AVUGA ICO YIYUMVIRA??? NONE WEWE UTARI UMWANA WICANGAZI TWEREKE ICO UMAZE KUGERAKO WEWE URUMWANA WUMUTIMA???? URIKO UMUHORA UBUSA KUKO KWIHANGANIRANA MUVYIYUMVIRO NIVYO VYEREKANA UMUBANO MU BUTANDUKANE BWACU . AMOKO .IMIGAMBWE . UKO BIBA VYIFASHE
@rubayijeanchristophe4790
@rubayijeanchristophe4790 15 часов назад
VYIZA WO MWUNGANIRA CANKE UKAMUKEBURA
@ritza3452
@ritza3452 16 часов назад
Ton analyse est fausse Rabin, abazungu bamerewe neza, bakubuza amahoro, kuko baba babuze ico bakora, baca bagukorera ko
@UwinezaJaphet
@UwinezaJaphet 15 часов назад
Urabesha jewe sinzi ubwoko ndimwo ibintu vyamoko ntabigihari mwebwe mura shaje mumutwe .murwanda si shasha muvuga ivyiwacu mwibuka nivyiwanyu ntimwobivuga kuko nta democracie muhira bobohereza iyo koffi yagiye
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 17 часов назад
uyo Rabin numwana wicangazi arigusangira ningurube Raba ukuntu yonze asigaye kugatwe nutuzuru kubera inzara ivuza urushwa murwanda
@Rabinisaak
@Rabinisaak 16 часов назад
Nopfuma nonda hako ntura umube wamaraso yabarundi nkamwe
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 16 часов назад
@@Rabinisaak ubwo ntumaramara uriko uravuga utujambo tutagira mvura imbere yabanyarwanda erega aho baragutwenga iyo muvanye inzara nimbi sonza wireme raba ingene uteye ikigongwe ingene usengeseye raba ishati wambaye nimba warakoze amakosa raba usabe ikigongwe igito gitabwa iwabo kuko uburundi namahoro umuhutu umututsi umutwa baratekanye barikukivi ukaguma murivyo ntaco uzimarira
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 16 часов назад
@@Rabinisaak mugenzi hinduka ntamurundi wumutima ameze nka avugavuga uburofa uzorabe tv online ziburundi ntamusi numwe zivuga urwanda nabi canke politique habo kuko twirinda kwiteranya abategetsi baturongoye bashobora kwumvikana nejo none ubwo bu tv nabo Banyarwanda bavuga uburundi nabi wibaza kobazoza muburundi ubu uwuvuga uburundi nabi ntiwibaze kwatari kuri liste woshaka wokwitonda
@Rabinisaak
@Rabinisaak 16 часов назад
@@bizomenyimanaelias5455 mwovuga IKI mwe muherekeza FLN mugakubitirwa HAMWE mwavuga IKI?
@Rabinisaak
@Rabinisaak 16 часов назад
@@bizomenyimanaelias5455 ama liste mwayahereye 2015 ariko mbona nkiriho ataruka mwabishaka?kwibutse piter Yari KURI liste Kuva 98nticabujije ko apfa 2020 yishwe nurundi !!UTIbazako mbayeho Kiko wabishatse Aho toka
Далее
这位大哥以后恐怕都不敢再插队了吧…
00:16
Amakuru yo ku mugoroba | Tariki 01.10.2024
19:04
Просмотров 66 тыс.
这位大哥以后恐怕都不敢再插队了吧…
00:16