Тёмный

UBUTASI:  

Bwiza TV
Подписаться 141 тыс.
Просмотров 12 тыс.
50% 1

Tera inkunga #Bwiza TV na Bwiza.com wakoresha Telefone : 0788554010- 0788302082. Uko mubishoboye mwatera inkunga ikinyamakuru Bwiza, Mufite ibitekerezo cyangwa indi nkunga iyo ari yo yose kugirango dukomeze kubashakira amakuru.

Опубликовано:

 

4 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 61   
@jojouwi3159
@jojouwi3159 14 часов назад
Rabin ndamukunda cane ❤. Iyo yahuye na shadrak mugaseka birasetsa najye aho muri ntarungu kandi dukuramwo byishi byubaka . Bon weekend . M23 Fanya kazi bandungu Bapedwa 👏🏿
@NgamijeJohn
@NgamijeJohn 14 часов назад
Rabin courage sana , ntabwo arinkuba yabakubise iriya nimirabyo inkuba zirinyuma
@kayumbajoseph-m1s
@kayumbajoseph-m1s 16 часов назад
Aba Barundi muvuga nugukanga ntacyo bashoboye ni Nyakatsi.bazibeshe IzoNyakatsi.
@HabyarimanaFrançois-y1p
@HabyarimanaFrançois-y1p 3 часа назад
Shadalakh wibagiweko Ndayishimiye yahuzaga U Rwanda na Congo akabanomuri EAC agahindukira akohereza abahagarara hagati nabarwana kuruhande rwa Tchiseked biragoye
@desireruzindana3431
@desireruzindana3431 8 часов назад
Rabin aryoshya inkuru kbs.Big up mon ami 👌
@ndekeziclaude9933
@ndekeziclaude9933 15 часов назад
Ariko bajye bohereza ingabo nyinshi batibagiwe n'amashashi na Ambulance bibsubizayo
@dathivabyungura8228
@dathivabyungura8228 13 часов назад
Ikiganiro twagikunze pe ❤
@mukunzifaustin5671
@mukunzifaustin5671 16 часов назад
Abazungu,bakorana na Satani.Ntacyiza bifuriza isi.cyane cyane Afrika.Ariko bafite ibikoresho by'abanyafurika bamwe,cyane bamwe Abanyapolitike b'ibigoryi.
@JeanMarieBukuru-g5u
@JeanMarieBukuru-g5u 13 часов назад
Rabin ko umusirikare adaheba ubwo kuzi ivyigisoda ntiwoja guhabura uburundi ukaja muri M23 tukazotaha
@vedasterurangwa5400
@vedasterurangwa5400 15 часов назад
Rabin turakwishimiye
@jeanniyokindi7290
@jeanniyokindi7290 11 часов назад
Mbega ikiganiro cyiza ❤ wahoooo!
@luizfigo1133
@luizfigo1133 10 часов назад
Rabin turagukunda ubyumve ❤❤❤❤❤ bizou ❤❤
@Benedir
@Benedir 14 часов назад
Umunyamakuru shaka map yuburundi nurwanda urebe aho ikibira kiri naho kirundo iri!! Nihirya yirya aeroport de bugesera(bashobora kuzasabota)kuko ibegereye!!
@HabyarimanaFrançois-y1p
@HabyarimanaFrançois-y1p 4 часа назад
Rabin araryohera atiniyambere yabakubise itambwiye nindi yabakubita😂😂😂😂
@mukunzifaustin5671
@mukunzifaustin5671 16 часов назад
Abanyapolitique bamwe b'abanyafurika bafite inda ndende,bagurisha abandi banyafurika b'inzira karengane.kugi giciro cy'amafaranga.
@nmnteamdknn8405
@nmnteamdknn8405 15 часов назад
Beshi cane apana bamwe
@JCMaxima
@JCMaxima 15 часов назад
Neva (Never) mu nama yagize n'abayobozi b'imigambwe, yavuze ngo Uburundi bumeze nk'umugera wa SIDA! 🤔🙆🏾🤣🤣🤣 Aka kantu muzagatohoze neza! 🤠😆😆
@Jayc-b5p
@Jayc-b5p 5 часов назад
Ndabanezerewe cyane
@AberinegoNgoila
@AberinegoNgoila 3 часа назад
Hariho abarundi bivugisha ubujambo Jambo bwo gusega murwanda.
@ndungutsedamien3777
@ndungutsedamien3777 13 часов назад
Ariko iyo nkuba ntabo yaba yaramukanye (yagurukanye) ?
@susikhokabela
@susikhokabela 2 часа назад
iryo Banga wamenye wowe Rabin sibanga
@hitimanakarangwa9052
@hitimanakarangwa9052 15 часов назад
FDLR/FNL/CNDD Ntibazatsinda kubera ivanguramoko
@ndungutsedamien3777
@ndungutsedamien3777 13 часов назад
Ntabwo ari fnl ahubwo ni fln.
@flaviakezimana4596
@flaviakezimana4596 Час назад
Mwuzuye urwanko mwebwe rw'abahutu kuki igisoda cuburundi mucitirira cndd-fdd kandi kivanze 50 hutus et 50 tutsis ?iyo muvuze cndd-fdd muba mushaka kuvuga abahutu. Ahubwo nimwe mwuzuye ivanguramoko Mutemeye kubana mumahoro intambara ntizopfa iheze yamoko mukarere kuko ntawuhonya ubwoko ntibikunda
@mugisha1
@mugisha1 2 часа назад
Thx
@nduwimanaemery1096
@nduwimanaemery1096 3 часа назад
Rabin mba muri Mozambique,wewe uvuga ivyo uzi kbsa,ndagufana
@AZTIPS
@AZTIPS 10 часов назад
Reveriano ni umusivire cyane azarangira nka bunyoni
@yromy6665
@yromy6665 9 часов назад
Ngo yaboboye bataillon yitwa Alpha mukibira niko nigeze kumva yigamba, sinzi niba hari na commune imwe yafashe yegereye mabayi😂😂😂
@AZTIPS
@AZTIPS 10 часов назад
Kirundo ni hano mu bugesera
@flaviakezimana4596
@flaviakezimana4596 Час назад
Labin numuhemu kuko ntazi igihugu icarico.kirazira gutyoza igihugu caw
@susikhokabela
@susikhokabela 2 часа назад
muzoduhe ifoto yabo inkuba zakubise kuko uwabaharuye ntiyabuze nagafoto.mwokatwoherereza kuri whatsapp
@suzanegeneration5117
@suzanegeneration5117 12 часов назад
🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹
@shangarutinua4358
@shangarutinua4358 12 часов назад
👍🏿👍🏿👍🏿👍🏿👏👏👏
@jpnsenga1885
@jpnsenga1885 16 часов назад
Hahahha😂
@MusengayireClematine
@MusengayireClematine 5 часов назад
ese bundi ayomakuru yibihuha muyakurahe mubyukuri
@felixntabana645
@felixntabana645 45 минут назад
Ubwirwa n'iki ko ari ibihuha? Bivugango hari ayo uzi avuguruza ayabo.
@neuphtalieciza1789
@neuphtalieciza1789 16 часов назад
Umwana w’icangazi Rabin
@rubayijeanchristophe4790
@rubayijeanchristophe4790 14 часов назад
NICANGAZI GUTE KANDI ARIKO AVUGA ICO YIYUMVIRA??? NONE WEWE UTARI UMWANA WICANGAZI TWEREKE ICO UMAZE KUGERAKO WEWE URUMWANA WUMUTIMA???? URIKO UMUHORA UBUSA KUKO KWIHANGANIRANA MUVYIYUMVIRO NIVYO VYEREKANA UMUBANO MU BUTANDUKANE BWACU . AMOKO .IMIGAMBWE . UKO BIBA VYIFASHE
@rubayijeanchristophe4790
@rubayijeanchristophe4790 14 часов назад
VYIZA WO MWUNGANIRA CANKE UKAMUKEBURA
@ritza3452
@ritza3452 15 часов назад
Ton analyse est fausse Rabin, abazungu bamerewe neza, bakubuza amahoro, kuko baba babuze ico bakora, baca bagukorera ko
@UwinezaJaphet
@UwinezaJaphet 13 часов назад
Urabesha jewe sinzi ubwoko ndimwo ibintu vyamoko ntabigihari mwebwe mura shaje mumutwe .murwanda si shasha muvuga ivyiwacu mwibuka nivyiwanyu ntimwobivuga kuko nta democracie muhira bobohereza iyo koffi yagiye
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 15 часов назад
uyo Rabin numwana wicangazi arigusangira ningurube Raba ukuntu yonze asigaye kugatwe nutuzuru kubera inzara ivuza urushwa murwanda
@Rabinisaak
@Rabinisaak 15 часов назад
Nopfuma nonda hako ntura umube wamaraso yabarundi nkamwe
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 15 часов назад
@@Rabinisaak ubwo ntumaramara uriko uravuga utujambo tutagira mvura imbere yabanyarwanda erega aho baragutwenga iyo muvanye inzara nimbi sonza wireme raba ingene uteye ikigongwe ingene usengeseye raba ishati wambaye nimba warakoze amakosa raba usabe ikigongwe igito gitabwa iwabo kuko uburundi namahoro umuhutu umututsi umutwa baratekanye barikukivi ukaguma murivyo ntaco uzimarira
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 14 часов назад
@@Rabinisaak mugenzi hinduka ntamurundi wumutima ameze nka avugavuga uburofa uzorabe tv online ziburundi ntamusi numwe zivuga urwanda nabi canke politique habo kuko twirinda kwiteranya abategetsi baturongoye bashobora kwumvikana nejo none ubwo bu tv nabo Banyarwanda bavuga uburundi nabi wibaza kobazoza muburundi ubu uwuvuga uburundi nabi ntiwibaze kwatari kuri liste woshaka wokwitonda
@Rabinisaak
@Rabinisaak 14 часов назад
@@bizomenyimanaelias5455 mwovuga IKI mwe muherekeza FLN mugakubitirwa HAMWE mwavuga IKI?
@Rabinisaak
@Rabinisaak 14 часов назад
@@bizomenyimanaelias5455 ama liste mwayahereye 2015 ariko mbona nkiriho ataruka mwabishaka?kwibutse piter Yari KURI liste Kuva 98nticabujije ko apfa 2020 yishwe nurundi !!UTIbazako mbayeho Kiko wabishatse Aho toka
Далее