Тёмный

UBUTEGETSI BWA REPUBURIKA YA1 ,2ePartie! 

CA AKENGE TV
Подписаться 2 тыс.
Просмотров 802
50% 1

Опубликовано:

 

22 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 12   
@chriss-jen
@chriss-jen Месяц назад
none info du monde z ntago igikora ?
@shabaniNdikumana-b1s
@shabaniNdikumana-b1s 29 дней назад
Yani watutsi wanawazaga tu macakubiri tu
@GiseleUwera-m6g
@GiseleUwera-m6g Месяц назад
Mwebwe umengo muracari urwaruka, ivya 72 muzobaze abatama n'abaramakazi b'imvugakuri baracariho benshi, kuko mwebwe musubiramo ivyo CVR ivuga
@Rabinisaak
@Rabinisaak Месяц назад
Urintahonfatwa nawewe!!Uyu ariko aravuga afite ingahe?
@chriss-jen
@chriss-jen Месяц назад
Hi Rabin, ko ntunvise neza iyi question yawe, ushatse kuvuga iki?
@GiseleUwera-m6g
@GiseleUwera-m6g 27 дней назад
Ntabwo ndi ntahomfatwa kuko ivyo uvuga narabibonye, sivyo nabwiwe, rero kugukebura ntabwo ari bibi bro.
@Aureste_thibautIrutingabo
@Aureste_thibautIrutingabo 29 дней назад
Finalement na mwebwe mwironderera ama views kuko iyi nkuru irimwo beaucoup d'incoherences. Muragaba kweli
@JeanBwejeri
@JeanBwejeri Месяц назад
Min 40:50 sivyo. Muvuga ivyo mutazi. Conflit ya kwanza yabaye iyo KWICA ABATUTSI. 1/ 1957 : Abatutsi baarishwe ku bwinshi i MUHANGA muri NGOZI 2/ 1959 : Abatutsi barishwe ku bwinshi i 《RWANDA-URUNDI.》... 3/ 1964 : Abatutsi barishwe ku bwinshi I BURUNDI 4/ 1965 : Abatutsi barishwe Ku bwinshi I BURUNDI 5/ 1969 : Umugambi wo kwica Abatutsi bose bo ku BURUNDI waraburijwemwo, kandi UMUHUTU COMMANDANT MARTIN NDAYAHOZE niwe yareze bagenziwe baari baateguuriye hamwe ivyo BITERO... abarega kwa MICOMBERO.... barafatwa... baciibwa imanza zo GUPFA
@medardntirampeba3490
@medardntirampeba3490 26 дней назад
Robin Kinyomvyi yari garde du corps wa Micombero ntiyari chauffeur. Hanyuma mess offrs yari irya des s/offrs niho bari gutambira.
@Rabinisaak
@Rabinisaak 26 дней назад
Merci
@JeanBwejeri
@JeanBwejeri Месяц назад
Uwo mutamakazi ntavyo azi. Kuba atazi ko IMANZA zaciwe biratangaje cane. Kumva ko atazi iciswe CONSEIL DE GUERRE I Bujumbura n'i GITEGA n'INGOZI... bigaragaza ko uwo mutamakazi atazi ivyo avuga
@Rabinisaak
@Rabinisaak 29 дней назад
TWEbwe twahereye KURI histoire des républiques pas le temps monarchique
Далее
PAPA SAVA:TWE TWENYINE!NAROSE INKOKO IHIYE!
16:09
Просмотров 98 тыс.
Running With Bigger And Bigger Lunchlys
00:18
Просмотров 46 млн
skibidi toilet 77 (part 3)
04:51
Просмотров 11 млн
ariko Unukuri
41:18
Просмотров 8 тыс.