Тёмный
CA AKENGE TV
CA AKENGE TV
CA AKENGE TV
Подписаться
KURI Info du monde z tubashikiriza ibiganiro mundimi zose tuvuga twisunze cane cane ku makuru agezeeho mûri Africa no kwisi mûri rusangi
INAMA NSHINGAMATEKA NTACO TUKIYITEZEKO!!!
28:06
7 часов назад
17 September 2024
38:02
12 часов назад
Tuyage ibigoye Iburundi!!!
6:20
14 часов назад
DIASPORA Y UBURUNDI MWAROZWE NAMDE???
52:35
14 дней назад
CNDD FDD yibazako ikiri mw ishamba???
37:24
21 день назад
IVYARANZE REPUBURIKA YA 2
41:16
28 дней назад
UBUTEGETSI BWA REPUBURIKA YA1 ,2ePartie!
48:06
28 дней назад
Комментарии
@IsmailKarenze-yo1rv
@IsmailKarenze-yo1rv 48 минут назад
Rabine mutohoze neza iyo mushefu du qartie yoba yavukiye mu Burundi canke nawe nu fdlr
@IsmailKarenze-yo1rv
@IsmailKarenze-yo1rv 50 минут назад
Fdlr ninterahamwe za koze iynyabwoko yo murwanda
@munyamahoromushyori4129
@munyamahoromushyori4129 Час назад
Ariko nusubiza ataragiye mu ishuri ntabwo yasubiza nka Ndabirabe,ariko uburundi bwagize ibibazo ntabayobozi bufite pe ni wa mugisha utondagira....gusa
@FabriceBuntu
@FabriceBuntu 3 часа назад
Gelase yibaza kubatwara inama nshingamatek kwarusha ubwenge abaserukira? Oe nkubu KO ibwirizwashingir ryemezako mugihe umukur wigihugu agize ingorane uwutwara inama nshingamatek acasubirir president oe nka gelase kabx yoba president provisoire ?
@chriss-jen
@chriss-jen 4 часа назад
Ndabasuhukije👋🏽mudushakire amakuru ya za nkuba yakubise fdlr nimbonerakure mu kibira?
@Rabinisaak
@Rabinisaak 14 минут назад
@@chriss-jen iracakubita turindiye irangize neezaa
@FabriceBuntu
@FabriceBuntu 9 часов назад
Ingorane kugihug cacu kabx
@motherofthegreatlakes6297
@motherofthegreatlakes6297 День назад
Nimwige lero musesengure igituma Kikwete ashamo ko Bunyoni afungurwa. Mubifatanye nigituma Kikwete ashaka ko FDLR iganira na President Kagame. Mwibwira ko Kikwete na Bunyoni batandukanye na Neva? Iyo Bunyoni aba arihanze invwano mukarere iba igeze ahandi
@motherofthegreatlakes6297
@motherofthegreatlakes6297 День назад
Birashoboka ko amahera bayavura izombunda; bishoboka ko bariko bategura kuzana royaume du soleil, igihugu c' uBurundi kizoba igihugu ca Hutu Power baciharire nkuko bari babikoze mu Reanda kuva kuri Kayibanda nuwamusubiriye. Ahubwo mutegure ikindi kiganiro kivuga ibindi. None amatora agiye kuba mwibaza ko ategura iki? Bariko barabitegura. Abo bashonje nubwo bapfa ntaco bimubwiye. Ejo bazosohora Bunyoni hanyuma baje hamwe ibikurikira Imana gusa niyo Izokiza abarundi.
@léanzorijana
@léanzorijana День назад
Aho bari harabandi
@beramoses9839
@beramoses9839 2 дня назад
❤❤❤❤
@GraceEmmanuelle-y5o
@GraceEmmanuelle-y5o 2 дня назад
Mes frères mukore kubiganiro muduha vrt Hama imana nshingamateka yuburundi ntaco imaze kuko ikorere umugambwe CNDD_FDD kuko nibo benshi kandi ntanijambo bafise umengo bariye jondama Muraziko ari Rwasa na pascal nibo bubahuka kubaza ibintu bifitiye amaro abanyagihu
@jojouwi3159
@jojouwi3159 2 дня назад
Asante
@CYAKWERABetty
@CYAKWERABetty 2 дня назад
Tubahaye ikaze mu miripuko❤❤❤ YES Ca akenge na mapendo T.V
@jojouwi3159
@jojouwi3159 2 дня назад
Abana bacu babaye abawazalendo
@sylvientibakije258
@sylvientibakije258 2 дня назад
Babatinya muri imana kwariyo yukubaha?
@FabriceBuntu
@FabriceBuntu 3 дня назад
Ivyovy nivyo umurimo nukuwitwararik Kuko barawuhenbegwa
@MporanimanaDonacien
@MporanimanaDonacien 3 дня назад
Urarushye indushu gunsa iryonishyari ryaho wahunze wanjijiwe😅
@JeanMarieBukuru-g5u
@JeanMarieBukuru-g5u 3 дня назад
Naho bababwira exécuter ariko umenye ko coup d’Etat haraho aba arinyushu Keddy
@JeanMarieBukuru-g5u
@JeanMarieBukuru-g5u 3 дня назад
Banyoye isosi yigihuna canke yigihunyira
@MporanimanaDonacien
@MporanimanaDonacien 3 дня назад
Efp nsyo hariyo batayo zingahe murikivu m23 irimo zingahe gabanya urusaku mwanjyinjimwe bariko barafpa urabizi wanjyijiweubukene buriwanyu waguha nyoko😅😅😅
@MporanimanaDonacien
@MporanimanaDonacien 3 дня назад
😅😅😅ndagusetse rekibinyoma shyaa ibyubukirahe woe😅😅😅😅😅
@NgendakumanaEmmanuel-n7q
@NgendakumanaEmmanuel-n7q 3 дня назад
Murabasazi Mubura ivyo mukora mukaja guteranya abantu muragowe nkuwo murundi abirimo ubwo arazi ivyarimo gwagasore yarumuhinga akivuga imihimbiri niyo
@FabriceBuntu
@FabriceBuntu 3 дня назад
Ashaaa niba forme impene irivyarira umugabo😅
@damienbahenda4863
@damienbahenda4863 3 дня назад
2025 hazoba hameze nabi bitwaje amatora Ivyo birategugwa kuko hazoba haheze imyaka 10 habaye 2015
@damienbahenda4863
@damienbahenda4863 3 дня назад
Tera imbere murerekana neza professionnalisme
@FanaEgide-c7h
@FanaEgide-c7h 3 дня назад
Courage
@chevaljoyeux1
@chevaljoyeux1 3 дня назад
Jewe nukuri ndakunda ibiganiro mudushikiriza amos..keddy..rabin..ndabakunda cane kuko ivyo mudushikira birakenewe caaane ni ingirakamaro merci beaucoup mubandanye turi inyuma yanyu courageeeeeee na mapendo turayumviriza muri abanyamwuga kabisa Imana ibaje imbere
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 4 дня назад
propaganda tutsi hima ntaho izobashikana muyitanguri kuri youtube mukayiheza aho nicogituma mubwejera murwanda kuko inguvu na frappe yumuhutu murayizi nicogituma mutinya abahutu kubi
@nkunzimanavianney7352
@nkunzimanavianney7352 4 дня назад
Leta yibisuma nubwicanyi imana yarabavumye
@DesireNdikuriyo-vs9bq
@DesireNdikuriyo-vs9bq 4 дня назад
Nukuri ivyo mudushikiriza biradihimbara
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 4 дня назад
sweranyoko wagatutsiwe uzopfa ubwejagura
@motherofthegreatlakes6297
@motherofthegreatlakes6297 День назад
Urucira mukaso rugatwara nyoko. Ibihe birahinduka kandi ko mwigize abarozi ba shetani, Imana y'Abarundi bayubaha kandi banse urwanko nakarengane, iraje muvyibonere. Amaraso ya Abeli aravuga
@jeannerukeratabaro4114
@jeannerukeratabaro4114 4 дня назад
👍
@PoulBijyenimana
@PoulBijyenimana 4 дня назад
Mwiriwe neza.None nkukbu mwotanga numéro umuntu akabaterera ivyiyumviro.Izonkoramaraso za ba DD mwibaza kwarivyiza yokorera abarundi na karere .
@TwagiramunguWise
@TwagiramunguWise 4 дня назад
Ahubwo siga gwawe hano tuguhamagare
@MuhireSindayigaya
@MuhireSindayigaya 4 дня назад
Rubish
@DaoudBihumwanya
@DaoudBihumwanya 4 дня назад
Injiji mukomere. Ubujiji mubwamemwo 😶‍🌫️😶‍🌫️
@FabriceBuntu
@FabriceBuntu 5 дней назад
😂😂 ntavya DD
@PasteurHakizimana
@PasteurHakizimana 5 дней назад
Abarundi ntabwo batsindwa gusa ubwo nubwoba mufise kugira ntimuterwe amajambo menshi yerekana ubwoba
@MporanimanaDonacien
@MporanimanaDonacien 3 дня назад
Kabinsa ntubeshye❤5l5 bumvigisirikare cyuburundi bagatitira😅😅
@NdindiriyimanaEtienne
@NdindiriyimanaEtienne 5 дней назад
Abarundi ni babitumwako!! Batabara Aho rukamvye!!
@NdindiriyimanaEtienne
@NdindiriyimanaEtienne 5 дней назад
Abarundi ni babitumwako!! Batabara Aho rukamvye!!
@NshimirimanaChristophe-g8c
@NshimirimanaChristophe-g8c 5 дней назад
Ati kweli ngo barafashanyij na fdl kugirihonyabwoko🤭🤭 directly ucumenyekanuwuriwe ntantambara yotegurwa nabajenerale banganuko😅😢
@chriss-jen
@chriss-jen 5 дней назад
Mukomere cyane batarame👋🏽
@FatumaNtirampeba-pk3yq
@FatumaNtirampeba-pk3yq 5 дней назад
❤Kirogorogo.ndayuchimiye vyakunaniye kurongorai gihugu .nitumuchaka nagende
@FatumaNtirampeba-pk3yq
@FatumaNtirampeba-pk3yq 5 дней назад
Vuvuzera
@MagengeSeverin
@MagengeSeverin 5 дней назад
Aho sha murayavuga😅😅😅 Burundi tuko up ur urwanda iyo bibankiye muca mutangura kuzwiragira nkimiswi itagira nyina
@jeanlambertgatare6027
@jeanlambertgatare6027 5 дней назад
Ubwo bahaze ubuzima.Nibaze bumve uko byagendekeye Mudacumura n'abandi babaye ibiryo by'inkongoro
@NzisabiraJpiere-pf4hi
@NzisabiraJpiere-pf4hi 5 дней назад
Ndeta mpima kobibagorawe
@BajenezaBosiko-ev7tv
@BajenezaBosiko-ev7tv 6 дней назад
Kuraje
@FabriceBuntu
@FabriceBuntu 6 дней назад
Fdrr igonba gukweger uburundi ahubwo bazisanga uburund basubiye kuba mubu colonie nu urwanda
@elogenijimbere-r3j
@elogenijimbere-r3j 6 дней назад
Mwarahemutse kwer mwarariye ibihuriko vyikigari agahinda kazotwica
@MichelGihushi
@MichelGihushi 5 дней назад
Americaine
@motherofthegreatlakes6297
@motherofthegreatlakes6297 6 дней назад
Turakeje cane umushingantahe atamize akabuye k' ikinyoma. Komera kumuheto, Bob Rugurika. Wewe uri muri bake bahawe ico icubahiro bifatiye kuvyo wakoze; kuvyo mwavuze udatinya. Bravo
@RubinNiyoyitungira
@RubinNiyoyitungira 6 дней назад
Genda urwane none urabe ukuntu bagufuta