Тёмный

Uku niko umukuruw'igihugu Evariste Ndayishimiye yakosoye anashira ku murongo mwiza aba nya Mukike 

Indundi TV
Подписаться 277 тыс.
Просмотров 49 тыс.
50% 1

#indundinews :#Evariste_Ndayishiye#semaine_de_la_diaspora2023

Развлечения

Опубликовано:

 

24 авг 2023

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 53   
@Gahugu
@Gahugu 11 месяцев назад
Jyewe ndi umunyarwanda ariko iyo ndimo gutegera uyu Mubyeyi sinkuraho.mukunda cyane,niwe Sebarundi nta mutima mubi agira
@nduwayodesire5960
@nduwayodesire5960 11 месяцев назад
J' aime mon Président et je pense que tout ce qu' il enseigne va changer nos mentalités. We are trying to put them in practice. Ndabashigikiye cane nyakwubahwa kandi ndabashimira turabumviriza.
@MUGABONAKECharles-fy5mz
@MUGABONAKECharles-fy5mz 2 месяца назад
Our father ❤ , nange ndi Kigali uyu mubyeyi mfite inzozi zo kuzahura nawe pe kuko aranyubaka cyne , ndagukunda nyakubahwa president of Republic 🇧🇮
@JohnBigbro-lm3lg
@JohnBigbro-lm3lg 11 месяцев назад
Papa Burundi ndagukunda cane watwigisha vrt 👏👏👏👏
@suzanneniyuhire3116
@suzanneniyuhire3116 10 месяцев назад
Uri umwami Salomon w’Burundi Imana Ikutuzigamire🙏❤
@patriceirakoze3793
@patriceirakoze3793 11 месяцев назад
Murakoze caneee 🙏 muvyeyi wacu Kumpanuro nziza uduhauye
@KellyNgendakumana-up1bt
@KellyNgendakumana-up1bt 10 месяцев назад
Evariste ndayishimiye❤❤❤
@nduwimanajeannine7934
@nduwimanajeannine7934 11 месяцев назад
Homme de vision Homme de changement uranyigisha cane
@reveriennshemezimana9574
@reveriennshemezimana9574 11 месяцев назад
Turasefi💓💓💓
@user-ez7iy9km6h
@user-ez7iy9km6h 11 месяцев назад
Merci bcp ariko hakenew une politique bien tracée dans la facilitation de la diaspora uko ntangorane yohaba vyoba n'inyungu yaba diaspora
@xaveribu
@xaveribu 11 месяцев назад
Turasefi❤❤
@TriumphClass
@TriumphClass 11 месяцев назад
Wowww I like your very good English today
@MucoJoselyne-sy7dn
@MucoJoselyne-sy7dn 11 месяцев назад
Komer cyane mutam wacu
@Ngendakumanadivin
@Ngendakumanadivin 11 месяцев назад
😂😂😂😂❤❤❤ ndakwemera mutama wacu
@uwimana8584
@uwimana8584 11 месяцев назад
Iburayi nyene ubu ama buro d'echange ubu niyo yuzuye kandi ama Euro baturya ararenze, ariko nimw mwaduhinduriy kera twayarungika kuri Western Union bakayatora vyoroshe none ubu ntibigikunda, rero murarabe mudufashe bisubire nka kera nukuri ataraho nikibazo kitukomerey kuko %centage baturya zirarenz
@nduwaemma8588
@nduwaemma8588 11 месяцев назад
Ndumyeee ndake numucanganyo urawuzi ga mutama unyibukije kera pe pe pe
@alouisejohn7752
@alouisejohn7752 11 месяцев назад
Yarabuze uwaterefona
@josuestanus3581
@josuestanus3581 11 месяцев назад
Imana ikuzigame
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 11 месяцев назад
Le Visionaire Burundais🎩
@GerardNtakirutimana-cs6hk
@GerardNtakirutimana-cs6hk 11 месяцев назад
None gamwanyakwubahwa kuki Inka iguzwe ivuyirwanda ikazamuburundi kuwuyizanyafatwa agapfungwa kandabazanyubutunzi bwokworora mugihugu? Haraho abazanye akazomuha umwavu nibindi kugirango yitezimbere ariko agapfungwa?
@RamadhanMaja-cc9pj
@RamadhanMaja-cc9pj 10 месяцев назад
Vyiza cane nyakubahwa ariko mwarimukwiye kuturondera Ama visa kugira dushitse mwivyobihugu biteyimbere dushobore kuronka uburenganzira bwokuja aharamahinguriro akomey tukiga ingene ivyaho bihingugwa none uzoshika murayomahanga passeport ukacuyinyegeza Hama ugire uburenganzira bwokuja kwiga ibijanye niterambere ryigihugu kimwe gusa uzocurondera ikiboyi wikorere uronse agatike nuturiyoni dutanu ugaruke iburundi
@blaisenimbabazi3162
@blaisenimbabazi3162 10 месяцев назад
Ndasefi Urasefi Arasefi Turasefi Murasefi Barasefi 😂😂😂😂😂😂
@davidndaha9607
@davidndaha9607 10 месяцев назад
Komeza nogutumako abarundi bafise ubumenyi ubakoreshe.Bubake amabarabara nokugufasha gutegura igihugu.
@nancyina5241
@nancyina5241 11 месяцев назад
Uburundi "Burasefi" nivyo 😅😂,...: Ukwo ni ukuri !!
@nancyina5241
@nancyina5241 11 месяцев назад
I can't 🙆‍♀🙆‍♀😂😂😂: Inka za athlete 🤣🤣😆😆😆
@christella5092
@christella5092 11 месяцев назад
Akongereza disi hejuru
@insekotv8339
@insekotv8339 11 месяцев назад
Ndakwemera mutama ntawuzokunkurako urumugabo pe
@user-eg1gz4kg7w
@user-eg1gz4kg7w 4 месяца назад
😂😂😂😂😂❤❤❤❤sebarundi arasetsanukuri
@gm7045
@gm7045 11 месяцев назад
😂😂😂 ndasefi Kabisa
@niragiraparfait111
@niragiraparfait111 11 месяцев назад
Turasefi mutama
@JohncloudMboma-ip9lx
@JohncloudMboma-ip9lx 5 месяцев назад
Abo bakamera man nabo bigishwe neza umwuga uwo Fierte,paej nuwo mutama yariteye akarisama baze babatwereka gusa turiko tukumva neza cane boss
@barekebavugedorothee3242
@barekebavugedorothee3242 11 месяцев назад
Ntawavutse y'iruka vyose nibukebuke
@kasendelukadi2047
@kasendelukadi2047 11 месяцев назад
Tanzanie bana jenga ma etage nama hotel au bord de l'ocean kila mutu anatakaga yende ku beach kule dar es salaam ma gorofa pembeni ya mai son excellence mulenge ma hotel au bord du lac tanganyika ca va apporte de l'argent meme en Angola c'est au bord de l'ocean ca apporte bcp des touriste et il faut publier ca pour que le monde vois
@melchiorsindimwo
@melchiorsindimwo 11 месяцев назад
Coulage excellence le Président.
@lazzrchanal1935
@lazzrchanal1935 11 месяцев назад
Tuzoshika petit a petit🎉 igikuru nuko dufise Sebarundi Wicabwenge nwiterambere
@nduwimanajeannine7934
@nduwimanajeannine7934 11 месяцев назад
Cakwanza Ni cakula capili tunajenga
@butoyialexis2316
@butoyialexis2316 11 месяцев назад
Komera komera mutama
@bennimubona6105
@bennimubona6105 11 месяцев назад
Inka Za athlete.
@jboscoigiraneza9864
@jboscoigiraneza9864 11 месяцев назад
Turasefi ndake 🤣🤣🤣🐰
@Nim2512
@Nim2512 11 месяцев назад
1:15 avuze ngo turime musi yurugo kandi turamushigikiye. Muga vyoba vyiza ahagaritse barya bashaka kubuza abarima irengarenga mugisagara ca Bujumbura kubera ko bariko bakora ibi yigishije.
@stansiyomana1239
@stansiyomana1239 11 месяцев назад
Mugabo uwurongoye ikigo kigenzura ivy'inzirabunenge/standards yavuze ko ikibazo ari uko abatera izo rengarenga bazivomerera bakoresheje amazi avuye muma canniveau arimwo ubucafu bwinshi bushobora guteza ingwara zikomeye.
@george496
@george496 11 месяцев назад
Kweli burundi hawana raisi nchi inazidi kuharibika raisi mwenyewe hana maono hajui kuongea Kama raisi 😂 anaongea Kama mtu hakwenda shuleni poleni warundi mlipigwa kitu kizito. 😅😅😅😂
@user-eg1gz4kg7w
@user-eg1gz4kg7w 4 месяца назад
Ndasefi😂😂😂😂
@Msrjean257-sx4xc
@Msrjean257-sx4xc 11 месяцев назад
turasefi mutama wacuu
@pierrendereyimana6449
@pierrendereyimana6449 11 месяцев назад
Komera mutama
@stansiyomana1239
@stansiyomana1239 11 месяцев назад
Iyo nkuru y'umukuru w'igihugu agenda guturira amadiplome hari uwoba amaze kubibona mubitabo vya histoire ya developpement ya Chine? Jewe narondeye kuri internet nabuze.
@etienneuwimana9194
@etienneuwimana9194 11 месяцев назад
L'histoire intrinseque d'un pays ne s'ecrit pas sur internet. Ahubwo ja muri bibliotheque
@stansiyomana1239
@stansiyomana1239 11 месяцев назад
@@etienneuwimana9194 Jewe siniyumvira ko fait historique nk'iyo wobura aho ivurwa kuri internet. Jewe hari vyinshi ntora kuri internet kandi ubu abantu benshi bagira recherche kuri internet. Hari articles scientifiques nyishi ushobora gusoma kuri internet mugihe uri affilie a certaines universites. None wewe mugihe woba uja muri bibliotheque iyo nkuru woba warayisomye? Narasomye bikwiye kuri modele de developpement de la Chine. Narigeze nokugura le petit livret rouge/les pensees de Mao kw'isoko nkuru y'iBujumbura muri 1971. Nagira ako gatabo kazomfasha ninashika kwiga Moscou, mugabo nasanze abarusiya n'abashinwa batacumvana sur le plan ideologique, ako gatabo naciye ndagatabura kugira ngo ntikankwegere.
@Fabatv8460
@Fabatv8460 11 месяцев назад
Korumuti muta
@Inzaghi809
@Inzaghi809 11 месяцев назад
Avuga nkumuboyi.Ntabereye ubutegetsi vraiment. Aba présidents babahutu(bantou) sinzimpamvu batagira charisme na autorité nkabatutsi?usanga président wumututsi ari charismatique, afise autorité,ntavugavuga menshi nkigihutu
@etienneuwimana9194
@etienneuwimana9194 11 месяцев назад
Urwaye akabonge. Et malheureusement ntivurwa. Abatutsi nabo charisme yabo turazi ahiva, uburyarya, uburiganya n'ayandi mabi ndengakamere.
@user-jl9nn5dw9x
@user-jl9nn5dw9x 2 месяца назад
Asha wew ugwaye mubwonko genda ibururi Abatutsi batware bururi ico vakozeyo hama ivyo vyubwoko ntibituravabenegihuga
Далее
Burundi: thousands celebrate ‘Imbonerakure day’
1:33
Пранк над Махачевым🥶
0:19
Просмотров 10 млн