Тёмный

Ukutumvikana kuri mu burongozi ry'Umugambwe  

Mashariki TV
Подписаться 285 тыс.
Просмотров 6 тыс.
50% 1

Ku bijanye n'ukutumvikana kuri mu burongozi ry'Umugambwe #CNL, Umushikiranganji w'intwaro yo hagati mu gihugu amenyesha ko ikibazo kiri ku mushingamateka Agathon #RWASA Umukuru w"Umugambwe CNL. Kurikira Martin NITERETSE Umushikiranganji w'intwaro yo hagati mu gihugu.

Опубликовано:

 

5 окт 2023

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 9   
@ladislasmasabarakiza1012
@ladislasmasabarakiza1012 9 месяцев назад
Shaa murahumba ibikogwa bizokogwa neza caane
@haircutstyleofficial4698
@haircutstyleofficial4698 9 месяцев назад
Sha nahomwofuruguta rwasa ivyomushaka vyose rwasa ntimwomufuta mumitima yabantu
@VyizigiroPartric-hw8pv
@VyizigiroPartric-hw8pv 9 месяцев назад
nyakwubahwa abarund turumva turatahura kandi turva ukur gikuru nuko mwogendera ibanga mwiyemej ikigeretseko mutow murarahira rer mwibuke indahiro mwarahiy. ariko ivyo usiguy ntakur kurimw naj nyarucari ntaz vyinsh ndumva ko uhengamy
@johnnininahazweclaude
@johnnininahazweclaude 9 месяцев назад
Ewe maritino,abahutu ntabwenge mufise,urya mutama Rwasa kuva aho mwamutotereje,ntanisoni mugira?urya numwubahwa wewe uri umwana kuri we!
@muslimmuslim512
@muslimmuslim512 9 месяцев назад
Ntiwavuze nabi ariko iryo jambo washizemwo ngo abahutu ntabwe bagira Nico kibi wavuze invugo nkiyo siyo nimwige kuvuga neza unwoko ntaho buzogeza abarundi
@johnnininahazweclaude
@johnnininahazweclaude 9 месяцев назад
Wibaza ko abo uriko ubwira ari ibijuju nkawe?Abarundi barumva kandi baratahura ivyo uriko uvuga
@suavisndihokubwayo-cc3id
@suavisndihokubwayo-cc3id 9 месяцев назад
🤔🤔🤔ibihe tugezemwo nivyo tubona wapi tutize kuvugana ukuri bizotugora gutera imbere
@eliasmanirakiza9281
@eliasmanirakiza9281 9 месяцев назад
Kumusi kumusi muguma muhindur ivyo mwagiriza rwasa numusi havuts ibindi bitandukanye nivyahahora
@ladislasmasabarakiza1012
@ladislasmasabarakiza1012 9 месяцев назад
Shaa murahumba ibikogwa bizokogwa neza caane
Далее
ДВЕ МЕДИЦИНЫ В ОДНОЙ СТРАНЕ
43:03
"Kurikira Ikiganiro UGONA IKI ca Radio Umurisho.
1:24:37