Тёмный

Umu DIASPORA akoze ivyananiye abazungu//Application y'abarimyi ije kugira//Amahanga uko nayabonye 

UMUKUBITO
Подписаться 197 тыс.
Просмотров 10 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

27 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 40   
@AmyStale-d6u
@AmyStale-d6u 7 месяцев назад
Uyo musaza ndamukunz afis umugambi mwiza❤
@Rugambamachine7714.
@Rugambamachine7714. 8 месяцев назад
Barundi barundikazi nimuze mutuvotorere kubwenge mwasumye mu mahanga Imana ihezangire uyumutama yubahwe
@Capy-xo1
@Capy-xo1 8 месяцев назад
Heee. Tugiye kuvayo pe. Hezagirwa my brother. Mukande kano gafoto mumpe like dushihikirane.Ababikoze Imana ibahezagire! Ndabakinda 🥰🥰🥰
@yesunimwema4497
@yesunimwema4497 8 месяцев назад
Uber eat in burundi 🇧🇮 good job ❤❤nuko bagatovyi bagomba gutoba igihugu cacu ariko imana ibehafi uburundi na barundi ❤
@sarahfeni1866
@sarahfeni1866 8 месяцев назад
Imana iguhaze ivyishimo hamwe no kuramba muvyeyi nimwe mukenewe mugihugu cacu🎉🎉🎉🎉
@AmyStale-d6u
@AmyStale-d6u 7 месяцев назад
Wepeti komera ndakwindira ivyo wize ibikoresha neza ❤
@ADtopcaste
@ADtopcaste 8 месяцев назад
igihugu kirakeney abantu nkabo bensh cane. komeza .
@Nidivin
@Nidivin 8 месяцев назад
Courage sn broth Gaël ibiganiro vyawe biba bitesaaa cn brother❤ ✌️
@christella5092
@christella5092 8 месяцев назад
Imana ikujimbere urumugisha kuhihugu cacu ciza c'Uburundi
@boscoconkunze1068
@boscoconkunze1068 8 месяцев назад
Kuyindi mpwemu vyamaze gukomera❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 8 месяцев назад
Wooooa imbere cane yubahwe 🔥🔥🔥🔥💪💪💪💪🇧🇮🇧🇮🥰🥰
@charleskubwimana2577
@charleskubwimana2577 8 месяцев назад
The Real from other side😂 Émission instructive
@richardalonsonibitanga7557
@richardalonsonibitanga7557 8 месяцев назад
Gael wubahwe uduha ibiganiro bitwubaka bandanya uhindura ivyiyumviro vy'abenegihugu Go ahead kijana
@kennyinesinamahoro
@kennyinesinamahoro 8 месяцев назад
Nukuri Yesu ahezagire ibikorwa vyanyu izo application ni nziza cane
@meddyrachelmugiraneza5601
@meddyrachelmugiraneza5601 8 месяцев назад
Courage mon frère
@rayjuvent2465
@rayjuvent2465 8 месяцев назад
Ikiryoheye nuko twese twoterera mwiterambere ryigihugu ...tugateza imber uburundi kuko ntawase konka nyina gwagwaye amahere
@SteveNdayizeye
@SteveNdayizeye 7 месяцев назад
C'est une bonne action
@williamruto3103
@williamruto3103 8 месяцев назад
God bless you
@silvernizi7790
@silvernizi7790 8 месяцев назад
Alphonse atuzaniye Uber eat in Bdi very good
@yyzca1234
@yyzca1234 8 месяцев назад
Very Good 🎉
@amednshimirimana6087
@amednshimirimana6087 8 месяцев назад
Harahiye 🔥🔥🔥🇴🇲🇴🇲🇴🇲🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@hategekimanamariespeciose5701
@hategekimanamariespeciose5701 8 месяцев назад
Hezagigwa cane❤❤
@mfisumukizajustin7698
@mfisumukizajustin7698 8 месяцев назад
vyiza Can tuzogere 2040 vyarashobots kbs❤❤❤❤
@lostboy2608
@lostboy2608 7 месяцев назад
Nivyiza cane ariko bisaba connection ikwiye kugira abakoresha internet babe beshi
@DonBercy
@DonBercy 8 месяцев назад
❤❤❤💪🏿
@emmanuelniyonkuru8993
@emmanuelniyonkuru8993 8 месяцев назад
Courage
@NadiaIrakoze-u9e
@NadiaIrakoze-u9e 8 месяцев назад
Eira❤
@vincent9132
@vincent9132 8 месяцев назад
❤❤❤❤
@butoyialexis2316
@butoyialexis2316 8 месяцев назад
Justice sociale niyo, rendre à l humanité ico yaguhaye
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 8 месяцев назад
Umukubito wubahwe nuyumudiaspora yubahwe kugikorwa ciza
@motivationentrepreneuriale8540
@motivationentrepreneuriale8540 8 месяцев назад
Abantu nkabo barakwiye kurwira mu Burundi
@patrickirakoze6233
@patrickirakoze6233 8 месяцев назад
Teza imbere umutumba wacu mutama Alphonse.
@benigne331
@benigne331 8 месяцев назад
Turafise aho tworima turabuze imbuto none tworonka gute contact ziwe please please adufashe.
@SimbaGroup405
@SimbaGroup405 8 месяцев назад
ndanyuzw❤❤❤❤❤
@AhishakiyeJoselyne-ir4sx
@AhishakiyeJoselyne-ir4sx 8 месяцев назад
Gaël wubahw CNE nanj ivy bitoki ndabishak pe
@jilu1095
@jilu1095 8 месяцев назад
Najewe ndabishaka ivyobitoke
@اينيارتنبا
@اينيارتنبا 8 месяцев назад
❤❤❤❤🎉🎉🎉
@novatidamian7236
@novatidamian7236 8 месяцев назад
Umukubito nkwifurije kuriranirwa mumazi ukora ndabona ko uri umu RU-vid wugurutae kubibazo ubaza biri mwubwenke bwuwaciye kuntebe yishure na ma information nyishi zakazi kugutangaza amakuru
@NdayizigaViateur-q7r
@NdayizigaViateur-q7r 8 месяцев назад
Nkunze ukuntu uvugana akanyamuzera vyiza cane Imana ikuje imbere muvyo w'upfuza kutugezako twebwe abenegihugu
@terrirasmussen2442
@terrirasmussen2442 6 месяцев назад
🙂 promo sm
Далее
🎙А НЕ СПЕТЬ ли мне ПЕСНЮ?🕺🏼
3:06:10
Ванька пошел!!!! 🥰
00:18
Просмотров 902 тыс.
Исповедь / Мася
2:47:10
Просмотров 196 тыс.
На самом деле, все не просто 😂
00:45
🎙А НЕ СПЕТЬ ли мне ПЕСНЮ?🕺🏼
3:06:10