Bro muzohore muvuga ivyanyu apana gufata en général ,hano harabanyafrica bakenye kubera kudakora abandi ntibazi kumanajinga cash ,bagacabagenda kuri social media ngongwikingwiki,komuvugako harimihangayiko nimugume hiyo muyatora mwibarabara.abantu nkaba mureke kubatumira
@felixkazonkiza asha uri intashima kwelii burya abantu nkawe baracabaho wa kizehe we wibagiy ivyo yagufashije ukaza muri kenya akakuronderera indaro akagufasha akaguherekeza no mu kugira ushik aho ushitse nawe yagiz ico atereramwo ngo yagusavy amahera ba ureka kwibeshera no gucafuza abantu wa ntashima we niho bavuga ngo umurundi umuvura amaso bwaca akayagukanurira ivyo uvuga ntavyo uzi ariko umuntu mutangana mutari no mu rugero rumwe ntukaz kumuvuga ibitagira umutwe na maguru wa kizehe we