Тёмный

Umukenyezi w'umwirimizi w'i Mutaho ahingura umwavu mu mwanda muto na mukuru w'abantu. Abigenza gute? 

Mashariki TV
Подписаться 293 тыс.
Просмотров 4,9 тыс.
50% 1

#Burundi Bantu mukunda kurima, nyarukira ngaha.🏃‍♂️🏃‍♀️. Ryohora ni ifumbire ihinguwe mu mwanda muto w'umuntu, Tsindinzara nayo ni ifumbire ihinguwe mu mwanda mukuru w'umuntu nyene. Umukenyezi Mariya Ndinzemenshi wo ku mutumba wa Masango muri commune ya Mutaho mu ntara ya #Gitega, naho yize amashure make, yariyumviriye yongera atanguza ihinguriro ry'iyo fumbire aho asanzwe aba. Ngo ukoresheje iyo fumbire umwimbu w'ibiterwa uba uteye igomwe, kuko isi ironka akanovera gakwiye. Mariya Ndinzemenshi arasigura ingene iryo hinguriro rikora, n'ingene akoresha ifumbire aronse

Опубликовано:

 

29 мар 2023

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 21   
@user-wb6yg6xf7t
@user-wb6yg6xf7t 4 месяца назад
I will never forget the fruits of this project. sometimes words are meaningless but the reveals are always understandable. but nothing for nothing
@desirendihokubwayo8803
@desirendihokubwayo8803 Год назад
Wow! Leta imufashe nukuri ingabirano zidasanzwe
@Martin-xf1bw
@Martin-xf1bw Год назад
Wow. Uwavuze ko abarundi baciye ubwenge; ndavyemeye pe. Aba bantu bikwiye ko tubashigikira kugira bakore ihinguriro moderne.
@mariebayizere1152
@mariebayizere1152 Год назад
Quelle innovation !! Vyiza cane. Leta nibakwiragize Mu gihugu cose
@dianeniyomwungere9395
@dianeniyomwungere9395 Год назад
Mukama !!!! Courage urashoboye kbxa urumukenyezi w'ubwenge
@EducKafi
@EducKafi Год назад
Murakoze cane.Ndakunda ama videos avuga ahanini ku bijanye n' iterambere yatunganijwe na Mashariki TV.Nagomba ndabasabe muzoze murashira ko No ya telephone y'umuntu mwaganiriye kugira umuntu azoyumviriza agasanga akeneye uwo mwaganiriye azomuvugishe.
@gilbertnahayo4723
@gilbertnahayo4723 Год назад
Sha,ndumwe kabisa.Reta nibifinanse,Hama kumashure no kumasengero tuhakure imisaruro.
@yvettenyamugisha5474
@yvettenyamugisha5474 Год назад
Urunva abantu bamugendeye Baja Genda batitumye aba ahonvye ntavyokwidoga ngo barikumwuzuriza wese ariko mumwibuse gukaraba canke muzogaruke mumuzaniye ama groves
@victorg7280
@victorg7280 Год назад
Nivyo kabisa. Arakeneye ko abashinzwe isuku mugihugu bamutera inkunga yama """ Gloves """"".Canke nabandi bose bashimishijwe nako kigoro, bamutere inkunga yibikoresho vyomurinda ingwara
@remesha
@remesha Год назад
Kabisa, akeneye kwambara gloves
@lovepeace5460
@lovepeace5460 Год назад
Umugwizatunga!!! Oya!!! Arifashije gusa arikontaragera kwitwa umugwizatunga, akeneye abomufata mumugongo.
@gilbertnahayo4723
@gilbertnahayo4723 Год назад
Erega no muri Coreya ya ruguru ngo ifumbire bayikura aho nyene.Egooo reta niyo ufise inguvu n'uburyo bwo kwegsranya Beniyo fumbire
@mireillemizero1377
@mireillemizero1377 Год назад
"Toilette sèche" (Utuzu twa surwumwe tw'isuku ryumutse) ni twiza cane kandi n'iyo ntumbero Abazungu bashaka na bo kujamwo ngo bagabanye gukoresha umuyagankuba mwinshi
@viatornkunzimana4693
@viatornkunzimana4693 Год назад
Ahubwo Ayo matwarete bayagwize kumabarabara kugira imyavu igwire canne Kandi izo twarete zikarihishwa amahera agahabwa uwacindiyisoko yokwubaka noguhingura iyo fumbire Kubwanje uyo mumama ahabwe ibibanza vyishi yoranguriramwo uwo muğambı bibaye ngombwa reta yigihugu imushigikire. Yubahwe pee
@AbdulSalim-wu8wo
@AbdulSalim-wu8wo Год назад
Imana imuhe kwihangana
@pierrepatricknzambiyumva4319
Terintabwe
@lovepeace5460
@lovepeace5460 Год назад
FOMI naziranotse nibaze bavidure ama toilets mumpango bakorumwavu uhagijabawipfuza bose.
@hassanjonas1491
@hassanjonas1491 Год назад
Nihatari kabisa
@bigirimanajoseph4590
@bigirimanajoseph4590 Год назад
Ndumiwe nuwambere 1
@kwizerimanabosco1576
@kwizerimanabosco1576 Год назад
ndumiwe
@remesha
@remesha Год назад
Haha, abapangisha ntibasubire kubwirako abapangayi bazana abashitsi buzuza ama toilets urumvako arakanoti
Далее
Burundi : ivyo twomenya ku bwicanyi bwo mu 1988
9:25