Тёмный

Burundi: inama yahuje umukuru w'igihugu n'abacamanza 

Isanganiro
Подписаться 73 тыс.
Просмотров 258 тыс.
50% 1

Bimwe muvyavugiwe mu nama yahuje umukuru w'igihuhu c'Uburundi n'abacamanza kw'igenekerezo rya 24 myandagaro 2020

Опубликовано:

 

2 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 100   
@francoiskarimunda2427
@francoiskarimunda2427 Год назад
mbega inyigisho nziza umuyobozi w'igihugu cy'uburundi yagiranye n'abacuruzi hamwe n'abacamanza
@EdouardEdouard-wr2vp
@EdouardEdouard-wr2vp 5 месяцев назад
Abo nahuvuga ninyamaswa nyakubahwa imanza zipfira mumwezo .amanyanga yabo yarabamaze
@alexisnivyayo5488
@alexisnivyayo5488 Год назад
Nyakubahwa muvyeyi naje ndatabaza ntabara kuko narabuzuwuntabara abonituye nasanze ari barubura kigogwe narakwandikiye ngira ntibiragushikira.
@geoffreyhavyari1295
@geoffreyhavyari1295 Год назад
Umukuru wigihu c'uburunfi numwami kabisa wijunja nijambo ndamukunda abatwara ntavyo babona duhinduke itunga ryigihugu nitwebwe kandi igiturire ukiza batanu ikica abarenga ibihumbi hinduka abarundi
@alexisnivyayo5488
@alexisnivyayo5488 Год назад
Nibwe 5900 000fb uwayivye namufashe kabiri ndamushikiriza ubutungane ahubwo bahisemwo kuyasangira bihereraho
@akiljuniorirankunda5017
@akiljuniorirankunda5017 Год назад
Nyakwubahwa dukwiyekumuhamashi avvgankumugabowabagabo, icompa nkaronkububasha bwokumubonankamuramutsa
@dzelbahnijmb1765
@dzelbahnijmb1765 Год назад
Abarundi ga yemwe! Kubayobora ntivyoroha. I baze kuyobora abantu badashaka iterambere kandi nawe urishaka🤔
@immaculeenduwimana6012
@immaculeenduwimana6012 Год назад
Abacemanza bariganje ahubwo tusavye dentaire tubitwarimwo kuko banakubeshera KO atasura wazanye kandi wazizanye
@emmanuelbigirimana3480
@emmanuelbigirimana3480 Год назад
Ovyo uvuganukuri nanje imodoka nafashije mutoyawaje imaje umewaka irimugaso ingonzo
@jeanmarieniyonsaba8284
@jeanmarieniyonsaba8284 Год назад
Mutama mwari mukwiye gukora kumwe kwa président magufuri udatunganirije umwenegihugu ucusigumukuye ntawundi muti
@meshomm7040
@meshomm7040 Год назад
Twoguha makuru twubak uburundibwacu tugwanye bakabok twesehamwe
@lingerardvyamungu3128
@lingerardvyamungu3128 Год назад
Abacamanza nibahabwe za mutation .kuko baramenyerana nabene gihugu cane. Uwuciyurubanza nabi nabibazwe kuko nigateranya
@MucoJoe-Dassin-ju9up
@MucoJoe-Dassin-ju9up Месяц назад
Nuvuge Ariko guhuha munsekure data wacu ivyo bimwenyi zamuravyirukana bijekwiba ibijumpu nyakubahwa bipfunge warahezagi papa wacu
@NakatoSusan-iu8st
@NakatoSusan-iu8st 4 месяца назад
Nukuri nyakubaha nta kutagira "Imana". iguhe kuramba . yemwe uratubohora gusa hinge tuze tuguhunde amajwi;ntakindi mbona umuntu yogushira pe!eeee
@NakatoSusan-iu8st
@NakatoSusan-iu8st 4 месяца назад
Nukuri nyakubaha nta kutagira "Imana". iguhe kuramba . yemwe uratubohora gusa hinge tuze tuguhunde amajwi;ntakindi mbona umuntu yogushira pe!eeee
@havyarimanaedward8464
@havyarimanaedward8464 Год назад
vuga mutama umuntu aratsindwa atigeze aburana iterambere rizavahe
@EdouardEdouard-wr2vp
@EdouardEdouard-wr2vp 5 месяцев назад
Uyumudamu avuze neza arko mwaya masentare harabaza kur terrain batava Aho Bari bihweze itongo
@pascalbutoyi5591
@pascalbutoyi5591 2 года назад
Ibuy riseruts ntiribaricishisuka kuberiki amenyingoran ntayitorerumuti nafat agre nka equipe igrakabiri aribobasubirirabandi uwukosha amukuramwo erega nibo babahayubudahangagwa bwuko asubirigwa arukapfuy ningen abashomeri aribenshi
@mandaribede8603
@mandaribede8603 Год назад
N'Umucamanza akarenganywa n'Abaryamanza,nawe akarira.
@gilbertniyonzima7354
@gilbertniyonzima7354 Год назад
Vyiza cane nimugarukire agateka kumwenegihugu mutoyi kuko niwe ahangahitse cane
@RubibiCadeau
@RubibiCadeau Месяц назад
Nurira abanyagihugu bazariranganate bakure ushiramabandi nawurananinjwe
@charlottemukankubito6010
@charlottemukankubito6010 Год назад
Ndizera abarundi bazokwikubita agashi ntihazobura ibihinduka!
@akiljuniorirankunda5017
@akiljuniorirankunda5017 Год назад
Mutama je ndaguhayamashi kandi niwubahwe.
@MiburoEric-w4p
@MiburoEric-w4p День назад
Nyakubahwa umukuru wigihugu cacu jewe iconobona nokora Nuko Urubanza rwoherera kumutumba cane kwikomine ntibace Urubanza bataravye nkunzi
@novatidamian7236
@novatidamian7236 2 года назад
Igihugu c" Uburundi kiracagowe kweri none Sentara myoyo ntamahera ibika? Ntakigege bafise kivanye nama Amanda batoza abanyagihugu ? Bacabayashira mumifuko yabo? Canke reta nta bije ibategekeraniza?
@issatvshow8381
@issatvshow8381 Год назад
Kabisa abajura nabo mwicaranye ngaho
@deonzeyimana1358
@deonzeyimana1358 2 года назад
Nukuri ubucamanza nikibazo Abarundi benshi baragwaye mumutwe abandi bariyahura kubera akarenganyo kubucamanza. Nukuri ndashimye ayamajambo hamwe agiye mungiro. Twebwe dufise urubanza kuva 1996 nubu ntirurahera.
@gonzalo7115
@gonzalo7115 Год назад
Imana yo mwijuru ikutuzigamire nukuri turarushe turatuntuye . Murakoze ko bigiye guhinduka
@swala2170
@swala2170 3 года назад
Coup de chapeau au Président de la république!!!
@muhwaburajeanbosco
@muhwaburajeanbosco 2 года назад
L0ppp
@pasteurndorimana9489
@pasteurndorimana9489 Год назад
Qg.
@EdouardEdouard-wr2vp
@EdouardEdouard-wr2vp 5 месяцев назад
Se barundi wavuga ntibumva
@IresRasi-x9w
@IresRasi-x9w Год назад
😢F
@raymanalangri1479
@raymanalangri1479 Год назад
Banza mubakure abo basuma
@estellandayishimiye3651
@estellandayishimiye3651 2 года назад
Nukuri muvyeyi gira icowokora mubacamanza kuko bahora umuntu ubukene tubivuga uko kuko natwe twaridufise urubanza muri setebe turaburana nuwo muntu turamutsinda Hama papa waciy aca aritaba imana atanimisi ibiri rumba iyosentare yongaho mukigobe irahindura ivyo setebe yakoze kubera ibiturire babahaye abacamanza binjanja
@MucoJoe-Dassin-ju9up
@MucoJoe-Dassin-ju9up Месяц назад
Wicigwa igihugu nabo bacemanza
@Egide-uq8is
@Egide-uq8is 9 месяцев назад
M
@olelieka0p79
@olelieka0p79 Год назад
Komera'nyakubahwa'dufasenimero'yawatsu'mwoba mukoz'kayanza mwubahwe'cane
@MegaAlexison
@MegaAlexison Год назад
Ico ni co
@JusteSabokwigura-wj7nb
@JusteSabokwigura-wj7nb Год назад
Ce
@charlottemukankubito6010
@charlottemukankubito6010 Год назад
Vuga Mutama vuga
@AmanGilbertSilvester
@AmanGilbertSilvester Год назад
Cvvc GG
@nshemezweemmanuelemmanuel7078
Niyirambire Nyakwubahwa avuga vyo kandi vyumvikana
@sallumkiranzunguye2242
@sallumkiranzunguye2242 2 года назад
Très bonne intervention de notre cher président. Nous avons maintenant un président qui se soucie du peuple. N'abandanirize ngaho kabisa. Aho twabereye mu bukene ba kaboko bagomba kwikubira ivyiza bonyene bishire. Mukuru w'igihugu cacu oyé.
@NduwayezuSapience-x7m
@NduwayezuSapience-x7m Год назад
Ivyihenduzo
@lionelnduwayezu4348
@lionelnduwayezu4348 Год назад
Nyenicubahiro mwagerageza kuvuga turabashimiye imana yakuduhaye ikidutungire!
@kananisarafe8582
@kananisarafe8582 2 года назад
Nimwihangane Mwubahwa,abantu barabaye babi gusumba ibikoko.
@innocentakimana9412
@innocentakimana9412 Год назад
Yaga numve
@elisanayituriki4246
@elisanayituriki4246 Месяц назад
Ndakunda cyane abarundi
@swala2170
@swala2170 3 года назад
Coup de chapeau au Président de la république!!!
@claudeyamuremye1562
@claudeyamuremye1562 Год назад
Mwarakoze papa wacu kuduhanurira abacamanza
@angelaphiri3401
@angelaphiri3401 2 года назад
Haheze imyaka 6 icar icurubanza mugabo abavoka baciye urubanza nkuko mwabivuze urubanza ruba herandahe
@theogenemanirakiza3137
@theogenemanirakiza3137 2 года назад
Nyakubahwa ivyo avuga nukuri ndababazwa nukuntu umushikiranganjwi wubutungane arungika umuntu muri sentaré yaciye urubanza rutabereye ngo barusubiremwo bakanka jewe vyaranshikiye turiko tunyagwa itongo dyacu kunguvu. Ndipfuzako abacamanza bumukuru wigihugu bonyakira bakanyumviriza.
@ndayizigiyej.pierre
@ndayizigiyej.pierre 2 года назад
Imiduga nahoyoboneka mwocamwitwaza ngibitoro.non mwemwe urwegorwanyu ntacomushoboye?
@roshansarah3830
@roshansarah3830 Год назад
Uragahezagigwa nlmana yo mwijuru nyakubwa mukuru w igihugu ko witah abene gihugu
@tuyisengeevelyne4314
@tuyisengeevelyne4314 2 года назад
Nyakubahwa president injira muri eusebu nyanz_alac urabe ibiriyo
@homerenibogora2881
@homerenibogora2881 Год назад
Nukuri rabe mutagurikire turarushe
@angelaphiri3401
@angelaphiri3401 2 года назад
Banyakwubahwa nukuri birabaje kubona sent are icurubanza muga rugahe mumwiherero
@MwendaWeetu
@MwendaWeetu 11 дней назад
Saboni
@angelaphiri3401
@angelaphiri3401 2 года назад
Nibisuma urunva kurya infashanyo zimpfuvyi birabaje umuvyeyi arapfuye abavoka bakarya indishi nabonyene nukwicubwakabiri
@NewkeyKeynew
@NewkeyKeynew Месяц назад
Ruyigiryari
@ThereseMUKANTABANA
@ThereseMUKANTABANA Год назад
Umwami ntiyica hica rubanda komera komera nyakubahwa🇷🇼🙏🙏🙏
@cubakamushagalusa4511
@cubakamushagalusa4511 Год назад
Swa ;muta wanje
@EdouardEdouard-wr2vp
@EdouardEdouard-wr2vp 5 месяцев назад
Twihweje abarundi benshi barenganywa .benshi baraheba kurima baja mumasentare
@mandaribede8603
@mandaribede8603 Год назад
Mwombza nobabereka Abo ba Ruburakigongwe.
@CizaJeannette
@CizaJeannette 4 месяца назад
Je nukuri ibi bintu birabwe jewe ahantu hacu haboneke mwoba mukoze
@deobarengayabo6167
@deobarengayabo6167 2 года назад
Ndabaza akabazo sentare ishikiriza urubanza kabiri?batanaburanye?twarumiw kubona sentare Iza ikadushikiriza ikaduha icanditse hama ikagaruka ikaritwaka ikarushikiriza uwonatsinz.konkenye mwodufashki?
@benimj2323
@benimj2323 Год назад
Raisi Wetu mungu akubariki Sana unajitahidi Sana kugombania nchi ya Burundi lakini hatuskii hata kidogo
@EdouardNiyongabo-z3v
@EdouardNiyongabo-z3v Год назад
Sante Sana Raisi wetu!
@kaburundisimphorienne8964
@kaburundisimphorienne8964 Год назад
Yooo dufashe bavyeyi bacu
@mwaminiomar185
@mwaminiomar185 3 года назад
Mwubahwe 🙏🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦
@henrysebastien
@henrysebastien 3 года назад
Niyirukane abobacamanza Bomwayomakomine bamutuye Ingorane
@wasendedesire9544
@wasendedesire9544 2 года назад
@@henrysebastien yorpryopryopyropryoprpyopryopyprryopurororyo
@nibigiracelestin6497
@nibigiracelestin6497 Год назад
Moi
@bigirimanacalliste8233
@bigirimanacalliste8233 Год назад
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏
@bsltvjuel
@bsltvjuel Год назад
Bangladesh 🇧🇩🇧🇩🇧🇩🇧🇩🇧🇩🇧🇩🇧🇩🇧🇩
@gaudencendururutse4617
@gaudencendururutse4617 2 года назад
Shalom.mwodufasha mukaduha numéro ya tel y,umukuru w,igihugu ngo tuzohore tumwitura n,utumessages ? Mwoba mukoze cane.mbaye ndashima
@jacquenahimana1497
@jacquenahimana1497 2 года назад
komera mutama urazi aho bipfira bikosore ibigaba uvyirukane guco tuzoterimbere muvyiyumvira no mubutunzi. ariko hakiri abantu ushinga itegeko bakakuvuguruza ntaho twoba turiko turaja
@africansound3819
@africansound3819 Год назад
NEVA ni sawa kabisa
@alexisirankunda7044
@alexisirankunda7044 Год назад
Hhhhhhhhhhhhhhhhh
@twororeturimekijambere5491
@twororeturimekijambere5491 Год назад
Komera Mutama wacu dukunda❤️❤️🙏👌🙏🇧🇮🇧🇮
@adidjahafnani3728
@adidjahafnani3728 Год назад
Respect to you my President ❤️💕🇧🇮
@niyokindisilvacharles1955
@niyokindisilvacharles1955 2 года назад
Vyiza cane aho igihugu kizotera imbere
@pontienmanirakiza1767
@pontienmanirakiza1767 3 года назад
Bien préparé !!
@fafapraiseofficial
@fafapraiseofficial 2 года назад
Wubahweeee
@enestanestbizi4284
@enestanestbizi4284 2 года назад
I feel you Mr president
@abdoulikadima4804
@abdoulikadima4804 2 года назад
🙏🙏🙏
@EdouardNiyongabo-z3v
@EdouardNiyongabo-z3v Год назад
Nyenicubahiro umukuru w'igihugu cacu turamushikiye ku migambi myiza adufitiye.Imana nimuhezagire!
@oniyonkuru
@oniyonkuru 2 года назад
Ndaguhamagara wangu
@Oblackobed
@Oblackobed 2 года назад
ND
@maryamarya4161
@maryamarya4161 4 месяца назад
Papa uvugukuri ahobavungango vugugende izonintumva
@nestornkunzimana2409
@nestornkunzimana2409 Год назад
That is the truth we appreciate
@nkurunzizapascal9176
@nkurunzizapascal9176 2 года назад
many rivers to cross
@hassunmilkah9937
@hassunmilkah9937 3 года назад
Nibikubite angashi
@pontienmanirakiza1767
@pontienmanirakiza1767 3 года назад
Bien préparé !!
@eidimushimushi8215
@eidimushimushi8215 Год назад
🇧🇮 🇷🇼 ❤
@eidimushimushi8215
@eidimushimushi8215 Год назад
votre excellence
@bangalaalain3399
@bangalaalain3399 2 года назад
Abahutu barishe igihugu gose
@innocentir9327
@innocentir9327 2 года назад
urikijuju nibo barongoye bonyene
Далее