Тёмный

Umushikiranganji  

URUGENDO NEWS
Подписаться 116 тыс.
Просмотров 2 тыс.
50% 1

𝗞𝘂𝗿𝗶 𝗡𝘆𝗮𝗸𝘂𝗯𝗮𝗵𝘄𝗮 𝘂𝗺𝘂𝘀𝗵𝗶𝗸𝗶𝗿𝗮𝗻𝗴𝗮𝗻𝗷𝗶 𝘄'𝗮𝗯𝗮𝗸𝗼𝘇𝗶 𝗻'𝗮𝗸𝗮𝘇𝗶,
Ministère de la Fonction Publique Burundi
Nyakubahwa,murakoze kugira ico mushikiriza ku nkuru mperuka gushira ahabona mu bushikiranganji murongoye,ariko ntangajwe n'uko mukubeshuza inkuru yanje mwaciye mukoresha ikinyoma.
Mukumbeshuza mwavuze ko nabeshe y'uko Emile RWABAYINKOVU abandanya ahembwa,muca muvuga ko yagiye mu zabukuru kuva igenekerezo rya 30/06/2024 ari ho yahembwa irya nyuma.Mwaciye mwongera muvuga ko ubushikiranganji murongoye bitokunda ko bubandanya guhemba umukozi yagiye mu zabukuru.Ariko mwabeshe.Ico ni ikinyoma.
Ubwa mbere,mbega ko hano mwemeje ngo Emile yagiye mu zabukuru kuva mu kezwi kwa 06/2024 kuber'iki gushika uno musi 02/10/2024 agitonda ku kazi?mwabuze uwundi mumusubiriza?canke naryo ni ikosa ryabereye iwanyu?mwosigurira abarundi ikibazo cahabaye?
Ubwa kabiri,Nyakubahwa,jewe King kugira nshire inkuru ahabona mba nayitohoje bikwiye kandi mfise ivyemezo vyose.
Jewe mu matohoza nakoze,ndafise ivyemezo ko Emile RWABAYINKOVU yabandanije ahembwa.
Nyakubahwa reka ndabereke ivyemezo bike(vyose sinobicisha hano).
Emile afise Matricule:20020594
Nimwirabire iyo bulletin de paie y'ukwezi 07/2024,umushahara wa Emile RWABAYINKOVU waciye kuri compte yiwe N° 𝟳𝟬𝟳𝟬𝟬 𝟴𝟬𝟱/𝟬𝟬𝟭/𝟯𝟬/𝟬𝟬𝟵𝟱𝟯/𝟭/𝟵𝟭 iri muri Banque #BGF_Bujumbura.Net yahembwe ni: #433381Fbu
Utubazo:
Bigenda gute ngo muvuge ko mwahagaritse kumuhemba mu kwezi kwa 06/2024 kandi mubona yarahembwe inyuma yaho?
Mbega mukubeshuza inkuru yanje ivyo ntavyo mwari muzi?canke mwashatse gushigikira ubwo bunyonyezi buriko bubera mu bushikiranganji murongoye?
Nimba abakozi bose mwarungitse mu zabukuru babadanije guhembwa ntimvumva ko amafranga yagiye ari menshi?canke ni ikibazo ca Logiciel?
Mugusozera,reka ngirweko ndabamenyesha ko mfise urutonde runini n'ivyemezo vy'abakozi benshi bagiye mu zabukuru kuva igenekerezo rya 30/06/2024 ariko gushika uno musi babandanya guhembwa.Ngiye gutangura gushira hanze dossier y'umukozi umwe umwe.
[18:54, 02/10/2024] Daniel Mugisha: 𝗔𝗯𝗮𝗸𝗼𝘇𝗶 𝗯𝗼 𝗸𝘂 𝗯𝗶𝘁𝗮𝗿𝗼 𝗯𝗶𝗸𝘂𝗿𝘂 𝘃𝘆𝗮 𝗠𝘂𝘆𝗶𝗻𝗴𝗮 𝗯𝗶𝘆𝗮𝗺𝗶𝗿𝗶𝘇𝗮 𝘂𝘄𝘂𝗷𝗲𝗷𝘄𝗲 𝘂𝗯𝘂𝘁𝘂𝗻𝘇𝗶 𝗮𝗴𝘂𝗺𝗮 𝗮𝗸𝗼𝗿𝗮 𝗸𝗮𝗻𝗱𝗶 𝘆𝗮𝗿𝗮𝗿𝘂𝗻𝗴𝗶𝘁𝘀𝘄𝗲 𝗺𝘂 𝘇𝗮𝗯𝘂𝗸𝘂𝗿𝘂,𝗵𝗼𝗯𝗮 𝗵𝗮𝗿𝗶𝗸𝗼 𝗵𝗮𝗸𝗼𝗿𝘄𝗮 𝘂𝗯𝘂𝗻𝘆𝗼𝗻𝘆𝗲𝘇𝗶 𝗸𝘂𝗿'𝗶𝘃𝘆𝗼 𝗯𝗶𝘁𝗮𝗿𝗼?
Uwo yiyamirizwa yitwa RWABAYINKOVU Emile,ni we ajejwe ivy'ubutunzi,#DAF kur'ivyo bitaro.
Nk'uko bigaragarira kuri runo rutonde rwateweko umukono n'umushikiranganji wa
Ministère de la Fonction Publique Burundi
,uwo DAF agira uwa 89 mubarungitswe mu zabukuru.Ariko gushika ubu aracatonda ku kazi kandi akabandanya asinya ku bijanye n'amafranga asohoka.Amakuru dufise yemeza ko abandanya ahembwa.
Abakozi bo kur'ivyo bitaro bafise amakenga menshi ko uwo mu DAF yoba ariko akora amanyanga y'ubunyonyezi mugusohora amafranga ashobora kwitekerera,ubona ko kubandanya atonda ku kazi binyuranye n'amategeko. 𝗞𝘂𝗿𝗶 𝗡𝘆𝗮𝗸𝘂𝗯𝗮𝗵𝘄𝗮 𝘂𝗺𝘂𝘀𝗵𝗶𝗸𝗶𝗿𝗮𝗻𝗴𝗮𝗻𝗷𝗶 𝘄'𝗮𝗯𝗮𝗸𝗼𝘇𝗶 𝗻'𝗮𝗸𝗮𝘇𝗶,
Ministère de la Fonction Publique Burundi
.
Nyakubahwa,murakoze kugira ico mushikiriza ku nkuru mperuka gushira ahabona mu bushikiranganji murongoye,ariko ntangajwe n'uko mukubeshuza inkuru yanje mwaciye mukoresha ikinyoma.
Mukumbeshuza mwavuze ko nabeshe y'uko Emile RWABAYINKOVU abandanya ahembwa,muca muvuga ko yagiye mu zabukuru kuva igenekerezo rya 30/06/2024 ari ho yahembwa irya nyuma.Mwaciye mwongera muvuga ko ubushikiranganji murongoye bitokunda ko bubandanya guhemba umukozi yagiye mu zabukuru.Ariko mwabeshe.Ico ni ikinyoma.
Ubwa mbere,mbega ko hano mwemeje ngo Emile yagiye mu zabukuru kuva mu kezwi kwa 06/2024 kuber'iki gushika uno musi 02/10/2024 agitonda ku kazi?mwabuze uwundi mumusubiriza?canke naryo ni ikosa ryabereye iwanyu?mwosigurira abarundi ikibazo cahabaye?
Ubwa kabiri,Nyakubahwa,jewe King kugira nshire inkuru ahabona mba nayitohoje bikwiye kandi mfise ivyemezo vyose.
Jewe mu matohoza nakoze,ndafise ivyemezo ko Emile RWABAYINKOVU yabandanije ahembwa.
Nyakubahwa reka ndabereke ivyemezo bike(vyose sinobicisha hano).
Emile afise Matricule:20020594
Nimwirabire iyo bulletin de paie y'ukwezi 07/2024,umushahara wa Emile RWABAYINKOVU waciye kuri compte yiwe N° 𝟳𝟬𝟳𝟬𝟬 𝟴𝟬𝟱/𝟬𝟬𝟭/𝟯𝟬/𝟬𝟬𝟵𝟱𝟯/𝟭/𝟵𝟭 iri muri Banque #BGF_Bujumbura.Net yahembwe ni: #433381Fbu
Utubazo:
Bigenda gute ngo muvuge ko mwahagaritse kumuhemba mu kwezi kwa 06/2024 kandi mubona yarahembwe inyuma yaho?
Mbega mukubeshuza inkuru yanje ivyo ntavyo mwari muzi?canke mwashatse gushigikira ubwo bunyonyezi buriko bubera mu bushikiranganji murongoye?
Nimba abakozi bose mwarungitse mu zabukuru babadanije guhembwa ntimvumva ko amafranga yagiye ari menshi?canke ni ikibazo ca Logiciel?
Mugusozera,reka ngirweko ndabamenyesha ko mfise urutonde runini n'ivyemezo vy'abakozi benshi bagiye mu zabukuru kuva igenekerezo rya 30/06/2024 ariko gushika uno musi babandanya guhembwa.Ngiye gutangura gushira hanze dossier y'umukozi umwe umwe.
#amakuru_atarikwivumbi
#urugendo_news_amakuru
#Updats_zurugendo_news
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye

Опубликовано:

8 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 3   
@RizikyPoro
@RizikyPoro 6 дней назад
Uburundi buracago pee nimba bugifise abasuma bokurwego rwohejuru nkabo 😢😢😢
@urugendonews
@urugendonews 6 дней назад
kandi bashigikirwa n'abategetsi
@jeandedieunsabimana3348
@jeandedieunsabimana3348 5 дней назад
Ubwo bushikiranganji bufit amanyanga menshi.
Далее
Changing The Flag Of The Countries #countryballs
00:18