Тёмный

Utirukanye Shetani Ntawuzobigukorera: «Nguku Ukwo Uyirukana» - Padiri Amand Kana 

AMANI Angels
Подписаться 48 тыс.
Просмотров 20 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

11 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 26   
@JeanineNiyimpaye
@JeanineNiyimpaye 7 дней назад
Mukama ndagusavye unkize shetani inteza kudasabikigongwe uwonacumuyeko
@user-ho2mm9db4g
@user-ho2mm9db4g 10 месяцев назад
Mukama ndumunyavyaha arko kubwikigorwe cawe nubushibozi ndagusamvye unkigize ubwoko bwooooose bwamashetani Amen
@BeoLe-v5f
@BeoLe-v5f 2 месяца назад
Amen Amen uhezagigwe cane
@user-zc9kw9ed2z
@user-zc9kw9ed2z Год назад
Imane ininahazwe kubwayo majambo meza nkuku atuyagiye mukama ndemeye nyongerereza ukwemers kwanje aman areruya
@user-cc5rw1lx7u
@user-cc5rw1lx7u 11 месяцев назад
Nanj ndahakanye ubuja bwivyaha vyose...nibuka bwa shetani....yezu mbera umwami numukiza amen
@albertbukuru5007
@albertbukuru5007 3 месяца назад
K'
@desideratenimpagaritse588
@desideratenimpagaritse588 11 месяцев назад
Amen. Umukama namfashe guhinduka,kugaya nuguhakana ibimboshe vyoooose
@languidendayisaba6229
@languidendayisaba6229 Год назад
Urakoze Yezu koko urankunda bimwe bihebuje
@caleniendikumwenayo1906
@caleniendikumwenayo1906 9 месяцев назад
Amen.ndafashijwe!Umukama aguhezagire Mu saserdoti W'UMUKAMA .
@EmileNdayikengurukiye-n4d
@EmileNdayikengurukiye-n4d 3 месяца назад
Ndafashijwe
@AlbertNishemezwe
@AlbertNishemezwe 10 месяцев назад
Nukur ndahezagiwe cane
@zainajeanne6329
@zainajeanne6329 4 месяца назад
@delphinetuyisabe8447
@delphinetuyisabe8447 11 месяцев назад
Ameeen ndafashijwe cane
@francinehakizimana3096
@francinehakizimana3096 Год назад
Merci
@msgamen8562
@msgamen8562 11 месяцев назад
Merci kuri audio. Nukuri iranyubatse.
@FulgenceHatungimana-i3b
@FulgenceHatungimana-i3b 11 месяцев назад
Amen
@esperanceniyonzima9026
@esperanceniyonzima9026 10 месяцев назад
Amajambo rubuzima,dufashe mukama kugendera mugushaka kwawe
@JonasNDUHIRUBUSA
@JonasNDUHIRUBUSA 11 месяцев назад
Amen.
@niniaha7894
@niniaha7894 2 года назад
Ndemeye ko ndumunyabicumuro none ndanse kandi ndahakanye ico cose cangize umuja wigicumuro
@leonardniyukuri7345
@leonardniyukuri7345 2 года назад
Inyigisho nziza cane
@lydiairakoze9030
@lydiairakoze9030 Год назад
Muragahezagirwa,ndafashijwe koguhinduka kwanje binsaba gufati gingo
@Muruguta-tu5ei
@Muruguta-tu5ei 10 месяцев назад
6
@NshimirimanaAline-ye9pk
@NshimirimanaAline-ye9pk 2 месяца назад
🙏🙏🙏🙏👍👍
@cedrickniragira1636
@cedrickniragira1636 2 года назад
Mana twongereze ukuemera kuko turabacumuzi
@yesunimwema4497
@yesunimwema4497 11 месяцев назад
Mukama fatukuboko unkure mucitwa inyoshambi yose unyiganzere wewe mucunguzi wanje.
@crescencebutoyi-4290
@crescencebutoyi-4290 Год назад
Amen
Далее
Semerera Uhamagare Yezu - Patiri Aimé Irakoze
50:50
Просмотров 288 тыс.
Ni mugende namwe mu mizabibu yanje
1:34:58
Просмотров 2,8 тыс.
Inyigisho ya kabiri
56:08
Просмотров 8 тыс.