Тёмный
No video :(

Wa musore aryosha i manza za Bujumbura tumuhuje na SIMBIZI biranse ko bahuza kubera ibihumbi cumi... 

Magic Channel TV
Подписаться 102 тыс.
Просмотров 42 тыс.
50% 1

Contacter Trésor : 68699379

Опубликовано:

 

22 авг 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 185   
@magicchanneltv553
@magicchanneltv553 4 месяца назад
Contact Trésor : 68699379
@agasobanuyesummary
@agasobanuyesummary 4 месяца назад
Abemera Trésor duhurire hano. 👇👇👇
@bukurufreddy28
@bukurufreddy28 3 месяца назад
🙌🙌🙌🙌🙌🙌Jama unatusha kweli trésor Unaweza
@Choosen4
@Choosen4 4 месяца назад
Il est très talentueux Kandi Ninakeza❤
@mediatricendihokubwayo5967
@mediatricendihokubwayo5967 4 месяца назад
Ndashimiye umuntu yakuzanye urashoboye kandi urakunzwe❤❤❤❤❤
@naomim6757
@naomim6757 3 месяца назад
Love from Rwanda 😊
@chantalkakunze259
@chantalkakunze259 4 месяца назад
C'est ça que nous avons réellement besoin. Peu importe les circonstances, faire connaître dans le monde entier, les beautés de notre pays BURUNDI 🥰
@user-hu9ym7vg6n
@user-hu9ym7vg6n 3 месяца назад
Nzogutumira murubaza gwanje❤❤❤🇴🇲🇧🇮
@user-gp5yg9kw8b
@user-gp5yg9kw8b 3 месяца назад
❤❤❤intahemuka Tresor .ufise koko tresor muri wewe❤❤🎉🎉🎉
@BeatriceNdayikunda
@BeatriceNdayikunda 4 месяца назад
Urarenze musore🙌🙌🙌kure cane niho nkwifurije
@user-nu3pj3cf7i
@user-nu3pj3cf7i 4 месяца назад
Mukinyarwanda naho hari ibice byinshi byokubyina. Urugero kubyina ikinimba, gushayaya, guhamiriza nibindi...
@irankundaclementine2588
@irankundaclementine2588 4 месяца назад
Tresor ndamukunda sanaa big up sana bro ✌🏻✌🏻✌🏻 Intahemuka baramuye ibikura😘
@mediatricendihokubwayo5967
@mediatricendihokubwayo5967 4 месяца назад
Ndagukunda❤ icompuza nawe uraryosh urubanza pe!
@NdayishimiyeEvelyne-rq7rz
@NdayishimiyeEvelyne-rq7rz 3 месяца назад
Mbega impanoooo weeee.courage trésor.ndatwenza ndanarira peee .urashoboye peee.ndumv nzokurondera one Day kabisa
@nizigiyimanayves9485
@nizigiyimanayves9485 4 месяца назад
Gusa hariho ikosa mwavuzemwo habuze nuwurikosora. Imvyino, intambo, akaranga muri rusangi s'akamoko nkuko tresor yabivuze. Ahubwo imvyino ndanga akaranga zijana n'intara kama z'u Burundi! Kumoso= ihuruma; agasimbo= buragane; unuhanga vyanda. Kandi uko intara igira regions naturels nyishi niko igira imagino ndanga akaranga nyishi. Exemple: Ruyigi(umutsibo, ubudemera,...), Imbo, kirimiro ahí hose urahasanga ibiranga akaranga birenga kimwe! Vive notre paya le Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 From Spain, turabatasha!🇪🇦
@Olimalkey123
@Olimalkey123 4 месяца назад
Ni from where 😂😂😂😂
@Hunterdonyhn
@Hunterdonyhn 4 месяца назад
Igitega ni ingoma
@JeanneNdayicariye
@JeanneNdayicariye 4 месяца назад
Courage trésor yesu akugeze kure cane
@Umuks111
@Umuks111 4 месяца назад
Nanjye uyu muntu mukunda kubo mperereye m’URWANDA
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 4 месяца назад
We talented rispect brother 😂😂😂😂❤❤❤❤❤❤❤❤
@user-kw1jr9rp8o
@user-kw1jr9rp8o 4 месяца назад
Urinimpano pe❤❤courage sana
@user-pg1ed3yj8e
@user-pg1ed3yj8e 4 месяца назад
Semavumba yabajije ikibazo ciza can nigiki mrko murakora kugirango ntihagume hitirigwa ngo imico ndangakaranga niyabagamba 🙌
@PierresPerfect
@PierresPerfect 4 месяца назад
Very talented, well done!!!
@nduwimanapacifique3038
@nduwimanapacifique3038 4 месяца назад
Mon préféré 👌👌👍👍 courage courage
@ndeanaeddy
@ndeanaeddy 4 месяца назад
Very talented and blessed ✍🏾🙌🏾
@chantalkakunze259
@chantalkakunze259 4 месяца назад
Je peux l'écouter pendant des heures tellement il est talentueux
@coco-hj4iw
@coco-hj4iw 3 месяца назад
His smile though 👍👍
@Umuks111
@Umuks111 4 месяца назад
Kuvuna ihunja mukinyarwanda ni uguca umugara
@AsteriaNifasha
@AsteriaNifasha 3 месяца назад
Felicitation.ndagukeneye
@ndahiroalex9252
@ndahiroalex9252 4 месяца назад
Love this guy, longlive bro
@garythebeast3056
@garythebeast3056 4 месяца назад
Yoo umuhungu wimpano kabisa imana yaraguhezagiye vmt ningabire wironkeye ntihandikirizwa
@herveniyonkuru549
@herveniyonkuru549 4 месяца назад
Original. Urazi ibintu vraiment vyagaciro kanini mubantu. Nukomere mn fr!
@user-tw5jw1tr9y
@user-tw5jw1tr9y 3 месяца назад
😂😂ngo vyabimama vyo mur........🤣🤣🤣🤣🤣gs nda❤❤❤
@esperanceburundi1718
@esperanceburundi1718 Месяц назад
Felicitation kaka wanje vuba nzogutumire kurubaza ndakeneye akanime kawe nzokahabwe
@kibindadimaria3879
@kibindadimaria3879 3 месяца назад
Keep it up👏Big brother✌️Trésor 🤍🤗
@jean-maestrobizimana7126
@jean-maestrobizimana7126 4 месяца назад
What a guy.🇧🇮🇧🇮🇧🇮❣️❣️❣️💪
@fafaTtn2877
@fafaTtn2877 4 месяца назад
Respect my brother🇧🇮🇧🇮
@davidkwizera2586
@davidkwizera2586 4 месяца назад
Impano nkizi turazikeneye cane murwaruka . komerezaho muvukanyi
@dodydruceofficial
@dodydruceofficial 4 месяца назад
Man uwo mujama ari na talent vrmt arakeney support😂😂😅😅😊
@NishimweKenny-wj9kp
@NishimweKenny-wj9kp 3 месяца назад
Courage my bro Urashoboy kbxa
@nicolekaze5379
@nicolekaze5379 4 месяца назад
Pierre Corneille disait *Aux âmes bien nées, la valeur n'attend point le nombre des années*🎉🎉🎉... Tera imbere Trésor. You a real treasure to to country and the young generations🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Gira Imana n'abantu. Hanyuma rero ababanyi bacu ntibafise intambo imwe, ahubwo nuko utazi kuzitandukanya. Mu kinyarwanda abatimbo bitwa ABAKARAZA, intambo zabo zimwe.muzo nzi hariho.iyitwa Umushayayo, ikinimba... nabo intambo zabo ziratandukanye, gusa kubera atari umuco wacu, ntitubitandukanya. Uzorondere ibitabu vya Alexis Kagame uzotahura. Hanyuma kuvuna ihunja bavuga ngo *Guca umugara*.
@ParoisseReginaPacisSocarti
@ParoisseReginaPacisSocarti 4 месяца назад
Intambwe kuyindi bro Ndikumana Imana ikujimbere cne boss👌
@joramnduwingoma2674
@joramnduwingoma2674 3 месяца назад
Wubahwe kabisa Imana imbere
@EvrardNduwayo-ku3ew
@EvrardNduwayo-ku3ew 4 месяца назад
Trésor wangu Kure cane hashoboka Mtu wangu
@lydinoirakoze3184
@lydinoirakoze3184 4 месяца назад
Sha ufise talent vrt courage
@ernestohaba7549
@ernestohaba7549 4 месяца назад
So talented guy
@NadegeNiyirikesha
@NadegeNiyirikesha 4 месяца назад
Courage monsieur trésor biraryoshe cane Kure cane
@user-tl2tw9rg7r
@user-tl2tw9rg7r 4 месяца назад
Ad power to it my support on your face bro.
@NibitangaEdith
@NibitangaEdith 3 месяца назад
Intahemuka hejuru🥰
@christellairakoze532
@christellairakoze532 4 месяца назад
Courage mon frère
@armelmugisha
@armelmugisha 4 месяца назад
Much respect brother
@user-wc4rq7tw3g
@user-wc4rq7tw3g 4 месяца назад
Afise talent irenze snaaa 👌🤛
@clairedorine51
@clairedorine51 3 месяца назад
Courage uri nimpano
@GylaivicBdi-zp4fg
@GylaivicBdi-zp4fg 4 месяца назад
Interview irimw simbizi ib iryishyee cne iy ntagondw yacyuu😂😂
@DivineUwimbabazi-jd6kb
@DivineUwimbabazi-jd6kb 4 месяца назад
Waouh mbe basha uwogukenera mukindi gihugu vyokunda ?
@tresorndikumana7865
@tresorndikumana7865 4 месяца назад
Ego cne
@cheribruneliradukeje9241
@cheribruneliradukeje9241 4 месяца назад
Numéro yanyu?
@Xlsmdjdodjid
@Xlsmdjdodjid 4 месяца назад
Courage nyinshi frani bandanya ukora neza
@ChadrackNiyonizigiye
@ChadrackNiyonizigiye 3 месяца назад
Cool ❤❤❤
@darbykleigasoba1121
@darbykleigasoba1121 4 месяца назад
Courage grand frère🇧🇮🇨🇦
@deliciauwimana5952
@deliciauwimana5952 4 месяца назад
Hejuru cn 🎉🎉ndiku
@bezaarlencyirahoza233
@bezaarlencyirahoza233 4 месяца назад
Mu Rwanda dufise intambo nyinshi ahubwo emera ko uzi bimwe vyamenyekanye hose. Bitewe na region zo mu Rwanda 🇷🇼 biratandukanye.
@NtakarutimanaIriho
@NtakarutimanaIriho 2 месяца назад
Kuberiki se mutamenyekanisha byoseee
@PrincEloge
@PrincEloge 4 месяца назад
Uy muhungu ndamushka kur mariage yanje 😂😂😂araryoshe urubanza kbsa mumpe numero yiwe
@user-lq5cd9ru2m
@user-lq5cd9ru2m 4 месяца назад
Courage diii trésor ufis impano ikomey
@MusoneraTheogene-vu1eg
@MusoneraTheogene-vu1eg Месяц назад
Neza cyane komerezsho
@jeanbaptisteruganirwa426
@jeanbaptisteruganirwa426 Месяц назад
Shaaaaaaaaa uyumusore Manuka bikomeyeeeeee😊
@GylaivicBdi-zp4fg
@GylaivicBdi-zp4fg 4 месяца назад
Yubahwee sanaa
@user-gv5tn6tv8n
@user-gv5tn6tv8n 4 месяца назад
Urashoboy trésor, lmana ikujimbere,kure cn hashoboka ndagusabiy uzishikeyo😂
@user-vr2ii2jt5h
@user-vr2ii2jt5h 4 месяца назад
TRESOR urimwo pe
@Ibereho_prosper
@Ibereho_prosper Месяц назад
My pleasure
@FrancoiseMukamana-qq3is
@FrancoiseMukamana-qq3is 3 месяца назад
Mukanyanda bafise intambo nyinshi hariho igishakamba ihunja umudiho burya intara yose ifite intambo yayo
@user-vy6yo3mi7w
@user-vy6yo3mi7w 3 месяца назад
Namje ndamukunda cane
@user-ww9qb8qy3e
@user-ww9qb8qy3e 4 месяца назад
Nukuri uwo mutipe araryoshe vrmt
@Saleh-mg8fr
@Saleh-mg8fr 4 месяца назад
😂😂😂😂waoooo ww niwe uzonkorera urubanza😂😂trésor
@Nyabusorongo_TIMES
@Nyabusorongo_TIMES 4 месяца назад
Tukwipfurije gutera intambwe !
@kayonderukangirashyamba9523
@kayonderukangirashyamba9523 3 месяца назад
kubera ko ufise 25 ans, kumbure uracafise vyinshi vyo kwiga, arko wihenze mu Rwanda hari imvyino nyinshi! si imwe gusa. Merci
@julesjules1529
@julesjules1529 4 месяца назад
Courage vrt urandenzeee
@do_irv
@do_irv 4 месяца назад
Nkako ka Nestor kari gakwiye kuba censuré😮 Araryosha imanza cane
@alexandrebucumi7376
@alexandrebucumi7376 Месяц назад
Sinkubesha urandyohera mon frère
@habimanachaban7587
@habimanachaban7587 Месяц назад
Kbx woe nkukunda kubi🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
@FleuryOG
@FleuryOG 4 месяца назад
Muba muhazee😂😂❤️🔥🔥
@chantalkakunze259
@chantalkakunze259 4 месяца назад
Trésor, n'ukuri warahezagiwe, urakama. Nkunda akaraga kiwacu
@user-om1uv8ml9p
@user-om1uv8ml9p 4 месяца назад
Telented🎉🎉🎉🎉 gusa akantu ka gutunga Docomo karanyishe🎉🎉😂😂😂
@guggygakiza6758
@guggygakiza6758 4 месяца назад
Kigingi mur summer ndamuhe umwanya azoteramishe public ❤🎉
@raissaakiteka3008
@raissaakiteka3008 4 месяца назад
Intahemuka oyeeeh😂🇧🇮
@nivyayodavid5680
@nivyayodavid5680 3 месяца назад
Ako gahungu kacu sha!! Nanj ndashaka azonjane muntahemuka!!
@bizimanakagwe5638
@bizimanakagwe5638 4 месяца назад
Courage
@fridolinhabonimana4854
@fridolinhabonimana4854 4 месяца назад
😂😂😂😂😂😂 Good talent 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🥁😂😂😂😂
@user-yw2sm7cr1n
@user-yw2sm7cr1n 4 месяца назад
Tresor wacu shaa hejur cane sha we turgufis
@nizigiyimanayves9485
@nizigiyimanayves9485 4 месяца назад
Simbizi aje yasomye aka bock😅😅
@kankindieliane8389
@kankindieliane8389 3 месяца назад
Ndamukunda cane
@irangabiyeclovis6598
@irangabiyeclovis6598 4 месяца назад
Turaho Twasamyee😁😁😁
@user-yo7qo7iq4m
@user-yo7qo7iq4m 4 месяца назад
courage😍😘
@donavinensabimana6692
@donavinensabimana6692 4 месяца назад
Trésor hejuru cane
@furahamugisha
@furahamugisha 3 месяца назад
Bavyita gucya umugara mukinyarwanda
@NzeyimanaJoseph-tg9vi
@NzeyimanaJoseph-tg9vi 3 месяца назад
Urumusore ufise kazoza Nini imbere yawe
@jeffersonbadghah7603
@jeffersonbadghah7603 4 месяца назад
😂😂😂 Respect kur uyu mujama kbs...
@enzosahinguvu2079
@enzosahinguvu2079 4 месяца назад
Ebanaa uyo mu gee ndamufanaaa foô😂😂
@lydia_wamaana
@lydia_wamaana 4 месяца назад
Huyu jamaa mkali sana🎉
@BenemuluBillyado-ji4ze
@BenemuluBillyado-ji4ze 4 месяца назад
Courage kuberiki kuri fb utaboneka cyangwa youtube Instagram sinibaza kwikoreshwa n'abenshi.
@NdicunguyeJeanDamour-jg2hh
@NdicunguyeJeanDamour-jg2hh 21 день назад
murwanda tuvuga kuvuna umugara
@NtihaboseReverien-in4ku
@NtihaboseReverien-in4ku 3 месяца назад
Oya habaho nimbyino yigikiga
@lioneltwagirayesu2788
@lioneltwagirayesu2788 4 месяца назад
1:52 msaza nciyee mwibuka skl🎉🎉🎉🎉
@FlorenceBucedusenge-hx4ke
@FlorenceBucedusenge-hx4ke 4 месяца назад
Atari muntahemuka ntahandi womukura
@TonyTreilGATEKA-ks7hz
@TonyTreilGATEKA-ks7hz 4 месяца назад
Bravo 👏👏 trésor 🎉
Далее