Тёмный
No video :(

RAOUL na Mika SENGAZI noneho biranse aba bagabo babiri bahuye n'umunezero gusa||30ans tukiri muhira 

Magic Channel TV
Подписаться 102 тыс.
Просмотров 17 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

22 авг 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 52   
@gacutimariefreddyne6419
@gacutimariefreddyne6419 4 месяца назад
Aba comédien barangoreye Umugenzi❤😂😂😂Vrm Raoul et Sengazi vrm murek kumugora umujama wanje😂😂😂😂❤❤❤❤
@ginaalidagatore7450
@ginaalidagatore7450 4 месяца назад
Sinahora ngira commentaire , ariko sinari kurengana, Franick pole sana😢, ariko kandi bravo we washoboye gutwenza abatwenza 😅😅
@lanaleona1780
@lanaleona1780 3 месяца назад
Raou 😂😂😂😂😂😂😂😂 à terre
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 4 месяца назад
😂😂😂😂ibibihungu vyarasaze ndumye nimbavu ziraturitse nugutwenga😅😅😅😂😂
@ihuriroGroup
@ihuriroGroup 4 месяца назад
Mu Burundi turafise impano ndabarahiye abasaza bacu oyeeeeeeeeeeeeeeee
@user-mg4nr2yx5z
@user-mg4nr2yx5z 4 месяца назад
Courage sha petit frère ❤
@nancynauriaumuziranenge1821
@nancynauriaumuziranenge1821 4 месяца назад
Raoul n Micha muzosha😂😂😂😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@Xlsmdjdodjid
@Xlsmdjdodjid 4 месяца назад
Unomusi niho nemeye ko muri aba comedien ba vrai nukuri😂😂 ukuntu ikiganiro cose mutigeze muba serieux 😂 Franick mwamugerageje arko yabashoboye
@openmindconversation594
@openmindconversation594 4 месяца назад
Bakwifatiye 😂😂😂😂😂
@cappucinella9120
@cappucinella9120 4 месяца назад
Ibintu vy'icongereza vyabaye ndanse nukuri je birancanga 😂😂
@DorineIrakoze-tj1bm
@DorineIrakoze-tj1bm 4 месяца назад
Poo0
@seniorrobertoomonde7652
@seniorrobertoomonde7652 4 месяца назад
😂aba bajama baratwenza
@CiyolaCiyola
@CiyolaCiyola 4 месяца назад
sengazi ng w nturi professionnel Raoul naw ng uri faible franchement bigitangura vyari bitwengej ariko mwamushiz hasi mwe muri professionnels vyerekane ko muri professionnels mukumureka agakora mukamwishura mumwubaha naho mwumv bitanguy kumugora , mukamufasha kwumv yisanzuy , mwe mutangura kumushir hasi agitangura ivy nibiki ?. guyz ba muba professionnels🙏 .
@sese667
@sese667 4 месяца назад
Bariko barakina, ntubifate au sérieux, baramukunda ariko ni bimwe vyo gucokozanya barazinanye ...
@santiananiciteretse6297
@santiananiciteretse6297 4 месяца назад
Frannick yahagiriy ibibaz nukur 😂😂😂😂waz wakor ikignir pee!!😂😂😂
@mucyomartin6692
@mucyomartin6692 4 месяца назад
Love from Rwanda 🇷🇼 😂
@clarissabellaterimbere6073
@clarissabellaterimbere6073 4 месяца назад
😂😂😂😂umv iyo ubaheber ikiganro barikwibazanya😂vyanse kubaz ibibaz
@JetaimeNiyokwizera
@JetaimeNiyokwizera 4 месяца назад
Kirahuri weweee❤❤
@Xlsmdjdodjid
@Xlsmdjdodjid 4 месяца назад
Gusa ni murongore burya franick avuga ukuri kand mwe muramusumba😂😂
@user-lq5cd9ru2m
@user-lq5cd9ru2m 4 месяца назад
😂😂😂ndabakund kubi 😂😂😂😂muraryohey tro
@FB-df6bp
@FB-df6bp 4 месяца назад
Aba journalistes bo mu Bdi mukeneye formation, ibibazo bitagira objectif. Bakwishuye pe😂
@user-mg4nr2yx5z
@user-mg4nr2yx5z 4 месяца назад
Bwa bundi nabakuz ntibazi gukwega akaboko uwuri nyuma ingen narinryohew nkibabona nta mwanya mwamuhay n'a mwebw kweri😢
@rastajuly4
@rastajuly4 4 месяца назад
Franick bavuga (aba jeunes bariko bararuka)
@ndtmagic8987
@ndtmagic8987 4 месяца назад
Uwo muntu atazi félicitation mu kirundi wew n'uwa hehe?
@mugishapacifique2211
@mugishapacifique2211 4 месяца назад
🙄😂Bonakwica Raul & Sengazi 😂
@divinbigirimana8952
@divinbigirimana8952 4 месяца назад
En tout cas abantu bakorera muraya ma tv on line barakwiye kuduza niveau muraka kazi. Nibaza kuyu w agiye abonye niveau afise.
@Ibintu.Nibindi
@Ibintu.Nibindi 4 месяца назад
🤣🤣🤣🤣 bro...5min za mbere zo nyene, amasozi yaje
@ndtmagic8987
@ndtmagic8987 4 месяца назад
Gusa abamenyeshamakuru bamw bamw bama tv online mwig gutegura ibibazo
@inezadongael
@inezadongael 4 месяца назад
Uwo muntu mwamusuzuguye
@anne-mariekazoviyo2568
@anne-mariekazoviyo2568 4 месяца назад
Kubaza aba basore ntivyoroshe ! Wihangane pe
@urlichdylan5763
@urlichdylan5763 4 месяца назад
😂fou interview
@user-yv4ht2tp9c
@user-yv4ht2tp9c 4 месяца назад
Téléphone iranzimanye ikiganīro ndakibandanye après 3hs kuko numvise kiraruenze😂😂
@Musindi736
@Musindi736 4 месяца назад
Murarongora kunguvu basha numva babahagurukiye
@astianaxndorere3774
@astianaxndorere3774 4 месяца назад
😂😂😂 dammn
@chrisnathankimana1245
@chrisnathankimana1245 4 месяца назад
Urayabonye muta but courage
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 4 месяца назад
Abobahungu bafise ibushe cane
@garythebeast3056
@garythebeast3056 4 месяца назад
Basha ikikiganiro ningorane pole franick
@sese667
@sese667 4 месяца назад
Bariko barakina, ntubifate au sérieux, baramukunda umujournaliste ariko ni bimwe vyo gucokozanya barazinanye ... Abarundi bamwe bamwe on a pas le sens de l'humour, ibintu bimwe bimwe tubifata trop au sérieux ...
@evelyneirakoze7479
@evelyneirakoze7479 4 месяца назад
😂😂😂😂😂😂
@carinahishimwe9581
@carinahishimwe9581 4 месяца назад
😂😂😂😂
@guggygakiza6758
@guggygakiza6758 4 месяца назад
Eeeeeerhh 😂😂😂
@niyonkuruconcolatteconsola4792
@niyonkuruconcolatteconsola4792 4 месяца назад
❤❤😂😂😂😂❤❤❤
@DJBP
@DJBP 4 месяца назад
😂😂😂
@DJBP
@DJBP 4 месяца назад
😅😅😅🤦🤦
@godsgrace6820
@godsgrace6820 4 месяца назад
Basha un peu de respect vraiment muramufashe nabi ukuntu 😢 c'est pas du tout drôle
@kazecelainnoel1189
@kazecelainnoel1189 4 месяца назад
😂😂
@SM-nn5rw
@SM-nn5rw 4 месяца назад
Wewe Uri stressé ahubg
@Kells.journey
@Kells.journey 4 месяца назад
​@@SM-nn5rw😂😂😂
@sese667
@sese667 4 месяца назад
Bariko barakina, ntubifate au sérieux, baramukunda ariko ni bimwe vyo gucokozanya barazinanye ...
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 4 месяца назад
Wooooa 😂😂😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤❤
@donavinebaranyizigiye3051
@donavinebaranyizigiye3051 4 месяца назад
😂😂😂
Далее
PEDRO PEDRO INSIDEOUT
00:10
Просмотров 2,7 млн