Тёмный
No video :(

Wamuhungu ya Draga Sannta (Hyguette) wa Isaac Tv ubuhoho arasaze..😂|| Naho azonyica sinzomuva inyuma 

Isaac Tv
Подписаться 212 тыс.
Просмотров 25 тыс.
50% 1

Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

Опубликовано:

 

21 авг 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 387   
@gygygyslaine5016
@gygygyslaine5016 3 года назад
Courage pro kimwe kubamugufi nimumutwe 💪wobamuremure bikagupfakubusa kimwe Tuza ikitabuze mubitoke nibihunda🏃
@Innocentciza
@Innocentciza 3 года назад
Rondera inyama imbwa zizizana man but never give up
@noblecom2090
@noblecom2090 3 года назад
Kabsa
@fidesinimahye7445
@fidesinimahye7445 3 года назад
😂😂😂😂 ariko nawe uratwenza none izonyama azozarazigendana canke?
@deobiho
@deobiho 2 года назад
@@fidesinimahye7445 izo nyama ziri muri Banque, inoti zibaye nyinshi abakobwa baca bisana
@fidesinimahye7445
@fidesinimahye7445 2 года назад
@@deobiho ok ahondatahuye
@mclara4421
@mclara4421 3 года назад
Uririmba neza gusa courage 👌ibindi bivemwo🙅🙅
@hanifaalia5476
@hanifaalia5476 3 года назад
Delicia nawe kumunota wanyuma mbona yinjiye muri mood 🤣😂🥰
@Hello_Monday.11.01
@Hello_Monday.11.01 3 года назад
Oya reka kuvuga ukwo Ushaka MPATI OCTAVO ASHWANE? URYA WEWE SIVYOGUFYINA INTAMBARA YOCA YADUKA MUR BUJA FRLEVA
@london7369
@london7369 3 года назад
17:27 Ndabona uzoruhira kwifarira Delicia, niko keeza kurusha Huguette.👌☺️
@letsevolve4907
@letsevolve4907 3 года назад
Nawe wabibonye??Hahahaha...
@helpniggv
@helpniggv 3 года назад
🤣🤣
@angedarlene1770
@angedarlene1770 2 года назад
🤣🤣Wew umiha Delicia kandi akunda santa
@bujakiz6649
@bujakiz6649 3 года назад
D-one ndagutuye song ya b face #ENOBARI. Wumviriz ivy yaririmvye..😂😂ukwisembereza kwacane kuravyara akagayi... ww murek MOVE ON... ikitar rwaw sirwawe.
@kanyangemariette4900
@kanyangemariette4900 3 года назад
Nindirimbo ya Sunny-B ft B face
@jonasnsengiyumva1086
@jonasnsengiyumva1086 3 года назад
Pole sana bro ico noguhanura kora cane utere imbere
@ismailnzisabira6627
@ismailnzisabira6627 3 года назад
🤝🤝🤝
@changshatvofficial7229
@changshatvofficial7229 3 года назад
😂😂😂Eweee Delicia nawe warabuze ihero ry'imiti ushaka nawe bakurire??? Nzaze uzoca wemera 😂😂😂 ntudushuke shaaa hma D one yihangane uwukunda siwe agukunda. I'm so sorry kabisa aha twese tugenda twatuntuye bikaduhereramwo bukebuke nawe rero niwige kubana nabwo wige nukubana uburibwe ibindi ubihereze nyagasani
@malicksag466
@malicksag466 3 года назад
D-one aba subscribers bariyongera tu kuriyi kiki uriko ubikora neza 👌👌👌👌👌
@ndahatv6641
@ndahatv6641 3 года назад
D-One vuta Subila utamupata. Wewe kora caane. Kazi mbere.. Love from Ndaha Tv.
@ntihindukabienvenue2228
@ntihindukabienvenue2228 3 года назад
D one wew urumusore mwiza ataco abaye itonde utekereza Ndibaza ntuzobura umukunzi muvyumva kumwe aguhanagure amarira ya santha!!santha naw umenye uru rukundo D one agufiseko uzorwicuza niwaja kumuntu akwamiza kumahiri!!!kenshi tubabaza abadukunda tukaza kuryohera abatadukunda!!abo tubibona kumpa gonga like
@AaAa-dd1qu
@AaAa-dd1qu 2 года назад
D- Onerekana naigete ingo twikundanire reka kwihambirira kuwutagushaka ingo nzobikwibagiza ndafise umuti nzokuvurisha Shr my shou loveyou toomuch. Karibu twikundanire siko
@dativeddfd6606
@dativeddfd6606 3 года назад
Courage musore mwihoze sikobizokwama reka abe ariparatura
@christineniyonkuru7137
@christineniyonkuru7137 3 года назад
ingo ndayaguhoze naho ubundi ndabona uriguhambira umugozi aho utafatika ingo ndaguhoze amarira 😍😍😍😍 ikindi naco urazi kurira courg itere imbere ibibdi vyihoze wanj
@ujughj2998
@ujughj2998 3 года назад
Wallah bro muhebe santa unyikundire jewe 😭😭
@mtotowainchi2023
@mtotowainchi2023 3 года назад
Weye, urashurashura ?
@nelishawish7719
@nelishawish7719 3 года назад
Cank yizir iwanje 😂
@ntihindukabienvenue2228
@ntihindukabienvenue2228 3 года назад
Sha jw mbona naw urakana keza vrt mpa nim zaw🙈
@jackking3808
@jackking3808 3 года назад
@@nelishawish7719 yioo
@angedarlene1770
@angedarlene1770 2 года назад
😂😂😂Ahosha ndakwemera
@Hello_Monday.11.01
@Hello_Monday.11.01 3 года назад
Jisho jisho brooodie Uraba ubona neza A-ha hariho akantu🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@fistonmukeze378
@fistonmukeze378 2 года назад
D-ONE courage muta abanyakayanza oyeee Umugani wa B- FACE igikobwa kikubenze ugitega riguye mumyaka cumi ntankeka azokwemera
@clovismugisha4987
@clovismugisha4987 3 года назад
Never give up mr D-one!!!!!Ihangane bibaho mubuzima!!!!
@didi-dr1di
@didi-dr1di 3 года назад
Plus uzaguma utegereje uwutagukunda Niko azokomeza guterimbere mubikorwa vyiwe.nawe ivyawe Biri gusubirinyuma kuko ugumana Ama stress.bro be strong in yourself.urekane na santha
@princeeloi1
@princeeloi1 3 года назад
D-ONE iturize kuko igikumi kikubenze ugitega riguye. Kandi urabe Wicungere haruwo twunvise kuma TV online akurondera hasi no hejuru
@onesphorngendakumanangenda2707
@onesphorngendakumanangenda2707 3 года назад
Mugenzi ndemera gukunda Kumuhungu bibaho arikokwemererwa singombwa, kirindira uzorindire muburyo bitakubuza guterimbere Niyabona itambwe wishikanyeko uzozawumva Akwibwirisha ngowarabaye muremure
@WAMAJASHOMCMTINYWA-of4lr
@WAMAJASHOMCMTINYWA-of4lr Год назад
ndamukunda cane d one. najewd numusanii wi tanzania d one naje mfasha
@malicksag466
@malicksag466 3 года назад
Isaac TV kur base yakaze courage Delicia wew ni bn apana Huguette mafuti😂😂😂
@addaxnzambimana6372
@addaxnzambimana6372 3 года назад
We sagugu amafuti afise nayahe ?ahubwo ako gahungu ntikagarira mumutwe
@femifemi3880
@femifemi3880 3 года назад
Hyguette n imbwa
@broandss4004
@broandss4004 3 года назад
Bro just give up no love on Santa. The only thing that i can help you is focus on your talent you know how to sing just build ur name first and about love that girl she doesn't seem to give you love so. Akanse baraheba rero ntagutakarize umwanya kora no matter how short or toll you are bro courage on ur song is so beautiful 🇺🇸
@kingyeskingyes2263
@kingyeskingyes2263 3 года назад
Nguli ru-vid.com/video/%D0%B2%D0%B8%D0%B4%D0%B5%D0%BE-jIKtN6WUSe8.html
@mechackbm6697
@mechackbm6697 2 года назад
Msazi wewe D-one 90% on hyguette not santa
@niyonzima
@niyonzima 2 года назад
Ak kajam kararenze Mugab kabaye akagugu kuber love ntaz love icaric hasigay yuk azogenda ariguz kuber uy girl akunda Don't waste your time loving someone who doesn't love you
@shwhjheh346
@shwhjheh346 3 года назад
Delicia walahi uranyish 😂😂😂uramubwiy ko yamuhoy ubugufi Sha naw ndakwmey kbx gsa ndakwikundira sisi💕
@nostressfreedom7431
@nostressfreedom7431 3 года назад
ndashimiye Isaac Tv ukuntu bashoboy kumuha umwanya uyo MUririmvyi wacu shaa akavuga ikimubakiye kuko bituma umutima wokorohegwa disi hama ndafana indirimbo ziw vyogufa abatamukurikirana barahomvye kbsa
@masudimasudi1470
@masudimasudi1470 3 года назад
Courage jeune homme.Imana iguh'icyipguzo c'umutima wawe
@adriang.
@adriang. 3 года назад
Ariko D one ifatire ka Delicia kombona arikeza muna reha 😂😂
@umucomwiza4794
@umucomwiza4794 3 года назад
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@ntihindukabienvenue2228
@ntihindukabienvenue2228 3 года назад
Sha nanje mbona ka deli karenze😘😘😘
@annonciatteuwimana371
@annonciatteuwimana371 3 года назад
@@ntihindukabienvenue2228 delicia nuwa mukombozi ntavyo muzi
@muhammednaveed6813
@muhammednaveed6813 3 года назад
😭😭😭😭😭💔💔Urukundo nirubi
@christineniyonkuru7137
@christineniyonkuru7137 3 года назад
😂😂😂😂😂😂mbavu zanguwe yooo 😂😂😂😂😂 yosanga ariwe yakuye ubusugi kuk ndumva guwagutanguye ntakibagira nuwo bro wosanga ariwe yomuciye umutsi wambere 😂😂😂😂
@ZaZa-yf9kk
@ZaZa-yf9kk 3 года назад
Santa harikiganiro yagirany na Fanny muri kimwe kukindi,aravuga ko WE akunda uwumukunda,none bite vyawe Santa😅😅😅
@AaAa-dd1qu
@AaAa-dd1qu 2 года назад
Ndagucire umugani bavuzengo wiruka nivyiruka ibigusanga ubisiginyuma👌👌👌
@user-ww6op7fx3i
@user-ww6op7fx3i 7 месяцев назад
Gumako akagumye bagumako umukbwa yikinamatavu nkinyana ariwe yatanguyegukunda❤❤❤🎉
@nduwayosimeone5254
@nduwayosimeone5254 Год назад
mwihoze sha urukundo ruj aho rushatse
@fatmasaf63
@fatmasaf63 3 года назад
Dery nukuri🤣🤣 kuriyincuro Santa mrashwana🤣🤣🤣ryari yaraguhushije🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@raissafabien4285
@raissafabien4285 3 года назад
Ariko delicia urimwiz p. ❤️❤️
@ezezetuyifootcr7andsport904
@ezezetuyifootcr7andsport904 3 года назад
😂😂😂ewe fupi na delicia aragusumba😂ariko ntaco bitwaye uwanse uraheba abakobwa baruzuye bro Santa nuko nyene urukuntu ari hatari ubundi bwo kubwiza ifise ntimukwiranye nirya rofa y umunwa umengo n inyo y inkoko.big up bro
@broandss4004
@broandss4004 3 года назад
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂🇺🇸
@meriserge1415
@meriserge1415 3 года назад
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🇸🇦
@fdff3980
@fdff3980 3 года назад
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@user-gs3lb4xs3j
@user-gs3lb4xs3j 3 года назад
Wehurabihuhuye😂😂😂😂😂😂😂
@evelyneniyonzimaevelyneniy1498
@evelyneniyonzimaevelyneniy1498 3 года назад
Oya barareha
@Hello_Monday.11.01
@Hello_Monday.11.01 3 года назад
Ebana Mzee wetu d one uragumako mpaka Azizan💜♥️💜♥️♥️
@christineniyonkuru7137
@christineniyonkuru7137 3 года назад
😂😂😂😂😂😂😂
@JohnNgombe-yc5ms
@JohnNgombe-yc5ms 2 месяца назад
Ygete mwihoz Sha abakobwa baruzuy of course❤❤❤
@akimanaviolette3427
@akimanaviolette3427 2 года назад
aho tworaba abo mumuryango iwanyu ntamuntu mugufi arimwo. wew nimba utamukunda reka kumutyoza kuko kubwawe ntuzi uwo imana yaguteguriye. hari naho wosanga aruwonyene uriko utyoza. ariko abakobwa bubu mwigira vyishi kweli reka tukurindire hyguette uwuzogutwara azoba avuye hejuru nkimvura ngira sikuri yisi. wanka uwunya ukoatonka uwusura tekereza da
@nimbonajeanpaul4880
@nimbonajeanpaul4880 3 года назад
d-one asiye kupenda achana nae bro umetuwa kwenye mti usiyo kuwa wako bro💁💁💁💁💁💁💁💁💁 cha kufanya chapa wasichana wa muda mudogo sAna kila kukicha wanakuwa tena wazuri sana MUNGU anajuwa kuumba bro
@pontienndayegamiye5446
@pontienndayegamiye5446 3 года назад
No love no stress.ivyo vyihoze vyinkundobubandanye ibikorwa vyawe.uracari muto.ntamwaka udakura inkumi
@mdbosco1640
@mdbosco1640 3 года назад
Nakubali kijan 🙏🙏🙏💞💞💞
@gloriairadukunda6884
@gloriairadukunda6884 3 года назад
Hama santa urabeneza kk wirukiruwugusiga uwasiguwugusanga ingaruka uzoyibona bitagikunda
@ndihokubwayorichard7100
@ndihokubwayorichard7100 Год назад
Pol sna vraiment
@pclaver9653
@pclaver9653 Год назад
Bro do you know how much Handsome you are#sandra simwiza uramureka....abakobwa Atari beza barirata
@billyjoel5120
@billyjoel5120 3 года назад
Uyu muhungu afise talent vrema ✌️✌️✌️
@erickndayikunda
@erickndayikunda 3 года назад
Naguhe urukundo arek kwitwaza vyishi cane🇿🇦❤️
@ndayikezajuvenal9115
@ndayikezajuvenal9115 3 года назад
Am sorry bro ntutume ndakwanka Kandi nagukunda, just move on what's wrong with you 🤷 abakobwa bagukunda Ni benshi just choose one of them , reka kutumaramaza!!! Vrt namahitamwo yawe gukunda kugeza hiyo hose gusa urabe niba ataco vyica muri carrière yawe, am your biggest fan Al the way from 🇿🇲🇿🇲🇿🇲
@hadidjaniyosaba6663
@hadidjaniyosaba6663 3 года назад
Wallah brother taika kayanza sikobatury ndak atukaumuko bwankuyo🤨😏😏😏😏😏
@divadaqueen6558
@divadaqueen6558 3 года назад
Jewenshaka nzobone ahobizo herera🏃‍♀️🏃‍♀️🏃‍♀️
@modestecishahayo5290
@modestecishahayo5290 3 года назад
Nzaba ndora rwose
@ZaZa-yf9kk
@ZaZa-yf9kk 3 года назад
Mwana ume jewe ndagushigikiy kuko hakunda umutima Amaso araraba umutima nawo ugakunda Rondera ibijumb imbwa zizizana bro
@UbworozibwimbebanaDesireNKUNZI
@UbworozibwimbebanaDesireNKUNZI 3 года назад
Nyimba naho waramusengeye Imana sumuntu naho azoja ntamunezero azogira
@bukuruleoncy1876
@bukuruleoncy1876 3 года назад
😂😂😂😂😂Ndabahnkuruuymuhungu aranseeje icyakora nagendaratwenzape gusa mbona sandra yosubirakukazikiwe
@rosanantirenganya4027
@rosanantirenganya4027 3 года назад
Nimumureke Santa .none abakunda kunguvu.ushka kudugira Kuri Santa nimumuhe amahoro vrm
@user-we4cc4vd2y
@user-we4cc4vd2y 3 года назад
Basha ndumiwe ararize abahungu bari serieux ntibaronkabobakunda ahobomuterinda yokwicuza
@papawajewe5447
@papawajewe5447 3 года назад
Ntubona koyahinduste asigaye yambara ubusa
@mickanduwayezu2983
@mickanduwayezu2983 3 года назад
Ibidashobok ntugahatirize muhungu komeza akazi kawe kuko santa ntagukunda
@hyacinthdusabe2535
@hyacinthdusabe2535 2 года назад
Uyumwana batamubaye hafi azohava yiyahura pôle sana D one
@ancilemanimfashe5225
@ancilemanimfashe5225 3 года назад
Uwomuhungu natekane arek urukundo rwibishobisho kuko ruric wallah utum udatekan ih amahor wamuhunguw inkum zirahar mw.isi kuk santa ndiko murab ntarukundo Azaguh kwer niwitumv fupi🤣🤣🤣
@user-cv6ze5me8c
@user-cv6ze5me8c 3 года назад
Nimburimukuri wamusorewe imaniguhumugicha nibaze ko atabahumgubagikumduko kimwewihamgane iwawe arahari disi💞
@kumugwa
@kumugwa 3 года назад
Urumuntu wumugabo😂😂😂
@fefeuniquenifertv2576
@fefeuniquenifertv2576 3 года назад
Irehereze ka Delicia niko Mr D One. Knd muraberanye cane kuko nawe uri mwiza D One.
@niyonkurupelagia8775
@niyonkurupelagia8775 3 года назад
Hhhhhhhhhhhhhhhhhhhh mbegurukundo hama guhindurizima birasanzwe twese turayahindura bivanye nuwurikurahenda ikindi naco kuba yavuzeko adakunda abahungu bagufi umwewese afise icakinda ikindi ibijewe biraryohera cane kubera bitezimbere TV mukwironkera uduhera twibiharage murakoze mubandanye mutwika
@nasrashafi5920
@nasrashafi5920 3 года назад
Ururukundo uyu mu typ ntiyorump jew nararubuze murumunsabire vrt namukunze
@remarema4130
@remarema4130 3 года назад
Yoooooo bashaaaa urukundo rubaho gukunda umuntu ukamwihebera
@mbonimpayealoys1588
@mbonimpayealoys1588 3 года назад
Itorer Delicia wang murareh kand nikeza saan karasumvy nubwiz huguette kand umeng karanafis umutim wikigongw
@faustinfaustas4977
@faustinfaustas4977 3 года назад
By this song ndagufan bro !! Work work work bro !! Urekan na gygette ntarakura
@guy-fleurymajambere5746
@guy-fleurymajambere5746 2 года назад
Mwitorere sha Delicia mbon usumba nuwo mu Huguette
@dafisado6134
@dafisado6134 3 года назад
Wapi reka kutumaramaza jew mbona ata vyahatari niba atari imiti wariye brother anyways big up for your songs 🙏🙏
@clovismanirakiza7756
@clovismanirakiza7756 3 года назад
Kaka aho warabuze uyundi wokunda kweli!!!oya kabisa kwikuramwo umuntu biragoye!!
@chantalzoe9646
@chantalzoe9646 3 года назад
Ariko Mana ibibazo biratandukanyei 🙈
@oswaldtuyiofficial9844
@oswaldtuyiofficial9844 3 года назад
Bro nusoma iyi Comment uc wiruhutsa,rema utekane Hygette uzomuronka shiramwo inguvu gusa,Mais arakunda Santa
@jeanpierregirukwigomba9657
@jeanpierregirukwigomba9657 3 года назад
Ifatanire nuwo sha ivya mwe na sandra ntibizovamwo peer !!tuza urabe ukuntu ubihebe kubera ibi bizokubabaza kweli!!
@novatidamian7236
@novatidamian7236 3 года назад
Naje kwiyahura nimba abonako abakobwa baheze kwisi.
@kibayidonald8684
@kibayidonald8684 3 года назад
Bro viyuma yuwo mukobwa wumubono yishima akengerana. Uhatiriza urukundo bikavyara agasuzuguro. Rekana nuwomukobwa urondere ibizakibeshaho
@UbworozibwimbebanaDesireNKUNZI
@UbworozibwimbebanaDesireNKUNZI 3 года назад
Nne jewe numvisise ingene uririmba ukaba uriko wiruka kuri karya gaaaa kishima ntasuba Delicia ndakesera 😀😃
@dizedizedize2952
@dizedizedize2952 3 года назад
Abantu bareha baryamye Deli😀🙋⛷️
@egideniyonkuru9705
@egideniyonkuru9705 3 года назад
🤣🤣🤣🤣warasaze
@esperencekaneza2656
@esperencekaneza2656 Год назад
Burumukunde hew uzomwifuza cn Ubu abahungu barabuze urose uwugukunda ubutomboj kwr burumukunde
@asterenduwimana9019
@asterenduwimana9019 3 года назад
D one,muhebe bizokuvamwo reka guturubuzwa numukobwa agusuzugura nkuko muhebe
@denisntakarutimana8023
@denisntakarutimana8023 2 года назад
umugabo si urucumu ; arashobora kuronka muremure agasanga yari gutuma abana n'igikuri ou vise versa. uwo mutarabana ntumenya n'ico azovamwo! noneko umugabo canke umugore mwiza umuhabwa n'Imana; ivyo muribuka kubisengera?
@fafafick5444
@fafafick5444 3 года назад
Buho buhor bro azagutahur vrt ntugacik integ 👉👉👉👉
@esthermanirambona3666
@esthermanirambona3666 3 года назад
Kora cane nicogisubizo cabagusuzugira bro tafuta hela utapata mwanamuke wowot unay mutaka
@user-we4cc4vd2y
@user-we4cc4vd2y 3 года назад
Nukur narunyihere ugworukundo sha muramubwirire ndayamwibagize ndamumaragahinda
@lydiaansah161
@lydiaansah161 3 года назад
Hhh abo kwanyamwema na bo
@meriserge1415
@meriserge1415 3 года назад
@@lydiaansah161 🤣🤣🤣🤣 non ww wamumenye gut?
@egideniyonkuru9705
@egideniyonkuru9705 3 года назад
Bose nabo kwamwarabu bamenyanye🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@user-we4cc4vd2y
@user-we4cc4vd2y 2 года назад
Yoo mwaranvumbuye
@kimkeza669
@kimkeza669 3 года назад
Nivyo rindira n'a diamond abamwanze kera .ubu bamwiruka inyuma ubwiza bwumuhungu nuburebure ningodo.rondera
@thekongwe257
@thekongwe257 3 года назад
İnyuma ya série ya cycy nay mahasa ubu naho haramukiwe iyi nayo🤣🤣🤣
@annonciatteuwimana371
@annonciatteuwimana371 3 года назад
Birarenz kbx ivyurukundo ndabona bitera bikomera sana eweee Rukundo weee
@zamzamhamza593
@zamzamhamza593 3 года назад
Nukuri iyi yoo ni final rek tuzorab iyo bijana kk ndabon ntivyorosh
@iranyongeynaomi3611
@iranyongeynaomi3611 3 года назад
Santa gira imbabazi umusore yaragupfiriy p
@kekeclaire5177
@kekeclaire5177 3 года назад
Huguette vrmt yarasharishij pee niy wogay umunt ntiwobimwerek
@furahaoman3867
@furahaoman3867 3 года назад
Kaka mungu atakubariki mapenzi hayana mwenyewe unaweza penda kijana au mzee ipo siku moja atajua muhimu wako💔💔🥰🥰 por huenda atajitokeza akilia shika moyo wangu 💞💞😭😭 baby huenda nafsi yangu itapoa 🥰🥰 aaahh'!!!
@femifemi3880
@femifemi3880 3 года назад
You have talent ndakwemera
@amissindayishimiye5607
@amissindayishimiye5607 Год назад
From south africa cape town Bimeze gute uyo namba sandra ko umengo ya a kubuterere
@kekeclaire5177
@kekeclaire5177 3 года назад
D-one na gasore mpole san huguette na minouche nimutange urukund murek kutubabariz abana plz 🙏emotions kuber akokaririmb kl
@siamesamuel961
@siamesamuel961 3 года назад
Murindire Imana nawe izomugutiza
@furahaoman3867
@furahaoman3867 3 года назад
Pore kaka iposiku atajua.muhimu wako akilia 💔💔😭😭baby shika moyo wangu baby huenda nafsi yangu itapoa🥰🥰
@zamzamhamza593
@zamzamhamza593 3 года назад
😋😋😋😋😋😋
@billnemess9369
@billnemess9369 3 года назад
Delicia baramuririmbira agatwagwa kabisa pee! Hama sha vurya kuronka umuntu afise urukundo nkuru muriyisi tugezemo biragoye kabisa! Santa Rero ashaka yomuha umwanya!ngo: » wirukira uwugusiga ugasiga uwugusanga kabisa! » nanje ndafise urukundo nkugwo gwa D one Gusa ikibazo nanje narabuze uwo noruha kabisa! Aburukundo gwukuri turavariho kandi turibake cane goose Gusa ikibazo nuko twabuze abo twohuza kabisa!
@harerimananadia3433
@harerimananadia3433 3 года назад
Ntabo wabuze ikitabuze na bakobwa
@raissamugisha1653
@raissamugisha1653 3 года назад
Umusi wabay umu star azokurondera we ririmbana ishavu uterimbere hahahahahahhh
@romualdhacimana7908
@romualdhacimana7908 3 года назад
Rekana na santha muzehe ronderera ahandi ikibazo utewe numukobwa ukimagwa nuwundi .
@ndikumanaclaver955
@ndikumanaclaver955 3 года назад
None ukunze umukobwa akakwankira sibisanzwe!!! Ukwo nukwitesha urubwa
@habarugirayvette8638
@habarugirayvette8638 3 года назад
Iyindi série😂
@flavafleury
@flavafleury 3 года назад
😁😁😂😂
@rathiadouuno6547
@rathiadouuno6547 3 года назад
Pole saana Kaka yang mbegurukundoweee😭😭
@jean-daffairesmanirakiza4759
@jean-daffairesmanirakiza4759 3 года назад
Delicia ifatire iryo jwi ntirigucike ko Hyguette ariko arifyinako
Далее
Never Troll Shelly🫡 | Brawl Stars
00:10
Просмотров 1,3 млн
Əliyev və Putin kilsədə şam yandırıblar
00:29
Просмотров 211 тыс.