Santa be strong nyamb D one azokaronka azokaronka gusa ikibi nakanwa ntuzavuge Nabi nawe nasengere kumutima harigihe azishugwa hm turakunda ibokogwa vyawe bandanya akazi love you my sister from🇧🇮🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪
Vrt Sannta nimumurek kuk urukund ni sentiment 😇umutima wans ub wans kwanz nabony sannta nukur tumez kimw sannta ndakwikundira ab nab bakubwira ati umwemerer bo babon k bikenew k yemererw nibamwemer bo bakurek 🙏🙏niby navuga vrt tumurek kuk life ye niw ayiz
Santa yarakoze neza cane kuva mu ntango gushika aho kano gakino kageze. Ntawundi mu journalist numwe arakorera promo umuririmvyi nkuko Santa ayikoreye D One. Bino bintu vyose, iyo santa abifata simple akabireka ndababwiza ukuri D one ntitwari kumumenya. Rero ico nkuyemwo nuko twese abakunzi ba INDASI ya 257 twoshimira Santa wa IsaacTV kuri promo yahaye umuhanzi wacu!👍👍
Santa komera sha. D one waramugiriye promotion kuri burya buririmbo bwiwe. Harya yashaka kumenyekana. Uwo muhungu naw yaciye avuga KO atumukunzi wiw birabinek KO yakoreshejw n'a D one kugira babandany baronka hits
Hama uyo mwana baramuteye stress cane iyo histoire murakwiye kuyikata. N'urya muhungu bazoreke kuja barabimubaza. Hama Santha wew ntuzohagarike akazi ubandanye ivyo bizohera in ibisanzwe. My muziki WO my Burundi abambere batukwa in Big Fizzo na Sat B kndi nibo bari no hejuru. Abakuzi burya ntibazoguhora ivyo
Santa Muramurenganya sana Mwese Ari D One canke Issac Tv mumuhigako Vues Mukeneye Ibiganiro vyanyu Biduze vues D One naw akeneye Indirimbo Yiwe Iduze Vues
Isaac,nahora ndagukunda, ubuho ndagukuriye chapeau.urakoze kumuhumuriza muga commentaire mbi zavuye uko yitwaye muri kirya kiganiro ca ne n'a D one kandi Ari we wagiteguye,warigishobora kugikora utabanje kwerekana ishavu devant les fans,werekanye colère,kugi postinga bakirekera iki kandi arivyo dukunda, ariwe wabiteguye kandi arivyo uhemberwa?.Muga bizotuma umenya hanyuma uko uvyitwaramwo, muga ndashima uko witwaye muri kino kiganiro, gusa subira kukazi, Nta kazi kaburamwo ingorane.Courage sha Huguette turagukumbuye muri Isaac TV.
Je suis d accord avec toi, nanj nari kugira reaction nkiyo Santa yagize, nibaza D one yaraje mukiganiro cerekeye music akora apana kuza ku draga umu journaliste ariko amukoresha ikiganiro.
Ndamanyuts kweri ngury muhung ntawuz 🤣🤣🤣🤣🤣🤣A isaac uryamunt muz mumuturonderr na santa barikumw niseker uryamuhung arakawuk kabis ndahwerey gus akamb ka boss waw ushur hanz bonfrere wac kabisa nibakuvek 💜💜💜
Kurya kuri dossier ya star boy wavuze KO umuvuzeko iryanyuma nivyo bintu vya Santa bihagarare vuba ataruko feedback uzoyibona Cuba knd nariko ndaguhanura