Тёмный

#WarakozeMana 

Mashariki TV
Подписаться 293 тыс.
Просмотров 24 тыс.
50% 1

#Burundi Mu nyigisho zahawe urwaruka, Umukuru w'Igihugu arashinga intahe ko muri vyinshi yaciye mwo bimwe ariko abitahura ubu. Yarashinze intahe ko muvyo yaciye mwo mu buzima bisa n'uko vyari ibiriko biramutegura.
#WarakozeMana

Опубликовано:

 

22 июн 2023

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 17   
@user-hi9br8jz9p
@user-hi9br8jz9p 11 месяцев назад
❤❤❤❤❤
@emilebihibindi5822
@emilebihibindi5822 Год назад
Uransekeje cane nyakubahwa Pres Imana ikunzigamire gushika Yes'agarutse!
@ornellakairankunda-dy7wn
@ornellakairankunda-dy7wn Год назад
Hejuru cane Papa Birundiii
@yusuphmasabo5327
@yusuphmasabo5327 Год назад
Nosaba niba bishoboka iyo umwubahwa ahagurukije umuntu amwerekaba ko umu caméra man nawe yoca yerekeza kuruwo muntu kugira abariko barabikurikiranira kumbonesha kure nabo bamubone. Murakoze
@ndabwarukanye-pg3zp
@ndabwarukanye-pg3zp Год назад
Sha genduravuze neza jewe jewe ntabeshe keshi aba caméraman barambabaza ingene bakora umwuga wabo
@keyraulwatibe
@keyraulwatibe Год назад
Twese twipfuje kubabona ariko wapii😌
@ElyseBayubahe5624
@ElyseBayubahe5624 Год назад
Uvuze ikintu nagomba mvuge uyu mucamera man ntaburambe abifisemwo guko abobantu yari kubatwereka
@josephitangishaka960
@josephitangishaka960 Год назад
Jado Ari hehe kayemwe?
@butisaac6465
@butisaac6465 Год назад
Cameraman bamugerageza mwerekane uwuba avuzwe mwijambo! Bamumurabishako camera . Raba nkubu jado na delphe ntimwigeze muberekana
@keyraulwatibe
@keyraulwatibe Год назад
Nukuri ndabira😌😌
@erichakizimana6024
@erichakizimana6024 Год назад
Never Kama never ✌🏼&❤️❤️❤️❤️❤️🤜🤛✌️🍷
@YothamZabron-ee2ly
@YothamZabron-ee2ly Год назад
4:00 11:20
@elihoudmanirakiza9075
@elihoudmanirakiza9075 Год назад
Ntah'IMANA itoshitsa umuntu
@josephitangishaka960
@josephitangishaka960 Год назад
Ishure rya bazira rumenyetso 😂😂😂
@josephitangishaka960
@josephitangishaka960 Год назад
Derphe Ari hehe kayemwe?
@jenzoyihaya
@jenzoyihaya Год назад
Hewe iyo ntahe niyo
@T-Fellow
@T-Fellow Год назад
😂😂😊
Далее
Maybe a little TOO much gel 😂
00:12
Просмотров 8 млн