Тёмный

BUYOYA YAHEMUKIYE UPRONA ,CNDD IHEMUKIRA FRODEBU!!! 

CA AKENGE TV
Подписаться 2 тыс.
Просмотров 834
50% 1

Опубликовано:

 

22 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 14   
@ndihorashid
@ndihorashid 24 дня назад
jewe ibyo sinjya mbyemera .
@ndihorashid
@ndihorashid 24 дня назад
kandi murabe namategeko.president ntakorera umugambwe akorera abanyagihugu bose kandi ntibari muri uprona bose
@motherofthegreatlakes6297
@motherofthegreatlakes6297 17 дней назад
Ngo “Abantu baricanye baramaranye”? Mwabonye abatutsi bica abahutu hehe?
@ndihorashid
@ndihorashid 24 дня назад
buyoya yayoboyuburundi hari rebellion 4 sinzi niba ubizi.abarundi badatinya inkoho kuko bari bazifise
@NtwariClaude
@NtwariClaude 23 дня назад
Mu Burundi hari ubwoko b'umwe bw'abarundi .ibirenze ivyo n'urusaku
@ndihorashid
@ndihorashid 24 дня назад
bagaza yayoboye abarundi batarahumuka babonaga inkoho bakiruka
@GiseleUwera-m6g
@GiseleUwera-m6g 24 дня назад
Ngo Cndd yakora ibitero idacaguye abanyagihugu? Hari ibintu muvuga bikantangaza. Uribagiwe bakura abantu muma bus ngo abahutu baje aha, abatutsi baje aha, muribuka bus ya titanic yari ivuye mu Rwanda bagakuramo abo bise abatutsi barabica bose, ivyo muravyibuka? Muribuka abana b'iButa bagandaguwe kuko banse kwivangura? Muribuka Bugendana?
@Rabinisaak
@Rabinisaak 24 дня назад
Wew Wunva ute harya?
@GiseleUwera-m6g
@GiseleUwera-m6g 24 дня назад
@@Rabinisaak Subira wumve ico kiganiro hari aho mwabivuze
@baramparurutsej.dedieu5361
@baramparurutsej.dedieu5361 23 дня назад
Wewe wihinduye ijwi uri Rose murabateka mutwe Buyoya yadusanze muri Congo afatanije nnabanyarwanda kutwicirayo ivyo birazwi
@motherofthegreatlakes6297
@motherofthegreatlakes6297 17 дней назад
Ibinyoma canke kuvuga ivyo utazi nivyo bizogumiza igihugu mukaga. Muriko muraturira aho mwokora ibiganiro bironderera Amahoro abarundi. Birabaje. Mubesha ngo muriko mukebura urwaruka. Muzorondere abantu binararibonye bafise amakuru yimvaho bahoze bamwe muri leta kuva kera; mubabaze mumenye ukuri. Abarundi barayamaze bati:”wanse kwicarana naso ntuzomenya ico Sokuru yasize avuze.
@ndihorashid
@ndihorashid 24 дня назад
yahemukiye uproar gute?wewe ntiwari bwa vuke
@ndihorashid
@ndihorashid 24 дня назад
haramakosa yakoze ariko hari nibyo yakoze byiza
Далее
O’zim bilib ketvotudima😅
01:00
Просмотров 947 тыс.
People Cling To Trees As Typhoon Slams Into Shanghai
00:34
🎙ПОЮ для ТЕБЯ ВЖИВУЮ!🍁
3:12:31
Просмотров 444 тыс.
REALITATEA ROMÂNEASCĂ, 03.09.2024, ora 18:00
26:34
Просмотров 15 тыс.
O’zim bilib ketvotudima😅
01:00
Просмотров 947 тыс.