Тёмный

“Bellissima” irateye impari muri indasi 

Yaga Burundi
Подписаться 44 тыс.
Просмотров 3,5 тыс.
50% 1

Hagati ya Kadie Kay na Dj Fernando ninde avuga ukuri ?
😝 Rindira gato ! Si amatora tubasavye gukora, ariko tugaruke kuri iyo "shobiz" igezweho muri "indasi".
🤔 Umugambi wo kwubaka inzu ibihumbi 33 ku mwaka, i Zege, mu gisagara ca Bujumbura n'i Gitega tugiye kuwubonesha amaso ?
Ayo n'ayandi niyo Davy yabateguriye uno musi.
#KuMusi
#umuziki

Опубликовано:

 

2 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 8   
@evelynensanga3330
@evelynensanga3330 3 месяца назад
Fernando ni mumuveko icocaha yoba yarakoze kuburyo media zoooose zimuhagurukira nikihe? Ni mumureke
@AimecesaireCesaire-fh5nm
@AimecesaireCesaire-fh5nm 3 месяца назад
Basha Fernando mureke aterimbere aduge ahandi nukwicana baricana mumuveko abakubitire mwigunirab Uyo mubkadie key na i brisy babe baragumya umutima 😂
@kwizeragauthier984
@kwizeragauthier984 3 месяца назад
Arashoboye ivyo bogira vyooose
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 3 месяца назад
Indasi ni iki?
@mr_ingabire
@mr_ingabire 3 месяца назад
😂😂😂ni industry
@evelynensanga3330
@evelynensanga3330 3 месяца назад
Natubwire kweri abatakizi
@IrakozeLionel-e8d
@IrakozeLionel-e8d 3 месяца назад
Nikuberiki indirimbo ifise ama vues menshi iwacu iburundi yama itera impari? Il faut vérifier ça. Bellissima iyitaba hit, izimpari ntizari kuhaba.
@evelynensanga3330
@evelynensanga3330 3 месяца назад
@@IrakozeLionel-e8d mbariza kweri, nanje icokintu ndamaze kukibona urabona ukuntu booose bamuhagurukiye nkukumengo yarishe umuntu,ishari gusa 🙄🙄🙄🙄🙄🙄🙄🙄
Далее
“Natakaje ubusugi kubera ukutamenya”
14:17
Просмотров 1,2 тыс.
Шоколадная девочка
00:23
Просмотров 821 тыс.
НОВАЯ "БУХАНКА" 2024. ФИНАЛ
1:39:04
Просмотров 173 тыс.
😅 Womuheba canke ntiwomuheba ?
4:03
Просмотров 7 тыс.
« Nasohokanye n'umuzungu, biherera muri drogue »
14:02
"Ubwoko ntibwari kumbuza gutwara umugore nkunda"
8:06
Kugwiza uburaro rusangi, bigeze he ?
6:18
Просмотров 621
Ishano i Bujumbura: twarabatohoreje !
6:54
Просмотров 12 тыс.