📲 Ubu umunywanyi wa #BCAB afise compte ya Lumicash aciye kuri *424# arashobora kubikura, kugura ama unité ya téléphone, kurungika, kuriha facture, kuriha amahera y'ishure, kuriha umudandaza, gusaba carnet de chèque, kuraba ubutunzi afise kuri compte yiwe akoresheje téléphone iyo ari yo yose, ku mwanya uwo ari wo wose, n'aho ari hose
#Uburundi #Ubuhinga #Jimbere
10 апр 2022