Тёмный

Abatutsi bo mu ma sites bashaka kwirukanwa/Inyifato ya Ndayishimiye itangaza benshi /Uwundi muntu yi 

Radio Peace Fm Ijwi ry'urwaruka
Подписаться 10 тыс.
Просмотров 1,4 тыс.
50% 1

1.Ibiriko birashikira abateshejwe izabo mu mwaka 1993 ,vyose ni umukenyuro wa reta y'uburundi mu ntumbero yo kubandanya ibikorwa vy'iyonyabwoko ,ibi bishikirizwa na Christian Ntakirutimana arongoye Raja Burundi, muca muvyumva mukanya.
2.Muri komine Giharo intara ya Rutana havugwa umunyagihugu wo mu mugambwe Uprona ariko aratotezwa nabo mu mugambwe CNDD-FDD, abiwe basaba ko yokingirwa ahandiho ashobora no kwucwa .
3.Ku mutumba wa Kivumu ,muri komine Butaganzwa ,hari abantu bataramenyekana baheruka gutera rumwe mu ngo zuwo mutumba umwe aricwa uwundi arakomereka abajejwe intwaro baremeza ayo makuru navyo muca
Amakuru twabateguriye saya gusa tubafitiye nayandi avugwa mu bindi bisata gumana najewe Jeane D'Arc Gikundiro ngire ndayabashikirize nkaba ndiko ndafashwa na Chanel Ntiharirizwa mubuhinga bw'ivyuma kaze mwese mw'ido n'ido.
#ndayishimiye #m23 #msd #rwasa #burundi #cndd_fdd #cnl #imbonerakure #nkurunziza #parcem

Опубликовано:

 

6 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 1   
@DariusNdayikengurukiye-m8s
@DariusNdayikengurukiye-m8s 2 месяца назад
Mwege mwabakozi bakagame turabiyamirize Muburundi ntavyamoko duhanzwe nibindi, ivyubwoko mubironderere mu Rwanda
Далее
ВЫЖИЛ В ДРЕВНЕМ ЕГИПТЕ!
13:09
Просмотров 275 тыс.
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 05 Gitugutu 2024
13:08
Просмотров 11 тыс.