Тёмный

Amajambo y'abaserukiye Suède, Norvège, Danemark & Finlande mu birori 

MEIRRA Tv
Подписаться 126 тыс.
Просмотров 12 тыс.
50% 1

Ibirori vyo gushingurana iteka umubiri w'Umwungere wa mbere w'Ishengero rya Pentekote ry'i Kiremba - Rév Pasteur NDIKUNKIKO Elie
Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

Опубликовано:

 

24 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 28   
Далее
URINDE WEWE UCIRA URUBANZA ABANDI URUMWERE
53:44
Просмотров 33 тыс.