Тёмный

IJAMBO RY'ABASERUKIYE NYENICUBAHIRO UMUKURU W'IGIHUGU MU BIRORI VYO GUHAMBANA ITEKA UMWUNGERE ELIYA 

MEIRRA Tv
Подписаться 126 тыс.
Просмотров 10 тыс.
50% 1

Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

Опубликовано:

 

24 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 13   
@bigirimanapapy5253
@bigirimanapapy5253 3 месяца назад
Muvyeyi wanje nkunda k'umutima, Mwiruhukir amahoro
@meirratv
@meirratv 3 месяца назад
Amen 🙏💖
@TharcisseNKEZABAHIZI
@TharcisseNKEZABAHIZI 3 месяца назад
Quelle belle communication de Son Excellence la Représentante du Chef de l' Etat et du Gouvernement ! Elle colle à la peau et au cœur. Une communication bien structurée et riche de contenu. Félicitations, Excellence Madame la Ministre pour votre expression.
@meirratv
@meirratv 3 месяца назад
Merci pour votre commentaire 🙏💖
@BercyIneza
@BercyIneza 3 месяца назад
Turashimiye l'ETA yacu yifadikanije natwe mu bihe bitoroshe vy'umunezero muguherekeza umugeni wa Christ
@meirratv
@meirratv 3 месяца назад
Amen 🙏💖
@ntirampebapascal8222
@ntirampebapascal8222 3 месяца назад
IJAMBO RYIZA RY' UWASERUKIYE LETA❤❤
@meirratv
@meirratv 3 месяца назад
Amen 🙏💖
@arnaulddolfi20
@arnaulddolfi20 3 месяца назад
Yaba abo baserukiye Leta canke uwo mukozi wa shetani ,bose ntaco bohindura kuko shetani ariwe mwami wanyu !
@meirratv
@meirratv 3 месяца назад
Yesu Kristo aguharire kuko utazi ico uvuga.
@oliviernininahazwe6913
@oliviernininahazwe6913 3 месяца назад
Naho woba udasenga ntiwokwubahuka kuvuga ayo majambo
@NDUWARUGIRAClothilde
@NDUWARUGIRAClothilde 3 месяца назад
Kuba abanyacubahiro. Bari bahuzuye. Ntibisobanugwa. Kugororoka. Kwa ndikunkiko. Namakarakara. Yapfuye. Bavuga. Kwari. Mwijuru. Mweho. Muraritanga
@jeanclaudenijimbere6488
@jeanclaudenijimbere6488 3 месяца назад
Hako ugaragaza ububegito bwawe mu kuvuga amajambo nkayo wokwihorera,kuko kuvuga nabi ntawe biha agaciro
Далее