Тёмный

YARI ICETE GISOMEKA: Ijambo ry'uwaserukiye Ishengero Anglicane 

MEIRRA Tv
Подписаться 126 тыс.
Просмотров 4,4 тыс.
50% 1

Ibirori vyo gushingurana iteka umubiri w'Umwungere wa mbere w'Ishengero rya Pentekote ry'i Kiremba - Rév Pasteur NDIKUNKIKO Elie
Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

Опубликовано:

 

24 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 14   
@SamsonTuyisabe-hy1js
@SamsonTuyisabe-hy1js 3 месяца назад
Iherezo ry'umugororotsi riraryoshe🥰hahirw'abapfa bapfira mu Mwami
@meirratv
@meirratv 3 месяца назад
Amen 🙏💖
@leoncenininahazwe8551
@leoncenininahazwe8551 3 месяца назад
Yari icete gisomeka Yesu Amuhe umugisha
@meirratv
@meirratv 3 месяца назад
Amen 🙏💖
@Borisboris707
@Borisboris707 3 месяца назад
Amen
@meirratv
@meirratv 3 месяца назад
Amen 🙏💖
@اميره-ن1ك9ب
@اميره-ن1ك9ب 3 месяца назад
Amen 🙌
@meirratv
@meirratv 3 месяца назад
Amen 🙏💖
@arnaulddolfi20
@arnaulddolfi20 3 месяца назад
Uwo mukozi wa shetani reka kuguma mumushimagiza !
@SamsonTuyisabe-hy1js
@SamsonTuyisabe-hy1js 3 месяца назад
Ivy'uvuga nta vyuzi Kandi ntibishobora guhindur'iyo yagiye🤗🤗
@niyoncu
@niyoncu 3 месяца назад
Ngiye nabona umubegito n'umunyakibi arenze. Niko yagukoreye cotuma uvuga ivyo atakiri muzima
@meirratv
@meirratv 3 месяца назад
Ukwo ni ukuri!
@meirratv
@meirratv 3 месяца назад
Ni kubera atarahura na Kristo. Yomwiyereka uyu musi nyene yoca ahinduka umwigishwa n'umukozi wiwe.
@arnaulddolfi20
@arnaulddolfi20 3 месяца назад
@@niyoncu Ivyo vyose ubivugishwa n'uko abo bazungu bagukoropfye mu mutwe
Далее
Интересный наборчик 😀
00:12
Просмотров 12 тыс.