Ariko nyakubahwa ministre iyo muvuze ko abasuma badakwiye guhanwa muba muriko mubaha ingumvu ,mu mugihugu kırı mwo amategeko kwiba ni crime ,crime yose itegerezwa kuba reprimé. Uravye umurindi wo kurya ibiturire no kwiba leta atgihindutse turiko tugana Kuri Zaire ya Mubutu kandi sinizera ko bihesha abatwara icubahiro.