B face on the flo kbx big up san stamina irakaze kuk umutindi wikinyima abeshyera uwo bari kumwe nindirimbo irik iravuzwa cane ngah mugihugu can Zambia🇿🇲🇿🇲🇿🇲 tumwipfuriza namahigwe yo kugaruka guteramisha concert
Social media n’abahanzi vyo muburundi kugira bitwike cyane nibige ikintu co kubaha uburongozi bw’igihugu then ibintu bizobabera vyiza cane. Politique bayirekere abanyapolitique, bo bakore umwuga wabo w’ubuhanzi , mu Rwanda 🇷🇼 sindumva gose umumenyesha makuru, atuka uburongozi, but muburundi, umusani asohora indirimbo imwe, iyakabiri ibariyogutuka uburongozi bw’igihugu. Ntaho bizobahira rero, B face from Kayanza 👍💪💪✅
B Face big up cn har ikindi gituma umuziki wuburundi utaduga cne n'amaradio menshi ya bujumbura ntasamiranir cn muri interieur uc usang tugum twumv izo murwanda gusa
Yollaa,2010 ntabwo wari kuronka power play kuko 19th Bitch and Dj Prince 36, Over do Team and Agati k'Imana ibyo bihe bari abami ba Buja kdi turakumbuy vibes yico gihee, mais hallaa Bless up to U B.Face komeza uturyohera Man
B face ibintu ariko arakubwira Sabin nivyo nta nguvu dufise kuri social media rero ikibazo bo kubera bakomeye kur social media ubishaka canke utabishaka ugomba kuyumva rero abo bana ugomba kubumva ubishaka utabishaka
Muvyukuri iyitaza kwa yago na sabin sinarikuzokubona kandi ndimushikawe wumurundi cano bturaba iburundi ' kwa osy ntahakubony ntuba uricamamare mube mutangibiganiro tubamenye sawa reka nkandeh