Тёмный
No video :(

B FACE na KINGORONGORO bakije umucanwa mu kwishura FABELOVE kugezaho ikiganiro gihakwa guhagarara 

UMUKUBITO
Подписаться 178 тыс.
Просмотров 19 тыс.
50% 1

B FACE na KINGORONGORO bakije umucanwa mu kwishura FABELOVE kugezaho ikiganiro gihakwa guhagarara
#bface #kingorongoro #fabelove #master

Опубликовано:

 

22 авг 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 242   
@fleuryb8706
@fleuryb8706 4 года назад
Juste Gaël uri umu presenter wa 1 mu Burundi kabisa. Ivyo sinkubesha uwumpinyuza abivuge.ahubwo ukwiye gukorera kukinyamakuru kizwi cane nka buja fm
@ksidointernational
@ksidointernational 4 года назад
Centre jeune ni home nta so! Gusa iterambere ntaworyanka m home sweet home!
@nostressfreedom7431
@nostressfreedom7431 4 года назад
Icobita gutangaza Umuziki ndundi nokuwukundisha abarundi imiziki😍💥💥💥💥💥💥💥💥💥💥💥💥💥💥💥💥💥
@kingmanjulias
@kingmanjulias 4 года назад
Emwe b face niwe twemera nino Muri Zambia baramwubaha ...kuko b face ahangana ni Ibihugu Burundi Rwanda kenya ..next Best rapper in America!!!
@doradora653
@doradora653 4 года назад
Kingorongoro nakukubari umejibu vizuri saaana kbs 👍👍👍
@ksidointernational
@ksidointernational 4 года назад
Hah! Turatunze! Vous Tous mes brothers! Peace! N'aho nanje niteze kuzogera kure, I am lucky to meet each one of you! Much love from India...🇮🇳🇧🇮🇮🇳 Stay Blessed mes frères🙏
@kezamutima1176
@kezamutima1176 4 года назад
Uyu mumenyesha makuru ndamukunda sana,
@el-faisrobertkazungu4225
@el-faisrobertkazungu4225 4 года назад
B Face nibumv ukuri uvuga Rap ni wew ntawundi +257
@lovebishoo577
@lovebishoo577 4 года назад
#b #face nakukubali sna wambie
@bestpro582
@bestpro582 4 года назад
Fabe love ni king and Master. Abo bandi ntibazi ivyo bakora. Uwushigikiye kamiligado fabelove agire like ngaha
@m.cbabalao6442
@m.cbabalao6442 4 года назад
B face nuwambere. Urekane nuriya ngo ni fabelove
@pacibeni1951
@pacibeni1951 4 года назад
B Face numutama wama hit, ntawumwegera
@nshifanuelnshime3336
@nshifanuelnshime3336 4 года назад
Ndashimiy abantu bashoboy kwishula fabiyola Hama Gael Ni number 1
@Kazozadesign_TV
@Kazozadesign_TV 4 года назад
courage B Face & Kingorongora na MC Gael.. lamborghini Muzozigura.. One day is one day..
@bebika8106
@bebika8106 4 года назад
Fabeloveeee Gangsteeeeer🔥🔥🔥🔥 Yarabakoreyeko uwiyemera aze avyure izuru turore Hama umu Rappeur dufise ni KINGORONGORO na VG WAWA abandi n'amadebe
@blaiseirakoze9590
@blaiseirakoze9590 4 года назад
Ndakunda uy mu journaliste vrt araryosha ikiganiro sana.natanguye gukurikirana ibiganir vyiwe kur interview ya Mow kanzie.vrt arashoboye.Hama Fabiola natekereze aracar umwano aja muri po .B face n'Umwami wa Lap muri EAC
@abouseleynzisabira5875
@abouseleynzisabira5875 4 года назад
Kabisa ntubeshe abo nibo ba rappeur twemera kndi Babizi caane bafise hip-hop iteyimbere muri east africa B face erega uri inspiration yiwe Nico gituma kaguma kakuvuga kagufatirako akarorero big up king b face
@divadaqueen6558
@divadaqueen6558 4 года назад
Ararenze sanaaaa
@FideleDoxOfficial
@FideleDoxOfficial 4 года назад
Hahahah nimb uz rap wew tum uw mu jurnariste abahamagz abh beat berekan uwushoby mw fablove muramwitirany ntaw muz
@clode2572
@clode2572 4 года назад
kingorongoro is the king 🤴🏾 of rap in Burundi, he got his own style
@lievinndayishimiye8897
@lievinndayishimiye8897 4 года назад
Big up kongorongoro♥️♥️😍💪
@abouseleynzisabira5875
@abouseleynzisabira5875 4 года назад
Aba rappeur nabo apana iryambwa ngo ni fabiola hama Gaël uruwambere mubandi ba journaliste niwewarukwiye irya émission ya rap and story room muri DF tv kuko urashusha ikiganiro vrma Gaël uri number one muri industrie
@stg6110
@stg6110 4 года назад
Go down bash love love abarenzeh😂😂😂 Injira studio namw mutwemez🤣🤸🤸
@rodriguebnetwork9924
@rodriguebnetwork9924 4 года назад
B face na Fabelove mwese murashoboye reka amajambo
@lavieprincendayisenga9973
@lavieprincendayisenga9973 4 года назад
Relax rappers Fabilove got you all....he still the best rapper in the country...he dare you guys
@amolam97
@amolam97 4 года назад
Nkunda uburyo witonda kingorongoro kandi nawe urabizi urumuntu wanje ikintu nokubwira bro ntushavure kurirya challenge kuba bavuze kurya birya biraryosha rap gusa ntushavurire umu rappeur mugenzawe kuk naw arakora vrmnt nawe urabizi bro challenge ninziza vraiment ahubwo mwoyikora nka business yokwinjiriza amahera asumba ayo ukoramwo izo zindi ndirimbo mugihe ariko mwoyikora nka business nje ndaziko hamwe mubikoz nka challenge nukuri vyoryoha
@burundicomedy2575
@burundicomedy2575 4 года назад
Merci b face fabi love ndabemera mwese
@mailessdube4688
@mailessdube4688 4 года назад
Vraiment gael urarenze,nogusaba ko wonagerageza ukatwibagiza udusobanuye. Use urasobanura zimwe muri film
@benibuntu493
@benibuntu493 4 года назад
Igihe B face avuga ko bamu dissinze ari benshi yibagira ko nawe abo ya dissinze batamwishuye 😆😆😆 burundians rapper ndabakunda gusa logique vrmnt zabo ni hatali.…… Nimuryoshe Game et nous on est là for supporting u guys🙌
@el-mesutonduwarugira93
@el-mesutonduwarugira93 4 года назад
Ka FABIOLA vrt n hataliiii naje ndashigikira ONthe Flow WITH Gnl KINGORONGORO Haaaaaahaa kbsa abo ba petit ndabemeraaaaaa.....Master is ON THE FLOW BFace;Uwukurikira no KIngorongoro
@alichouirakoze4808
@alichouirakoze4808 4 года назад
Sister fabiolla
@samnira59
@samnira59 4 года назад
Uwemera ko Gaël ashoboy ampe like kugira tujanirane twese turi hamw
@patiencenduwimana7556
@patiencenduwimana7556 3 года назад
Juste ndakwemera saana urashoboye kabisa uzosubire uduhamagarire Kingorongoro na B-Face usubire ubahuze kuko barashoboye cane musaza
@alexmwana2416
@alexmwana2416 4 года назад
Nice kabisa🎵🎶
@ericigiraukwishaka7998
@ericigiraukwishaka7998 4 года назад
Dogo fabelove niwemere ko ari master wawe dogo
@lilvinsmith8011
@lilvinsmith8011 4 года назад
Batamwishuye bazoba bamutinya kandi b face uzoba utumaramaje kuko turakwemera warah
@djncthebaddest3536
@djncthebaddest3536 4 года назад
Kosora ukiganiro man beat ihure namajambo baririmvye
@TforAfrica
@TforAfrica 4 года назад
Presenter noma sana
@dj-reissitolkira2343
@dj-reissitolkira2343 4 года назад
Master ni master Fabi love ni master mur hip hop buja
@alaincrespinondayizeye9854
@alaincrespinondayizeye9854 4 года назад
Umukubito 🔥🔥🔥 Just Gael
@MGFamillyTv
@MGFamillyTv Год назад
B FACE BIG UP
@dahsindehamtokantarebigiri4251
@dahsindehamtokantarebigiri4251 4 года назад
Urwana fabiora rusgay rutubaha abarusumba
@harerimanaisaac7766
@harerimanaisaac7766 4 года назад
B face baza ukore challenge naba rapers babarundi hama ubashe gukora izahandi. Ishura uryamupeti hama dutange amanota. Apana kuguma wiyemera gusa ahuburiko uraduhenda. Kingorongoro wew nifodiyo
@desirenkunzimana1161
@desirenkunzimana1161 4 года назад
Gail wwe ndakwemeraaa kandi nyimba koko usoma SMS fabe love ndamubone murikumwe ngaho nabo bajama bosee kuko ibintu yagize naje biransigaaa Canée vrmnt nimumutumire apana wenyene bacane umutiroo Bose turabemeraa kuko ntawovugaa ngo ntibashoboye me turakeneye best raper muburindii vyihutaa aho vyabereye nikeraa kukoo umwanaa yaracanyee ndagirubwobaaa kabisaaaa
@amolam97
@amolam97 4 года назад
Mbe ikiganiro cob kiryoshe ndabizi b face ntiyoza😂😂😂 yoba yambaye ibara nibafume basi badukorera show berekan ubu master badukuremwo politik yamajambo bazan ibikorwa
@sumabigismael2090
@sumabigismael2090 3 года назад
No one like b face in all africs
@bdreams2793
@bdreams2793 4 года назад
Ihindure na look yawe
@baterams1828
@baterams1828 4 года назад
B-face nuwambere! kur rap umunt yatumy nkund rap! Uwo fb love sukumutiny! ahubw numunyamanyam! kand numushwany b fc numunyamahor! impamv rero mubonako abayamutiny nukoyank gushwana! Nayubund Be fc numunyamahor
@abouseleynzisabira5875
@abouseleynzisabira5875 4 года назад
Gaël we number one in this industrie
@elissairanyumvira9137
@elissairanyumvira9137 4 года назад
Good Gael
@amolam97
@amolam97 4 года назад
Kingorongoro ndamwemera sana gusumba nuko nemera b face
@aimeking7056
@aimeking7056 4 года назад
Best rapp 🇧🇮 🇬🇦 nani anakatalaa
@yangibitv4440
@yangibitv4440 4 года назад
Ngo.niyankumi.fabiola.umenichekesha.kbxb-face.kingorongoro.nawakubari
@donatienhavyarimana8581
@donatienhavyarimana8581 4 года назад
Haaaaaa b face asante zurikurako iyo micuko bro wew bareke baze barakudugiriza amapete niwashika kur marchal uzobishur ntiharagera haaaaa ng makaki bro bazohava bakunyicira nakwikundr sans blague
@aimejoe
@aimejoe 4 года назад
C journalist ar très tlentué pee....O ft ara viva ivyab arik arakor vrmaa!!baravy nez mu Bdi arashobor kub ar uwambere....ntawnd ndabna akor ibnt d cgnre...Arabryosh!!hmaaa big up B face&Magic
@triplew6513
@triplew6513 4 года назад
ru-vid.com/video/%D0%B2%D0%B8%D0%B4%D0%B5%D0%BE-ou7BT941wIc.html B face on the flow
@triplew6513
@triplew6513 4 года назад
ru-vid.com/video/%D0%B2%D0%B8%D0%B4%D0%B5%D0%BE-ou7BT941wIc.html B face on the flow
@triplew6513
@triplew6513 4 года назад
ru-vid.com/video/%D0%B2%D0%B8%D0%B4%D0%B5%D0%BE-ou7BT941wIc.html B face on the flow
@nzeyimanaanassi3585
@nzeyimanaanassi3585 4 года назад
Harikiganiro kiraho ca spoks iyo bagiha uyo mujournalist kiba kimara.urakurikirana ikiganiro kigahera jeu ibew hahahhh nibamuronderer ikibanza cagutse😷
@TEDD_TE
@TEDD_TE 3 года назад
B face 💥💥💥
@dismasirankunda1169
@dismasirankunda1169 11 месяцев назад
Fa b love arapa nkumuntu agwaye akomunda ntabwaririmba nkumurundi. B face numwami murwanda no muburundi
@iradukundaprince4424
@iradukundaprince4424 4 года назад
Yeee yeee yeee yeee yeee... Pulooo
@UmwamiOrongoro
@UmwamiOrongoro 4 года назад
Juste Ibibintu washize Kur RU-vid wavyumvirije neza?? Urumv nyene ko Biri Nkuko twabikoze??? Hamwe Wosubira kugikora Woba Udutabaye cane brother
@bestpro582
@bestpro582 4 года назад
Rekasha genda wikorere ama slam. Cank ugende master fabelove akwigishe Rap.
@pacibeni1951
@pacibeni1951 4 года назад
Ntavya fablove kweli aririmba ibintu bitumvikana bitew nagatabi kenshi
@nostressfreedom7431
@nostressfreedom7431 4 года назад
Majic noma saaana 💥💥💥💥💥💥😂😂😂😂💥💥💥💥💥
@justinndarigendere4825
@justinndarigendere4825 4 года назад
man jew Bface ndamushigikiye nibagende apa rapper bicare hamwe bategure challenge izoramba knd atariyo gutukana knd beat ikogwe numurundi wacu knd iyo challenge yubakigwe kurukundo rwaba rapper hama awuzi ko arumurundi wese aje ngaho akore knd ndazi bizogira aho bikuye rap yuburundi biyishikane kurundi rwego pe knd bFace na Magic Soldier mubishiremwo inguvu nkuko mwipfuje kuduza umuziki ndundi natwe turi inyuma yanyu kabisa
@triplew6513
@triplew6513 4 года назад
ru-vid.com/video/%D0%B2%D0%B8%D0%B4%D0%B5%D0%BE-ou7BT941wIc.html B face on the flow
@triplew6513
@triplew6513 4 года назад
ru-vid.com/video/%D0%B2%D0%B8%D0%B4%D0%B5%D0%BE-ou7BT941wIc.html B face on the flow
@TforAfrica
@TforAfrica 4 года назад
Yo umukubito n'umukubito kabisa bro presenter nooma nakubali unajua sana Mungu akusaidie ufungue studio kubwaaaaaaaa
@leonardmethusela66
@leonardmethusela66 2 года назад
B Face Aratwika Mutazanye Kizimyamwoto Azohaturira
@abdulkareemlupepa7185
@abdulkareemlupepa7185 4 года назад
Nimefulahi saaana uyu journalist noma saana big up saaana brothers
@Deejay_jooboy257
@Deejay_jooboy257 4 года назад
@B-face nakubliii kbx👊
@yangibitv4440
@yangibitv4440 4 года назад
Gayera.naweye.nakubari.beg upe
@yvannkera9778
@yvannkera9778 4 года назад
Ndakunda ibiganiro ryawe kbx
@slmansu6315
@slmansu6315 4 года назад
Kingorongoro the best 😍😍 beaf irafs aho igarukira so Keep it up bro bfac na fablov nivyo vyaboo ivyo kndi niyompamvu Song zabo zipfa ningonga bro gushka ubu Song zaw zirapasa mubantu kuva kur ileile
@Innocentciza
@Innocentciza 4 года назад
Radio yogucererwa ntibaho ayomategeko muyakurahe aho umuririmvyiashika ikiganiro catanguye hama mukamwakira mbegaaaaaaa
@smithakili2122
@smithakili2122 4 года назад
Tukurinyum kl courage kl
@gadylogiehappy3640
@gadylogiehappy3640 4 года назад
Ego sha uyo mu journaliste aranyisha kweli 😂😂😂🙆‍♂️🙆‍♂️🙆‍♂️ B face na kingorongoro bana uwa walahi 🔥🔥🔥🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌
@marcinganji9579
@marcinganji9579 4 года назад
Juste Gael uri 1 MUBURUNDI.
@musevenijoel3820
@musevenijoel3820 4 года назад
Murakaze Vrem
@bigdaddy_faustinjumong4427
@bigdaddy_faustinjumong4427 4 года назад
Nibareke gusa ivyo nibamwishure na bface yararirimvye pasport yasavye k bamwishura rero fab love yamwishuye mbere iyo niyakabiri Twihojeje *dodo* hariyindi yitwa * president*hamw nio *moster*
@izobtv4466
@izobtv4466 4 года назад
Ni master fabelove, kuko ibintu aririmba birakaze
@dicyntysylvester8714
@dicyntysylvester8714 4 года назад
Nukur b fece araturenze kabisa
@bashiraaboubacar4374
@bashiraaboubacar4374 4 года назад
Mwese ndabemera
@egideyakobo1565
@egideyakobo1565 4 года назад
B face Ukuri Kuravuga Reka kubishiramwo Inzigo urimwo kwishura Ushavuye bigaragara ko Ya Kumashuye Guma hamwe
@el-mesutonduwarugira93
@el-mesutonduwarugira93 4 года назад
Ntakamaro ko kudigadiga ESTOMAC tnx mtama wnj On the Floooooo with King OR Ongoro
@gedoboris1841
@gedoboris1841 4 года назад
Imbwa ninde? Inyama ninde?😅😅😂😂😂, courage @JusteGaël n'ikiganiro cawe🤜🤛
@abouseleynzisabira5875
@abouseleynzisabira5875 4 года назад
Imbwa ni fabiola
@divadaqueen6558
@divadaqueen6558 4 года назад
Hhhh imbwantuca uyumva 🤣😁
@ezemanvlogs8987
@ezemanvlogs8987 4 года назад
Yes it is the big show on our country
@yvonavry2482
@yvonavry2482 4 года назад
B FACE iyo rap ukoze nibijanye niyo beat kuko beat iranyaruka ariko ww urikwega niyo mpamvu fabelove avuga ko abarusha
@mugishalahay6050
@mugishalahay6050 4 года назад
B face je ndakwemera mi nishabiki yako kindakindaki kabisa
@martinemati7969
@martinemati7969 4 года назад
Hahaha murantwengeje peee !!!! Uti fabiola hahahahh
@abdulkareemlupepa7185
@abdulkareemlupepa7185 4 года назад
😃😃😃😃😃 biraryoshe peeeee
@proxyklepy4712
@proxyklepy4712 4 года назад
B-face on the flow🔗💪big up sana✌🔗✌
@titusclassicartwork9429
@titusclassicartwork9429 4 года назад
Hip hop burundi🔥🔥🔥🔥🔥
@oliseyfarry8174
@oliseyfarry8174 4 года назад
Umukubito🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
@jonasminani2230
@jonasminani2230 4 года назад
Bface yahora avuga ngo barek kuvugira aho bicaye baj mûri studio Ubu bagiyeyo bamwishuy ariko aratinya? Atamwishuye tuzoba tubonye master
@edithh-santana3574
@edithh-santana3574 4 года назад
Best representer
@mitterrandfrank8245
@mitterrandfrank8245 4 года назад
Presenter urashoboy kabsa,mais rap ya b face na fabelove biratandukanye,fabelove nah aririmba beaf arashoboy kabsa
@munezeroaxel4659
@munezeroaxel4659 4 года назад
Abo bajam ni fire kbs but b face bamuhay bit abe ageragiz kutaririmb song amaz guririmb abe aduha bishash gus
@akkidume8312
@akkidume8312 4 года назад
Man you’re the best
@nimfashaonesime5892
@nimfashaonesime5892 4 года назад
Jewe mbasabe ikintu Fabelove na B face mubatu mire bose muri studio mushiremwo beat turabe nan mukali
@dj-reissitolkira2343
@dj-reissitolkira2343 4 года назад
Nimfasha Onesime baramutinya sirimwe babahamagara me bonifasi agaca akwepa
@FideleDoxOfficial
@FideleDoxOfficial 4 года назад
Hahah Boniface ntiyoz arabz kwar dg
@bamanotitv
@bamanotitv 4 года назад
Big up saana gael wakoze kutuzanira rap yuda,rap goriath, rap commando
@kingjabel6289
@kingjabel6289 4 года назад
Nguyo murabe ni king bamwita yada idirimbo ziwe ziri hit b face turi king ntazigera ashika ahugeze mani
@jeanpaulininahazwe9755
@jeanpaulininahazwe9755 4 года назад
Turi muburundi abo mwes muriko murashigikira fabiyola ndabasavy ahanyen kurubuga ahantu yoshobora kugira concert pendant 2h ajana naba fans biw mukuririmba..narek b fac on da flow yaramurenz kabisa
@floramflo931
@floramflo931 4 года назад
Nic gitum yitwa rap.apan laga cnk slow.bisab kwigwa
@ndagijimanaeraste6221
@ndagijimanaeraste6221 4 года назад
Ndabemeye cane hushura ibwa iririmba beef gusa atayindi message afise muriwe fabiola
@triplew6513
@triplew6513 4 года назад
ru-vid.com/video/%D0%B2%D0%B8%D0%B4%D0%B5%D0%BE-ou7BT941wIc.html B face on the flow
@broandss4004
@broandss4004 4 года назад
Bface ndomkali bado
@egidenshimirimana5529
@egidenshimirimana5529 4 года назад
Mwese murashoboye ark fabilove arimbere kuri rap
@youthethshs8304
@youthethshs8304 3 года назад
Fabiyora
@bishocomedian2943
@bishocomedian2943 4 года назад
B face ara twengeje kabisa ngo uyo mu sister itwa fabiola 😂😂😂😂😂😂😂🙆‍♂️🙆‍♂️🔥🔥
@hoptalentzhpz8817
@hoptalentzhpz8817 4 года назад
Yaaaaaaaa nzanzoya zahashits hahahaha fabelove ntaharira ninzoya dogo wew uraraba uronderere ahand rap ni fabelove akwita kur dogo rigafata akakwita inzoya rigafata
@jeanclaudenduwayezu9952
@jeanclaudenduwayezu9952 4 года назад
Nsanz ata muziki uzi kabisa!
@abouseleynzisabira5875
@abouseleynzisabira5875 4 года назад
Claude iconikijuju Kireke umuziki ntazi na 0
@Alihamdulil
@Alihamdulil 4 года назад
Journalist plz punguza kuvuga cana uravuga cana plz punguza amajambo uze ureka umutumire avuge plz punguza amajamboplz
@harerimanadidosng6257
@harerimanadidosng6257 4 года назад
Umve ndababwire fablove arabarenze kuko ino izambia hari uwasanze ndi kuyivuza yaremeye ati master uwo muntu arashoboye
@floramflo931
@floramflo931 4 года назад
Uwama challenge narek kuvugira ah yicay kuko no kugira amenyekan ni beaf mu gutuka aba rappeurs bagenzi we no mukugay abo mumahanga iyo rap yiw irutwa niya kingorongoro.yiyita umwami kbr iki k atar rap aririmba
@kumurunditv6994
@kumurunditv6994 4 года назад
Twarameny "master" uwariw, mwe nimuhindur style
@malikasmanzulu308
@malikasmanzulu308 4 года назад
Hhh ahubw nibahagarik cnk bamukurikir! Iz nta rap zirimw! Fake
Далее
💀СЛОМАЛ Айфон за 5 СЕКУНД😱
00:26
Urugamba hagati ya #FABELOVE na #BIG ZOE vyakomeye
14:19
Dakika kumi za maangamizi Bassat Waboe
12:44