Abigeme Ba Ngoma Ni chaine izoza irabashikiriza ibintu vyose vyakozwe nabaserukiye abandi muri Miss Ngoma co kimwe nama débat atandukanye bazoza babashikiriza
Mukaba mukunda aba bigeme kandi mwifuza kuza murabona ibikorwa vyabo vyose nimugire SUBSCRIBE na SHARE na COMMENT kugira ntimuzocikwe nibikorwa vyabo vyose
#bface #kora #missngoma #missburundi
2 сен 2021