J apprecie l effort de ce mr en ce qui est ses efforts. Toutefois, il fallait aussi preciser ko kubera le Ruanda-Urundi zari sous tutelle, ububirigi nta droit bwari bufise yo ku recruta no gutwara abarundi n abanyarwanda kuja kurwana. Ubwongereza jawbone nta droit bwari bufise yo gutwara abatanzaniya kuja kurwana kuko statut yabo niyabarundi/abannyarwanda yari imwe. Kubera ivyo, abanyarwanda hamwe n abarundi bagiye kurwana ni bake cane kandi n abagiye ntibagiye bites ko ari abarundi canke abanyarwanda. Bagenda bitwa abaganda canke abacongomani. Par contre, abacongomani benshi n abaganda, abakenya....benshi baragiye kurwana hirya no hino kwisi