Nimukurikire ijambo ryashikirijwe n'uwuserukira Inda y'Ingoma y'Uburundi, Umuganwa Rugema Rwigemera, kw'itariki ya 29/04/2024, aho twibuka imyaka 52 iheze, Umwami aheruka kuramutswa Ingoma y'Uburundi, Umwami NTARE wa 5 NDIZEYE agandaguwe bunyamaswa, n'ikiziga ciwe kikaba carazimanganijwe.
13 июн 2024