Тёмный

IMBURI IMBURI IKOMEYE[1-5]/IMISI7 NAPFUYE NERETSWE VYINSHI/VYOKUBERA VYIZA KWUMVA IBI IMBERE YOGUPFA 

UMUCO WERA TV
Подписаться 151 тыс.
Просмотров 49 тыс.
50% 1

Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#Celestin_79969452 #UMUCO_WERA_TV

Опубликовано:

 

16 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 112   
@IngabireChristaBella
@IngabireChristaBella 2 месяца назад
Urakoze Muvyeyi ! Umwami Yesu aguhezagire azoguhe iherezo ryiza!
@chancelinebuntu1238
@chancelinebuntu1238 3 месяца назад
Nukur ndafashijwe 🙌🏼🙌🏼🙌🏼🙌🏼 UHORAHO aguhezagire muvyeyi ahuri hose inyongerej izind mbaraga zugukorer Kristo wambambiwe 🙏🙏🙏🧎🧎🧎🧎
@esperanceniyongabo-m2v
@esperanceniyongabo-m2v 5 месяцев назад
Mungu akubariki san❤
@NiyoAsman
@NiyoAsman 7 месяцев назад
Amen
@solangenininahazwe1796
@solangenininahazwe1796 18 дней назад
Imana iguhe umugisha
@NkunzimanaNoel-pq2jk
@NkunzimanaNoel-pq2jk 10 месяцев назад
Maman murakoze cane ku ntahe nziza muduhaye Yesu abampere umugisha iyi ntahe iranyigishije igize aho inkuye naho ingejeje nshimiye cane Umuco wera TV Yesu abampezagirire cane amaraso ya Yesu atweze.
@FrancineJollyofficial
@FrancineJollyofficial 19 дней назад
Yesu Mwamiwanami uganzabaganda ngirira ikigongwe kucahagito nakinini uzumpekurangizaneza🙏🙏
@aniniz4784
@aniniz4784 5 месяцев назад
Amen 🙏🏻 ❤ ❤ 😢😢😭😭😭😭
@CharlotteNdayishimiye-f3m
@CharlotteNdayishimiye-f3m 10 месяцев назад
Imana idushoboze gukora iyigomba
@eliasmpozamarira2536
@eliasmpozamarira2536 2 года назад
Imana iguhezagire mukobwa wa Yesu Kristo Ariko ivyo ugerako ntugombe kubivuga warukwiye kuzobivuga kuko Imana yabikweretse nguzobibwire abantu bayo, ntugabanye mukobwa francine
@jolamb8469
@jolamb8469 11 месяцев назад
Amen amen🙏🙏🙌
@esperanceniyongabo-m2v
@esperanceniyongabo-m2v 5 месяцев назад
Iman itubabarire Caan kugir cagisagara tuze tukibona
@FrancineJollyofficial
@FrancineJollyofficial 19 дней назад
Imana iguhumugisha Mukoziw'Imana ❤
@MucoBernice-uz9or
@MucoBernice-uz9or 10 месяцев назад
Mana mbabarira ivyaha vyanje chose umpe gusubira munzira yagakiza umpe imbaraga kuko kubwanje sinobishobora kandi uzumpe iherezo ryiza ni mwizina rya yesu kristo amen
@ChristineNicimpaye-b3j
@ChristineNicimpaye-b3j 2 месяца назад
Iman idutabar kwl nsanz kuj mwijur ar ngorane
@UMUCOWERATV2021
@UMUCOWERATV2021 2 месяца назад
nugusenga cane
@user-es1uh2ke3k
@user-es1uh2ke3k 11 месяцев назад
Imana Impe gusubira mubikobwa vyayo.ishoboze amen
@Irakoze-m5n
@Irakoze-m5n Год назад
Naho kwisuzuma benedata,dusab'Imana itwuzuze mpwemu Yera adutabare aduhe imitima imenetse kuko uwo mwansi wabana b'lmana aduhiga ijoro n'umurango,zmaraso ya Yesu🙏🙏🙏🙏🙏
@gilbertnduwayo5436
@gilbertnduwayo5436 11 месяцев назад
Heri mwisho kuliko mwanzo, Françine Imana iguhe imugisha, wagarukiye kunkombe y’urupfu wongerewe imisi kugira Imana iguhe kwamamaza ubutumwa kubagaririza umuhamagaro w’Imana
@YussufuNezerwa-sf3pq
@YussufuNezerwa-sf3pq 3 месяца назад
Urakoze cane imana idutabare cane
@user-lz4zz1cp8f
@user-lz4zz1cp8f Год назад
Murakoze
@AlianneMukunziwimana-hl9sz
@AlianneMukunziwimana-hl9sz Месяц назад
Ayiweeeeeeee ndafashijwe haleluaaaaaaaaa
@user-nf8uq8tr6q
@user-nf8uq8tr6q 10 месяцев назад
Amen 🙏 yesu wewe niwe wankuye kurupfu rukomeye kandi wewe niwe wokunkura muvyaha ndimwo
@JosephNtunzwenayo-hk1hj
@JosephNtunzwenayo-hk1hj 11 месяцев назад
Muhezagirwe mukozi W'Imana ibagurire umuvumba kandi ishishikare kubavyibusha mu mpwemu.
@arakazaarcade7846
@arakazaarcade7846 2 года назад
Umuco wera TV Imana ibahezagire kuvyiza mutugirira mukuturonsa ibishingantahe bidukomeza muburyo bw'Impwemu
@Kanyamunezaalice-x3e
@Kanyamunezaalice-x3e 7 месяцев назад
Ndafashijwe
@octaviennendayifukamiye4754
Ungwizekwimbabazi zawe Yesu urampa kuzoshika muri co hihihi mukozi w'imana hezagirwa
@gracenirera828
@gracenirera828 10 месяцев назад
Imana idufashe cane😢😢
@augustingahondo5860
@augustingahondo5860 Год назад
Mana uranfasha nzogere mwijuru amen icompa nkazogera chicogisagara cera🙏🙏🙏
@irambonabenithe215
@irambonabenithe215 4 месяца назад
Urazomp iherez ryiza ee Mana
@gilbertnduwayo5436
@gilbertnduwayo5436 11 месяцев назад
Nukuri kwose tuzoja mw’ijuru kw-ubuntu bw’Imana! Wongewe imisi kubw’amahera 50 wavuje umuntu
@LeonieAhishakiye-ch3or
@LeonieAhishakiye-ch3or 5 месяцев назад
Mana shimwa halleluyah
@Jackson-wo2gp
@Jackson-wo2gp 11 месяцев назад
mana mbabarira ahonagenze ukobitabereye
@niyonzimageorges8532
@niyonzimageorges8532 2 года назад
Uhoraho Mana Nzima, untabare umpe agakiza kawe gushika ku mpera yo kuba mw'isi kwanje. Amen.
@user-cb2dk5df2g
@user-cb2dk5df2g Год назад
Amen Mana : imana iduharire kuko turabanyavyaha tuyibabaza kenshi Mana yanje mbabarira
@jeaninekamikazi8751
@jeaninekamikazi8751 2 года назад
Yesu aguhe Umugisha maman francine ubutumwabwiza.
@levisniyonzima7439
@levisniyonzima7439 2 года назад
Imana ikwongere imbaraga nyinshi iyimburi ibwirwa twebwe nahacu kwisuzuma kuk ikuzimu nahantu habi cane bene data Francine imana iragukunda ushishikare kuyikorera
@kanezasoso3221
@kanezasoso3221 2 года назад
Imana ibahezagir nukr 😭 muzobihemberw 🙏🙏
@CizaYvette-c1w
@CizaYvette-c1w 26 дней назад
Yesu amaraso yawe
@esperancenibitanga3315
@esperancenibitanga3315 2 года назад
Imana ishimwe cane yo itibagira. Ingene ushobora kwibuka vyose ukabikurikiranya udasizemwo na kimwe
@jolamb8469
@jolamb8469 11 месяцев назад
Amen amen
@user-ry1oc9fx8q
@user-ry1oc9fx8q 11 месяцев назад
Yesu amparire aho ntahagaze neza mumurimo wiwe azompe iherezo ryiza.
@horimberepeace7376
@horimberepeace7376 Год назад
HALLELLUA HALLELLUA URAKOZE GOOOSEEE YESU CHRISTO 👏👏👏🎸🎸🎸📯📯📯🎵🎵🎶🎶📢📢📢
@MurekerisoniEvelyne
@MurekerisoniEvelyne Год назад
Ivyo uvuga nukuri.
@AlyneNduwayezu
@AlyneNduwayezu Год назад
Halleluuuuuuuaaaaaaaa Hallelluuuaaaaaa Yesuuuuuuuuuuuuuuu Uzoduhe kurangiza neza Mwami wa Bami Uganza isi n;Ijuru🙏🙏🙏🙏🙏🧎🧎🧎🧎🧎🧎🧎🧎🧎🧎🧎🙏🙏🙏🙏🙏
@ikanguroryaafricatv127
@ikanguroryaafricatv127 2 года назад
Imana iragahezagirwa kandi ishimwe cane kubw'iyi ntahe kuko ifashije benshi kandi izobandanya gufasha benshi
@mbonabucadavid814
@mbonabucadavid814 2 года назад
Imana igukomeze kubyukora ibikogwa vyayo
@PascasieNibigira-i7r
@PascasieNibigira-i7r 3 месяца назад
Mana mwisi biragoy ariko Mana uze ungirure Ubuntu umpe iherezo ryiza
@cizadomitien3930
@cizadomitien3930 Год назад
Amen yesu ashimwe.
@SpèsManariyo
@SpèsManariyo Год назад
AAAAAAAMEEEEN YESU TRISTO urampiherezoryiza ungwizekwimbabazi kukondumunyavyaha
@wenceslas1967
@wenceslas1967 2 года назад
Amen. Imana itubabarire kandi iturengere
@NiyoAsman
@NiyoAsman 7 месяцев назад
Manayanje ndakwingize umbabarire kuko ndumunyavyaha Kandi uzompiherezo ryiza
@tajuddintenganya8528
@tajuddintenganya8528 2 года назад
MANA NDAKWINGINZE UMPARIRE IVYAHA VYANJE VYOSE UMPE KUKWIZERA NO KUGUHEBERA IVYANJE UNDONGORE MUNZIRA ZANJE ZOSE UNCISHE KUBIRI NIBIKUGAYISHA UNYOGESHE AMARASO YAWE KUKO ARIHO NOSHOBORA KWERA UNSHOBOZR KWIHANGANIRA IBINGERAGEZA VYOSE KANDI UZE UMBE HAFI KUMUSI WANJE WANYUMA.FRANCINE IMANA IGUHEZAGIRE NAMWE MWESE MWITANGA MUGUKWIRAGIZA UBUTUMWA BWIZA KWISI YOSE MUZOBIHEMBERWE.AMEN
@MurekerisoniEvelyne
@MurekerisoniEvelyne Год назад
Amen Amen.
@gilbertnduwayo5436
@gilbertnduwayo5436 11 месяцев назад
Ivyodukora vyose birandikwa na data wo mw’ijuru uwogomba yoreka kwivanga nivy’isi. Ndabona yerusalemu iratwegereje ibibintu yeretswe birakomeye
@user-fb2vq4xk7r
@user-fb2vq4xk7r 10 месяцев назад
Amen amen yesu
@muhirwefabrice9698
@muhirwefabrice9698 9 месяцев назад
Je xxxxxxxxxxxxxxw😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢 FC Girondins GDFgggggggggggggggggggggghhgghhgghggggggggggggggggggccçccççcxccccvcvvvvvvvvvvvvgvvv CV v vvvv vvvvvvvhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhgggggggghhhhhhgvvcccvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvv vcvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvcvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvvv vn, x %
@sandyk4966
@sandyk4966 2 года назад
AMEEEN AMEEENA AMEEENAAAAAAA 🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽
@Kanyamunezaalice-x3e
@Kanyamunezaalice-x3e 7 месяцев назад
😊
@NkundimanaVioletta
@NkundimanaVioletta 7 месяцев назад
narafachijwegosenarinarasegukoreraimananagarutsekuyikorera
@greashgreahes6291
@greashgreahes6291 Год назад
Mana ndagusavye ufashe mugendo rwanje uzumpe kurangiza neza
@octaviennendayifukamiye4754
Urampa iherezo ryiza uze unyibuke kuri wa munsi
@PascasieNibigira-i7r
@PascasieNibigira-i7r 3 месяца назад
Murakoze mukozi wi Imana.Imana idushoboze ntitwikwishoboza
@nizigiyimanaaline2909
@nizigiyimanaaline2909 Год назад
Yoooo!!!mana yacuuu uduhe inkomezi zo kugororoka
@EuphémieNzeyimana-v3r
@EuphémieNzeyimana-v3r 10 месяцев назад
Francine nadusabirinkomezi tuzogiriherezo ryiza
@janetgaaj2705
@janetgaaj2705 2 года назад
Imana iduhe kwezwa gose nogukora icatuzanye mwisi
@tibulikubugi1115
@tibulikubugi1115 2 года назад
Nukuri turabishimira ntaco lmana dakota kugira dutahure
@user-fb2vq4xk7r
@user-fb2vq4xk7r 10 месяцев назад
Mwami yes tubabarir utwambik ninkomez zokunesh gushik kwiherez
@mukansangaeline1658
@mukansangaeline1658 2 года назад
Amena, Mana data dushoboze gukora ibyo ushaka
@gutabarwanimanatv1074
@gutabarwanimanatv1074 2 года назад
Imana nduntabare
@myvenif3627
@myvenif3627 2 года назад
Imana imp guhinduka muri jew kk ubwanj sonokwishoboza
@desirengzh4606
@desirengzh4606 2 года назад
Mana ndagutakambiye umfashe murugendo uzompe iherezo ryiza mw'izina ryawe Yesu.
@richardmanirakiza3756
@richardmanirakiza3756 2 года назад
MANA umbe hafi kuko turi mw'isi yanduye. IMANA iguhe inkomezi nukuri. Iyi ntahe iranyubatse nukuri
@horimberepeace7376
@horimberepeace7376 Год назад
YESU CHRISTO AGUHEZAGIRE CAAANEEE GOOOSEEE MAMA📢📢📢🎶🎶🎵🎵📯📯🎸🎸
@AURIN.OFFICIAL
@AURIN.OFFICIAL 2 года назад
Yesu ahemba neza ,ntihagire icomuzomuburuna kuko mugeza ubutumwa Kure imitima ihembuka 👏 umugisha wa Ndiho ubane namwe abavuga ubutumwa nababugeza Kure.
@AURIN.OFFICIAL
@AURIN.OFFICIAL 2 года назад
@@UMUCOWERATV2021 Amen
@fafyfafy8182
@fafyfafy8182 2 года назад
Mana urampa iherezo ryiza mana we wandemye kumugambi wawe.umpe guheba ibimpimbara vyose ngukorere.
@yvettegahimbare4439
@yvettegahimbare4439 2 года назад
Yesu, adutabare, aturengere, mana, ndagusavye, uzampe, iherezo, ryiza, Francine, lmana, iguhezagire, izakugeze, kure
@VestineImani
@VestineImani 7 месяцев назад
Hi, my name us lydia, and I love it, but i dont understand it please make it in English so i can understand (i can only understand a little bit of it )
@UMUCOWERATV2021
@UMUCOWERATV2021 7 месяцев назад
are you burundian?
@eliasmpozamarira2536
@eliasmpozamarira2536 2 года назад
Amen Amen 🙏
@nathaniranezereza7719
@nathaniranezereza7719 2 года назад
Uwiteka numukozi wumuhanga cako uwiteka azoduhe iherezo ryiza
@durakamil263
@durakamil263 2 года назад
AMENA AMENA umwami abahekuram imama imparire ibicumuro vyanjevyose🤦‍♀️
@rajkellyrajbobo3510
@rajkellyrajbobo3510 2 года назад
Mana data mzshobora vyose udufash uduh iherezo ryizaaa.naw uduhay ubwobutumw iman iguh kuguman nayoooo amen
@arakazaarcade7846
@arakazaarcade7846 2 года назад
Uradukumbuje ijuru
@bbbeocella8856
@bbbeocella8856 2 года назад
Yesu nadufashe
@desirengzh4606
@desirengzh4606 2 года назад
Très intéressant !
@nyandwisylvane4052
@nyandwisylvane4052 2 года назад
Mana dubabarire uduhe imbaraga zo gutsinda isi kandi ubabarire abakozi bawe watoye bagukorere ntaburyarya
@MathieuBintunimana-yw4wk
@MathieuBintunimana-yw4wk Год назад
Benedata turondere ubwiza bwimana bigishoboka arukuburigwa turaburiwe iyonamenya izamunyuma bitagishoboka
@MathieuBintunimana-yw4wk
@MathieuBintunimana-yw4wk Год назад
Imana itubabarire kabisa turabanyavyaha ubunubuntu tugiriwe iciye kuri mwenedata
@gilbertnduwayo5436
@gilbertnduwayo5436 11 месяцев назад
Muntumire numero ya Françine mbega ukorera mububwiriza na Missioni iyahe?
@gorethmperabanyanka863
@gorethmperabanyanka863 2 года назад
Lpp
@kanezasoso3221
@kanezasoso3221 2 года назад
😭😭😭😭😭😭😭Mana uzamfash kuk nibiteye agahind nubwoba 😭😭😭unanshire kurutond umpamaso yokubona ah natakarije😭😭😭
@nizigiyimanaaline2909
@nizigiyimanaaline2909 Год назад
Iyi ntahe ntakuntu twoyironka Viciy kuri whatsup???
@girukwishakaclaudine8672
@girukwishakaclaudine8672 2 года назад
Mana dushoboze nukuri 🤔🤦😭😭😭
@anociatendagijimana-dj6eo
@anociatendagijimana-dj6eo 11 дней назад
Ibisuko kurako
@tajuddintenganya8528
@tajuddintenganya8528 2 года назад
Amen Amen Amen,YESU UHABWE ICUBAHIRO KUKO ARI WEWE UGIKWIRIYE.bavukanyi banje dufatanije urugendo ruja mwijuru ndabasavye uwoba arise numero yumukozi w'IMANA Francine ayimpe
@EuphémieNzeyimana-v3r
@EuphémieNzeyimana-v3r 10 месяцев назад
Francine dusabirinkomezi dukorerimana tukiri mumwuka wabazima
@MathieuBintunimana-yw4wk
@MathieuBintunimana-yw4wk Год назад
Yesukristo atubabarire kukoturi abanyavyaha nabanyantegenke
@solomemnadenasiuma8124
@solomemnadenasiuma8124 2 года назад
Please my fellow Brothers from Rwanda give Testimonies in English so we can all hear and be blessed.
@KubwimanaAlphonse519
@KubwimanaAlphonse519 11 месяцев назад
Gukorera lmana nibyiza bituma dusabana ni Mana
@JosianeRivuzimana-ih7fp
@JosianeRivuzimana-ih7fp 10 месяцев назад
@@KubwimanaAlphonse519;
@mukamwizasavera
@mukamwizasavera 9 месяцев назад
​@@KubwimanaAlphonse519the morning to see how many of us to get you to y seeu
@arakazaarcade7846
@arakazaarcade7846 2 года назад
Muduhe inimero zamwenedata Francine
@lionelnijimbere228
@lionelnijimbere228 2 года назад
Amen,muhezagirwe caaane Kristo
@tagnewouaffo5840
@tagnewouaffo5840 Год назад
Traduisez aussi en français pour nos
@esperanceniyongabo-m2v
@esperanceniyongabo-m2v 5 месяцев назад
Mungu akubariki san❤
@Ciellairambona
@Ciellairambona 10 месяцев назад
Yesu mbonekeshako amaraso yawe menye kugukorera ibihe bidashira Amen
@esperanceniyongabo-m2v
@esperanceniyongabo-m2v 5 месяцев назад
Iman itubabarire Caan kugir cagisagara tuze tukibona
@Reverienyamahafi
@Reverienyamahafi 11 месяцев назад
Amen
Далее
umurundi wabaye ikuzimu
1:26:47
Просмотров 138 тыс.