Тёмный

Isaac na B-FACE muba Fana uratwenga uhwereeee..|| Ikiganiro coose ngiki..|| TWENGA uryohegwe 

Isaac Tv
Подписаться 206 тыс.
Просмотров 22 тыс.
50% 1

Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

Развлечения

Опубликовано:

 

9 июн 2021

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 236   
@diellaakimpaye3518
@diellaakimpaye3518 3 года назад
Abakunda isaac na b face mump like 💕💕
@Alice-vl2kn
@Alice-vl2kn 3 года назад
Uwubon ko B face aruenze like 🥰
@nshimirimanajeanne2261
@nshimirimanajeanne2261 2 года назад
King of music Be face ,love from saudia arabia
@bansbans3802
@bansbans3802 3 года назад
B fac wakwangu mimi ndagufana wallah ww
@randaal1695
@randaal1695 Год назад
Isc ahohantuuu uvuyeee.ndahiketse cauraje.chr❤❤❤❤❤❤❤
@zaria6474
@zaria6474 3 года назад
Byiza cyane isaac mbona utanguye kugira nki bya motown sanya komereza ahoo
@kekeclaire5177
@kekeclaire5177 3 года назад
Waooo nukur naho umuntu yoba agwaye nukur ntiyobur gutweng imbavimbav zanj zirumye peee mrc bcp Issac tv
@ezezetuyifootcr7andsport904
@ezezetuyifootcr7andsport904 3 года назад
😂😂uwo mupeti aranyishe kbx indimi z abanyamahanga zazitwariye rimwe, france, anglais, swahili😂😂ewe dogo sha
@nduwimanaernest9018
@nduwimanaernest9018 3 года назад
I saac Tv vrem turabakunda kuko n uwushavuye murageraagez mukabimukuramwo big up Tv imez nez
@asianassad3357
@asianassad3357 3 года назад
Yooo iza unkumbuj mugatumba nukuri 😥😥
@NinaNina-le6qb
@NinaNina-le6qb Год назад
Ngw'ivyicaro vyimbwa biboneka abagabo bahagurutse ndagufana cane💪💪
@babyloveflores3652
@babyloveflores3652 3 года назад
Ewe isaac nawe uramanyutse nugutwenga nabibonye pe 🙆‍♂️🤣🤣🤣
@asianassad3357
@asianassad3357 3 года назад
Je burya mwirango ndahakumbuye
@ViviVias
@ViviVias Год назад
Isaac TV mwubahwe 🎉❤
@elietriantiranzi-it6yk
@elietriantiranzi-it6yk Год назад
Beface wubahwe urintwari 👑👑 king Rapp commando
@irumvayvonne9506
@irumvayvonne9506 3 года назад
I'm dieing 😂😂 for this"give me ata mucoro",i really miss my country and the people...
@user-cv6ze5me8c
@user-cv6ze5me8c 2 года назад
Muranyiche nagatwengo huuuu gusa mwubahwe ndabakundacane mwubahweee💞💞💞❤❤🥰🙏🙏
@Nestor800
@Nestor800 Месяц назад
B face hujuru cane ❤️ agatwengo kari kanyisha
@KWENYEZAMGuy
@KWENYEZAMGuy 3 года назад
commando ni commedien, na uyo petit wa casquette ya afite akajwi keza vraiment
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 3 года назад
😆👏🏾👏🏾🎩 Ako ga petit Ka Bandana mu mutwe gakwiye Rôle en Comédie. Emmanuel Comando Oyeee ✊🏾😀
@malicksag466
@malicksag466 3 года назад
I'm waiting for the part2
@yussufabdallah493
@yussufabdallah493 3 года назад
LG label on your
@suzanaashim3434
@suzanaashim3434 3 года назад
Mmejitahidi ndabona Wasafi tv ikiganiro Cabo CA Mtaa unaongea harico cabiishij c vraie we support you kd ndabona Buja flavour igum iterimbere
@user-tt4ef9wc5t
@user-tt4ef9wc5t 6 месяцев назад
❤❤ b face ❤❤❤❤❤❤
@malachiemfuranzima7140
@malachiemfuranzima7140 2 года назад
Jewe nzoza buja kuramusa be face on the flow.
@bienvenuentihinduka3137
@bienvenuentihinduka3137 3 года назад
💪💪💪💪💪💪💪 Isaac turasavye🙏ikiganiro nkiki muze murakiduha kwel!!!,muraduha Sat-b nawe
@hannah-mc1lj
@hannah-mc1lj Год назад
Nashek adi. Mbavu zinauma wallahi huyu komad 😂😂 b face you I love you so much uranyica pee
@lilianeerica3318
@lilianeerica3318 3 года назад
Tesa weweee ndagiye ntibandase😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@NinaNina-le6qb
@NinaNina-le6qb Год назад
B face ngukunda kubiii💓💓
@user-oo4rb9uc2w
@user-oo4rb9uc2w 2 года назад
yiyoooo akagahungukararyohey
@kwizerafabrice7054
@kwizerafabrice7054 3 года назад
Kbsa
@skandarskandar2671
@skandarskandar2671 3 года назад
Nihatari kweri kingeleza ico bara🤣🤣
@musanabaganwabelso2901
@musanabaganwabelso2901 3 года назад
Réponse za B-face zama kumunwa, urareunze musaza 🥰🥰
@user-so6hx9qs2k
@user-so6hx9qs2k Месяц назад
Be face wubahw🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
@deborahofficial6154
@deborahofficial6154 3 года назад
Mbayumbere nimumpe izo link twimanukire kwa isaac tv
@docapp8062
@docapp8062 3 года назад
B Face ndagukunda cane iyaba mfise amafaranga nokoze ikintu kubwawe,kimwe nkwifurije gutera imbere bihebujije
@nsabimanalewis5183
@nsabimanalewis5183 3 года назад
Saf gs kommanda arashoboy muzoze mudutegurira ibibintu nkib cane ibibintu nabibon can tanzaniya
@escropionsanckes2340
@escropionsanckes2340 3 года назад
Abemera KO icogi peti cambay ishapo y'a rouge KO bagiponze ama iyo like
@divadaqueen6558
@divadaqueen6558 3 года назад
😂😂😂😂😂Uyomu tip arantwengeje ku congereza ciwe😂😂😂😂😂😂😂😂gusa arazigucoresha👏👏👏👏👏
@skandarskandar2671
@skandarskandar2671 3 года назад
Ndamwikundira B Face
@zfjxgxgwx7446
@zfjxgxgwx7446 3 года назад
Wallah ndakunda b-face kabisa.ukuntu yishuribibazo kuri tv
@alinaalina3089
@alinaalina3089 3 года назад
B.face arishura we agendana inyishu kururimi jew aranyicya pe
@nzeyimanaaisha6437
@nzeyimanaaisha6437 3 года назад
Ndingah jyew umfana wu mkobwa☝️💕💕
@germainenahimana3465
@germainenahimana3465 2 года назад
Isaac turakumbuy ibiganiro nkibi, vyaba nyagihugu batobato, bara turuhura mumutwe 😂😂😂
@NibiziAline
@NibiziAline Месяц назад
Mana yanje umuntu arwaye agaca araba iyi video yoca akira😂😂❤❤
@Sarah-yl8uz
@Sarah-yl8uz 3 года назад
Ndagukunda cane b face
@sautiyabeivevo6963
@sautiyabeivevo6963 3 года назад
Isac za muratwibuka natwe.aba upcoming
@jacquesntabagara3682
@jacquesntabagara3682 3 года назад
Isaac TV ,you need to employ that Somali boy,he can do a good job.There is talent there.
@kingmanjulias
@kingmanjulias 3 года назад
Muratwishimbavu, Nimbeho Turimwo Zambie yatuvuyemwo kubera ikikiganiro,, ndafuye
@nsazabahizirehema7897
@nsazabahizirehema7897 3 года назад
B face ndangufana wallah I love you more more money broo
@modrikenlybruno5295
@modrikenlybruno5295 7 месяцев назад
B-face arafise Impano ya commedi vrema ndamufana kandi azobigeragez😂😂😂 Aratwenza birenze
@user-vk7vz2fs7m
@user-vk7vz2fs7m 3 года назад
Shahu mwamyishe na yimbere arihejuru
@dianenkurunziza3799
@dianenkurunziza3799 3 года назад
Mbavuzangu ndapfuye nukuri
@hanifaalia5476
@hanifaalia5476 3 года назад
Iyi interview nariyirindiranye igishika cinshi respect
@_-wt8ns
@_-wt8ns 11 дней назад
Abobavy twarakorany mukivander
@lilianeerica3318
@lilianeerica3318 3 года назад
Wapi abakene ntiboreka kuja mwijuru ngo kubera imihari Aho hoho numutunzi ntiyojayo kuko nawene aguma akenera amafaranga nawene mubidoga abarimwo
@gracebahati7626
@gracebahati7626 3 года назад
Nari natanzwe nukuri 😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣❤️❤️❤️❤️❤️❤️✅✅✅✅
@user-im2fg1bp2v
@user-im2fg1bp2v 7 месяцев назад
😂❤🎉❤🎉🎉❤🎉 ico kiganiro koranyumij kiraryosh
@JuniorJunior-lf2qj
@JuniorJunior-lf2qj 3 года назад
Warundi acheni kukopi vipindi amuna ubunifu, Munayikaliyaga kukopi kila kitu
@priscillamugisha794
@priscillamugisha794 3 года назад
Ndamukunda cyane
@queliairambona860
@queliairambona860 3 года назад
😂😂😂😂😂😂iyi suite narindayirindirany igishika kweli 👍👍
@habarugira2269
@habarugira2269 3 года назад
Uzoze umunyegeza ntibamubone canke ubaza abariko barengana
@uwimanamagnifique6983
@uwimanamagnifique6983 3 года назад
Bro ndagufana kweli uraberwa gose
@samial-khusaibi772
@samial-khusaibi772 3 года назад
Asaac utuntu kutu uzoze uradukata uturungika muri whatsapp
@user-kk8rc5qe6t
@user-kk8rc5qe6t 4 месяца назад
B-face urakora neza vrt
@aishayy8897
@aishayy8897 3 года назад
Nagatir nagahevy so merci Assac na bface muranyish 🤣🤣🤣atumuken ntazobonijur
@mukunzinaplouse8025
@mukunzinaplouse8025 3 года назад
B face forever
@junezihashran1583
@junezihashran1583 3 года назад
Nawapendaga sana hasa mkikutana boniface na zahaku
@user-di6tm8gk3j
@user-di6tm8gk3j 2 года назад
B face reka kumvuna imbavu nabafanse bawe
@loudyryooopolsanntubonakur5747
@loudyryooopolsanntubonakur5747 2 года назад
B face wew ntabafana babakobwa ufise B face naw biragushaaaa 🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@nifashaalexandre3108
@nifashaalexandre3108 3 года назад
B face inyishu zinaniuwa
@stitore2388
@stitore2388 Год назад
B face ndakufana tuuu asaac wubahwe mukomere 😂😂😂😂😂😂
@zuriathzouzou8285
@zuriathzouzou8285 3 года назад
Ndafuy nugutwenga kwer🤣🤣🤣🤣 B Fece ndamukunda cn aratwenz😂😂😂
@maombiclaudine6937
@maombiclaudine6937 2 года назад
B face turagukeneye kirundo asaac kalibu kirundo
@tuyisengegifttuyisengegift
@tuyisengegifttuyisengegift 5 месяцев назад
🔥🔥🔥🔥🔥🔥
@emmanullairankunda5831
@emmanullairankunda5831 3 года назад
B face ♥️♥️♥️♥️♥️😘😘😘😘😘
@AlainNishmw-jq5xt
@AlainNishmw-jq5xt Год назад
B face🇧🇮🇧🇮🏁👌✌️
@Kanezamartine5884
@Kanezamartine5884 2 года назад
Abatunzimurakomerewe kweri 😂😂😂😂
@user-oo4rb9uc2w
@user-oo4rb9uc2w 2 года назад
kabisa uyomwana awareness ndamukunzecane
@nourambarak6297
@nourambarak6297 3 года назад
nice be -face
@manirakizathierry4883
@manirakizathierry4883 3 года назад
Yuda big up
@seniorrobertoomonde7652
@seniorrobertoomonde7652 2 года назад
Ndahwerey nogutwenga
@adidjakaneza8550
@adidjakaneza8550 3 года назад
Nukuri ndamanyutse😂😂
@_-wt8ns
@_-wt8ns 11 дней назад
Muranyicimbavu Yoo uyomusonar nibo iryojwirirakaz
@chanykeys6832
@chanykeys6832 3 года назад
Mi nafuraaayi vraiment 😂
@venusteclassic9025
@venusteclassic9025 3 года назад
Hhhh ni ibyiza bija mubindi
@mwaminiomar185
@mwaminiomar185 3 года назад
Ntaco munsigiye🤣🤣🤣🤣,courage🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦
@innocenterick8918
@innocenterick8918 3 года назад
ndagukunda can b
@fatmasaf63
@fatmasaf63 3 года назад
B feci uranyishe🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🇧🇮🇴🇲
@user-pk1kr4rb4z
@user-pk1kr4rb4z 9 месяцев назад
Muranyeguy b face aranyegura peee 😂😂😂😂
@user-xw6uk9dc2i
@user-xw6uk9dc2i 3 года назад
Muraryoheye uyumunsi good
@habarugira2269
@habarugira2269 3 года назад
T max kotutamwumva gute muraraba mumuturonderere
@Fatmh-gf8uk
@Fatmh-gf8uk 3 года назад
👍👍👍
@Jombawayuser-ps2vp4nh7u
@Jombawayuser-ps2vp4nh7u 7 месяцев назад
B-FACE hejuru😂😂😂😂😂
@aminaqueen7716
@aminaqueen7716 3 года назад
🔥🔥🔥🔥🔥
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 3 года назад
Abanyagihugu nibo babiryosha muri Channel yanyu😀✊🏾 Nimumuhe agatahe basha yigwarize!
@malekahmm7502
@malekahmm7502 3 года назад
B face nukuri urashisha 😂😂😂😂izonyishu zaw nukuri unkuye stress
@hannah-mc1lj
@hannah-mc1lj Год назад
Ikiganiro kiraryosh pee
@burundikugatumbatv16
@burundikugatumbatv16 3 года назад
B Face my Best Rapa.
@user-di6tm8gk3j
@user-di6tm8gk3j 2 года назад
B face inyishu zawe zijanye numutima mwiza wawe ufise
@kww7783
@kww7783 3 года назад
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Далее
Редакция. News: 125-я неделя
48:25
Просмотров 1,7 млн
GASORE COMEDY & KAMOSO COMEDY: Kwiba ishikanwa PART 1
15:52
TUBANE NEZA ll ABAKOBWA BA BUJUMBURA INGESO ZABO
59:19
Просмотров 3,5 тыс.
🚘 когда купил себе полик
0:35
Просмотров 3,4 млн
ХАЛТУРЩИК
0:23
Просмотров 8 млн