Тёмный

Ku nama: Amahera azokoreshwa mu mwaka wa 2024-2025 azanye iki nk'inyishu y'ingorane zihanze igihugu? 

Isanganiro
Подписаться 68 тыс.
Просмотров 2,7 тыс.
50% 1

Ikiganiro gihagaze ku bijanye n’ikoreshwa ry’uburyo reta itegekanya ku mwaka ifatiye ku migambi. Akatuzo kashizwe ku yazokoreshwa mu mwaka wa 2024-2025. None ayo mahera reta izokoresha mu mwaka wa 2024-2025 azanye iki kugira atorere umuti ingorane zihanze igihugu mu bijanye n’ubutunzi, ufatiye kw’ikena ry’igitoro? Ayo mafaranga nyene azokoreshwa gute ku buryo Uburundi bushika kuri rya hangiro ry’igihugu cifashe 2040 n’igiteye imbere muri 2060?

Развлечения

Опубликовано:

 

30 июн 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 1   
@njejimanaalexis5516
@njejimanaalexis5516 2 дня назад
Ntahuye ko amahera bashira mu nzego Aba menshi gusumba Ayo bashira mu mugambi(secteur clé de dvlpment)
Далее
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 9 Mukakaro 2024
13:06
Просмотров 2,1 тыс.
Cabeças erguidas, galera! 🙌 Vamos pegá-la!
00:10
Jordan Bardella Face à BFM - L'interview en intégralité
1:03:57