Тёмный
No video :(

Kwubaha (Soumission) ku Mugore isigura iki? Ukungana k'umugore n'umugabo tuvyumva kumwe? 

PAM Channel TV
Подписаться 26 тыс.
Просмотров 2,6 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

22 авг 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 19   
@angemirabellemutoni-fq2cz
@angemirabellemutoni-fq2cz 5 месяцев назад
Nakunze ikayi k'uyu musi basha 🥰
@gettynezerwe4199
@gettynezerwe4199 5 месяцев назад
Wow 👌 Ikiganiro ni ciza caane, wagize neza caane kubatumira Leader Irène Pamela 👏👏 Bakozi b'Imana Pasteur Emerance et Pasteur Queen Belle Monique 👏👏👏. Muratanze Umuco peee!!! Mpwemu-Yera akomeze kubahishurira Ukuri. Harahiriwe abazokumva uku kuri.
@kam3384
@kam3384 5 месяцев назад
Queen uravuga nk'umunyabwenge yameny'Imana. Murwize ibiganiro nk'ivyo bizofasha benshi. God bless you
@queennyeniteka2665
@queennyeniteka2665 5 месяцев назад
Murakoze cane
@jeaninehan
@jeaninehan 4 месяца назад
Abo ba mama bari sage 👍
@bigirimanaesperance8485
@bigirimanaesperance8485 5 месяцев назад
Le terme égalité renvoie à l'égalité en matière de droits: égalité d'accès et égalité de jouissance. Sinon, les rôles diffèrent même biologiquement c'est connu.
@elysenijimbere3555
@elysenijimbere3555 5 месяцев назад
Wewe Urashobora kuba uri umu juriste ndavye.
@benithalamadonnairakoze381
@benithalamadonnairakoze381 5 месяцев назад
Ukuri kw'ijambo ry'IMANA, la vrai Fondation. Imana ishimwe canee kubakozi b'IMANA badusangije ukuri gukwiye kandi kuri balancée.
@queennyeniteka2665
@queennyeniteka2665 5 месяцев назад
Amen
@elysenijimbere3555
@elysenijimbere3555 5 месяцев назад
Oooh,abo ba dames baraciye ubwenge ivyiyumviro vyabo biri à la hauteur 😊😊😊😊
@edwigejinama5282
@edwigejinama5282 5 месяцев назад
Waouuuhh ikiganiro ciza cane ...merci Pam Channel TV
@ThanksPolan-zp7uo
@ThanksPolan-zp7uo 5 месяцев назад
Soyez bénis ba mama beza bubwenge
@user-kw3nk4iu1j
@user-kw3nk4iu1j 5 месяцев назад
Abagore turakomey cn❤❤❤
@perleblancheakaneza9366
@perleblancheakaneza9366 2 месяца назад
Ikiganiro nizemwo vyinshi cane🤩.Imana ibahezagire cane 👏🏻.
@clarissabellaterimbere6073
@clarissabellaterimbere6073 5 месяцев назад
ikiganiro ciza😊
@gladysnishimwe1667
@gladysnishimwe1667 5 месяцев назад
Merci beaucoup, mubivuze neza cane
@pamchanneltv1502
@pamchanneltv1502 4 месяца назад
Merci à vous
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Месяц назад
Basha Ikiganiro kiri Très Très Feministe.abatumire banyu bavanga Idées politique, Idées culturelle ,Idées Sociale na Idées réligieuse😊😊🤔 ntibivangwa,aho niho bizingiye! Hama Madame Pamela,kuba Umugore atwara Inda Amezi 9 nta Buhizi burimwo! bivuga ko uyo Mugore afise Ibihimba bikomeye bikora uko bikwiye gukora! Ibaze guhaya Umugabo kubera yameze Ubwanwa canke guhayagiza Ifi ko izi kwoga!! Inyoni ko iguruka! Ikiganiro,gishingiye k ubumalayika bw Abagore nk uko abagabo ari abacinyiza abagore atakindi bakora Umengo Umugabo aravyuka akavuga ngo je mvyutse Umugore nzoza ndamuhohotera!😢 Oooh! Les Anges moderne😊
@steffy_keina
@steffy_keina 2 месяца назад
Salut! Ndakunda cane cane vos emissions mais petite suggestion. La musique est un peu forte pendant l’emussion et je dirais c’est mieux peut-être que la musique soit juste à l’intro. Merci sinon couragee❤️
Далее
💀СЛОМАЛ Айфон за 5 СЕКУНД😱
00:26
skibidi toilet zombie universe 40 ( New Virus)
03:06
Просмотров 1,9 млн
#kukayi: Sinigeze ngira isoni... Intahe ya Aisha
39:40
Просмотров 4,8 тыс.
💀СЛОМАЛ Айфон за 5 СЕКУНД😱
00:26