Тёмный

Mbega amakaritiye y'igisagara ca Bujumbura yoba yamanye amazina afise ubu ? 

Isanganiro
Подписаться 67 тыс.
Просмотров 2,2 тыс.
50% 1

Nestor Kasaba, umuhanuzi mu biro vy'umukuru w'igihugu bijejwe imibano, imico kama na poritike, umukinyi wa kera w'umupira w'amaguru mu mugwi Intamba mu rugamba, aratubwira amwe amwe nko Kw'ibereshi (Bwiza).

Развлечения

Опубликовано:

 

11 июн 2023

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 2   
@ClovisIrakoze-bl8bg
@ClovisIrakoze-bl8bg Месяц назад
Uyo mutama arakuze natubWire ivyakahise
@Chrismbo760
@Chrismbo760 Год назад
Uwo nyakubahwa KASABA Nestor ndamuzi nkumurezi mwiza,wintungane, yatubereye pref de discipline Lycee Mwaro mugihe ca 1994 igihe kitari coroshe mugabo yarerekanye ubuvyeyi nubushingantahe vyiwe naho bitamworoheye! Kandi ga ntasaza
Далее
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 5 Mukakaro 2024
15:22
Просмотров 1,9 тыс.
Tuvuge ivy'aba chouchou 😅
3:52
Просмотров 1,9 тыс.