Тёмный

#MSD 

Radio Peace Fm Ijwi ry'urwaruka
Подписаться 10 тыс.
Просмотров 2,2 тыс.
50% 1

Ingingo nkuru nkuru
1.Umugamwe urwanya cndd-fdd Msd uvugako abarundi biteguye gutembagaza ubutegetsi bwa Ndayishimiye Varisito arongoye Uburundi, mugihe atokwibwiriza ngo yegere abo batavuga rumwe mu ntumbero yo gutorera inyishu ibibazo vyamaze guta mu manga Uburundi, ivyo bigashikirizwa na Sinduhije Alexis arongoye uwo mugambwe .
2.Abanyagihugu bo mu ntara ya Mwaro, baridogera buramatari ko ariko arabatoza amafaranga ku nguvu yo guterera umuryango w'umukuru w'igihugu Ndayishimiye kugira bategure amasengesho y'uko Imana yabarinze bakamara imyaka 4 ku butegetsi.
2.Ishirahamwe ryishinze kurwanya kurya igiturire n isesagura ry ubutunzi bw'igihugu OLUCOME rirasaba reta ya Ndayishimiye kunyegurura igitabo umuhisi Nkurunziza yasize asigne ni mugihe bari baramutse baha amanota 50 reta y'uburundi mu myaka ine bamaze ku butegetsi .
Amaku twabateguriye saya gusa tubafitiye nayandi avugwa mu bindi bisata gumana najewe Jeane D'Arc Gikundiro ngire ndayabashikirize nkaba ndiko ndafashwa na Chanel Ntiharirizwa mubuhinga bw'ivyuma kaze mwese mw'ido n'ido
#cndd_fdd #cnl #imbonerakure #m23 #ndayishimiye #parcem #rwasa #burundi #msd

Опубликовано:

 

6 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 1   
@Pascalniyonkuru-lr3yu
@Pascalniyonkuru-lr3yu 3 месяца назад
Kayamuheriki kandi iyitiye?
Далее
Burundi, President, H.E. Mr. Evariste Ndayishimiye
3:00
Macron, un président déprimé ?
55:40
Просмотров 16 тыс.
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 05 Gitugutu 2024
13:08
Просмотров 11 тыс.