Тёмный
No video :(

Mukumva ivyo GRETTA na JUSTE bavuze murahabuka//Abarundi bamwe tudahindutse karabaye//Amarira wagize 

UMUKUBITO
Подписаться 178 тыс.
Просмотров 21 тыс.
50% 1

Mukumva ivyo GRETTA na JUSTE bavuze murahabuka//Abarundi bamwe tudahindutse karabaye//Amarira wagize
‪@NtareRushatsiHouseTV‬
#nkurunziza

Опубликовано:

 

22 авг 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 260   
@bizindavyidavid3596
@bizindavyidavid3596 2 месяца назад
Nibaza ko mutazi itandukaniro ry'Uburundi nk'igihugu hamwe n'untwaro itwara igihugu. Rero ntawanka igihugu ivyo muravyumva, binakenew mubironkemwo ubumenyi, canke mubikoreko ikiganiro. Ariko indongozi z'imburakimazi zihari ubu nizo zambere zanka Uburundi, zibufukamye munda. Tahura iryo tandukaniro rero
@kalyka4107
@kalyka4107 2 месяца назад
Haha ibaze ngo uvunike, ukora ijiro numutaga hama ugemurire amafaranga abantu batazi gutunganya namakoli bakura mubanyagihugu.
@ralphpierre2124
@ralphpierre2124 2 месяца назад
Ngo uburundi buzogutiza aho baguhamba 😅😅nibaza ko batarabashira muri comité yo guhamba
@Umweranda_BIHOME
@Umweranda_BIHOME 2 месяца назад
​@@ralphpierre2124😂😂😂😂
@rayngabo
@rayngabo 2 месяца назад
Abo bantu ni ibirofa naturellement canke ils sont payés pour?
@sese667
@sese667 2 месяца назад
Erega bategerezwa guca umukate sinon, barazi ukuri nyakuri aho guhagaze ... Ikindi naco bano bantu ndabameneyereye muri "entertainment" muri "Show bizz" sinzi igituma binjiye muvya politike, cane cane uwo mukobwa wewe biraboneka ko avuga bintu atanatahura, We na Gael, baritiranya "Patriotisme" na "Nationalisme" ; "Igihugu" "N'ubutegetsi" ... N'ibigumire mu vya "Show bizz" bareke kuvuga ama sujets batazi batanatahura ... Umukubito TV ni channel nzi ahanini mu vya "Divertissement" ariko buke buke iriko igenda ita umurongo ... Niba ar'ibintu biri sensisibles, batuma bareka kubivuga bakigumira kuri ligne éditoriale yabo ya "divertissement" ahanini canke izindi nkuru zose zitari politike canke ataho zihurira na politike ...
@valerebisama6483
@valerebisama6483 2 месяца назад
Baragusumba kuko we ntakiganiro urakora
@JoJoKingPin.0482
@JoJoKingPin.0482 2 месяца назад
Merci.🤝👍
@joyeuxniyonkuru2701
@joyeuxniyonkuru2701 2 месяца назад
Abarundi ntibanka igihugu banka uburongozi bubi
@lubegadidier4287
@lubegadidier4287 2 месяца назад
Igihugu nubutegetsi biratandukanye ntukabivangye
@lostboy2608
@lostboy2608 2 месяца назад
Uburongozi bumeze nabi gute? Tanga akarorero. Hanyuma uburongozi ntiwobwitwaza kugira wanke igihugu. Buragenda ariko Bdi bugumaho
@kalyka4107
@kalyka4107 2 месяца назад
@@lostboy2608 uburorero na president ahora abutanga wenyene. Urabaza amafaranga amaza kwibwa kandi yaragenewe iterambere ryigihugu. Hama uwubajije iyo amafaranga ari niwe yitwa inyankaburundi.
@carrelmazameza2962
@carrelmazameza2962 2 месяца назад
Uburundi buzoterimbere system ya Cndd fdd ivuyeho kuko hariho benshi bafise umutima woguteza imbere igihugu ariko namwe murabizi akarenganyo kari muburundi.!!!
@butoyialexis2316
@butoyialexis2316 2 месяца назад
Ako karenganyo karamye,nuko utari mubagakorewe tumenye kudahengama,nta gishasha kiriko kiba kitamyeho, ariko vyoose ni kubireka tugire nouveau départ iyo système wanka ivuyeyo hoja nde?adafise kahise katagira icaha....ahubwo tubahanure tudatukanye
@BahatiTido-hj6cv
@BahatiTido-hj6cv 2 месяца назад
uBurundi ntibwishwe na system ya CNDD FDD no uBurundi bwishwe na hutu tutsi abatutsi batwaye abahutu ntibemera abahutu batwara abatutsi nabo baca bagumuka rero hutu tutsi itavuye mur politique uBurundi ntiburoja kuyindi lèvel ndakurahiye
@valerebisama6483
@valerebisama6483 2 месяца назад
Akarenganyo kamyeho we harivyutabonye
@hilairebarutwanayo6111
@hilairebarutwanayo6111 2 месяца назад
Le patriotisme est un sentiment d'amour, de dévouement et d'attachement envers son pays. Il se manifeste souvent par la volonté de le défendre, de promouvoir ses intérêts, ses valeurs et ses cultures. Ce sentiment peut inclure la fierté nationale, le respect des symboles nationaux et l'engagement à contribuer positivement à la société nationale. Le patriotisme peut également impliquer une réflexion critique sur les aspects du pays, visant à l'améliorer tout en restant fidèle à ses principes fondamentaux.
@hilairebarutwanayo6111
@hilairebarutwanayo6111 2 месяца назад
Nous avons un long chemin à faire
@gersonsantosdasilva1677
@gersonsantosdasilva1677 2 месяца назад
💯💯💯
@AngeRubeneIrakiza
@AngeRubeneIrakiza 2 месяца назад
Abantu nkamwe nimwe igihugu gikeneye Merci Gaël na Gretta Imana izodufashe guhinduka kandi izobikora Merciii ❤❤
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 2 месяца назад
Milliards ziriko ziribwa n'amazina azwi mwebwe muzi k mudacira hasi 😂😂😂😂 Gael ntamutumire ufise wazanye ikigoryi 😂😂😂
@dianeinamwiza
@dianeinamwiza 2 месяца назад
Greta,respectez abantu bahuye n,ibibazo,babuze ababo bishwe,bavuyeyo bakiza amagara,abo bantu uriko urabashinyagurira.Ivyo uriko uravuga ntuzi abantu bikomeretsa,wewe uravaru muto,ni ugume muri showbizz ivindi uvyihorere kuko hariho abavyumvise boca bagufata ukundi kandi mbona uri umu maman gentille ahanura abandi ba dames,iguma murivyo,ivindi ubireke pe,mana dufashe
@julesspencer517
@julesspencer517 2 месяца назад
Kubivuga birababaje ariko birakenewe burya kahise ni kahise il faut ko twi concentra sur le future nimba ushaka kugera kure utegerezwa kwibagir kahise ivyakubabaje
@kalyka4107
@kalyka4107 2 месяца назад
Nukuri aha nanje natangaye cane.
@alidacynthiaakimana4491
@alidacynthiaakimana4491 2 месяца назад
Je suis totalement d'accord avec toi
@DonSantiana
@DonSantiana 2 месяца назад
​@@julesspencer517kahise ni kahise mais wibaza ko atabantu bipfuza gutaha iwabo? Il faut adresser le problème comme il le faut nimba mutinya kuvuga exactement ikibazo kiri mugihugu mwopfuma munuma hama mureke gutoneka abababajwe. This video is so ignorant🙄
@valerebisama6483
@valerebisama6483 2 месяца назад
Uwo sumwana we ntiwomubwira ivyavuga
@user-nk3ue2cs4k
@user-nk3ue2cs4k 2 месяца назад
Abarundi ont un esprit négatif et veulent avoir tout gratuit. C'est impressionnant de constater qu'il y a des jeunes arrivés en occident et n'arrivent pas à tenir au travail alors que baje kurondera. Ils ont besoin d'un encouragement pour construire quelque chose au pays comme une motivation. Les Burundais doivent s'accepter dans leurs histoires différentes. Ce pays sera développé et modernisé par sa nouvelle génération qui n'a pas trempé dans des guerres où conflits . Tout ce qui s'est passé et se passe maintenant, est fait par les vieux dépassés . D'où la jeunesse doit changer la narrative car les problèmes vont toujours exister.. WE NEED A BURUNDIAN DREAM, SHOW US THE BEST OF BURUNDI AS U ALWAYS DO MR Gael.
@FleuryRukundo-gw6bn
@FleuryRukundo-gw6bn 2 месяца назад
Mais aussi longtemps que que ce sont ces "vieux depassés" qui seront toujours à la manette, vous pourrez toujours considérer vos dreams là comme un fairytale. Quand la tête est pourrie, le reste du corps ne peut jamais survivre. Pour le reste, aucun burundais n' ignore que notre chère patrie est une perle qui nous a été donnée par le bon Dieu.
@user-jz1bb4ti6j
@user-jz1bb4ti6j Месяц назад
Vous avez été payé par le pouvoir pour faire cette émission civique soi disant 😮😮.
@keolamuco4629
@keolamuco4629 2 месяца назад
Agashinyaguro right?! Nahora ndakwemera mais unkoze habi. Sindabipfurije kwangazwa..but menya ko amahanga ahanda kandi ata choice tuba dufise! Kandi kuvuga ahagwaye ntibisigura ko tur'inyanka burundi,but twanse kuba abaja! One more thing..kuba tudahuje ivyiyumviro doens't mean ko nca mba umwansi. Mwebwe muhabaye..ntibisigura ko arimwe mubukunda gusumba! Mukomeretsa abantu mutabizi...please muzokwihane
@sese667
@sese667 2 месяца назад
Erega bategerezwa guca umukate sinon, barazi ukuri nyakuri aho guhagaze ... Ikindi naco bano bantu ndabameneyereye muri "entertainment" muri "Show bizz" sinzi igituma binjiye muvya politike, cane cane uwo mukobwa wewe biraboneka ko avuga bintu atanatahura, We na Gael, baritiranya "Patriotisme" na "Nationalisme" ; "Igihugu" "N'ubutegetsi" ... N'ibigumire mu vya "Show bizz" bareke kuvuga ama sujets batazi batanatahura ... Umukubito TV ni channel nzi ahanini mu vya "Divertissement" ariko buke buke iriko igenda ita umurongo ... Niba ar'ibintu biri sensisibles, batuma bareka kubivuga bakigumira kuri ligne éditoriale yabo ya "divertissement" ahanini canke izindi nkuru zose zitari politike canke ataho zihurira na politike ...
@valerebisama6483
@valerebisama6483 2 месяца назад
Urumuja Nyene kuko nturiwanyu ngira ntuzi ico bita kuba mubuja
@user-sf4sh1io1s
@user-sf4sh1io1s 2 месяца назад
Saluu iyo sujet mwazanye irabarengeye Mwaba.
@valerebisama6483
@valerebisama6483 2 месяца назад
Harimwo uwawe?
@EricBanda-zd9he
@EricBanda-zd9he 2 месяца назад
Mur nagahimb nta murund yank igihug arik yank ic bahahuriy mbe gaiel ivy muvyirengagiz mubiz wew uravy nka directeur sahab wa kira hospitar bomurekur akajabuk igihug yogaruk nimwivugir kuk bitarabashir ccdd irakaz
@valerebisama6483
@valerebisama6483 2 месяца назад
Ntawunduzi uzuwo wenyene?
@hakizimanajames-hm6xt
@hakizimanajames-hm6xt 2 месяца назад
Ikintu cishe UBURUNDI nibintu ubujuju bisizemwo vyokurabana kumazuru Ndabaza none kuki Abarundi basenga cane ariko ibintu vyubujuju kuki batobisengera hama umwewese mubwiza yisanzemwo Abunezerererwe nuko imana yabumuhaye kuko ntanyange yabuze agasembwa hama Abana babantu bose bakundane duteze imbere igihugu cacu neza ibinebwe tubiponde bakure Amaboko mumpuzu
@user-hf8kz5tx8j
@user-hf8kz5tx8j 2 месяца назад
Non ninba murwanda birata amabarabara nimutubwire ikitunatwe twokwira dufise
@luizfigo1133
@luizfigo1133 2 месяца назад
Bambarize Bari kuvuga ubugoryi bwinshi 😂
@mere_nature
@mere_nature 2 месяца назад
Hinge ntubone abantu baje ngaha ngo imikeke ni ndagara abo nabo ntamakuru bafise ko umukeke hariho amafi menshi awuruta🤭 cank bisa
@bizindavyidavid3596
@bizindavyidavid3596 2 месяца назад
Ndahjj kubumviriza. Nobahanura ko ivyo biganiro mukora mwobanza kwitondera ama sujets muganirako. Ikibazo co "gukunda" igihugu mubanze mwibaze ko mwebwe mwenyene mugitahura. Mudapfa gusubiramwo ivyo iyo reta ibatuma kuvuga. Gukunda igihugu bigusaba ubwambere kugikingira, bisigura kudomako urutoke kuri uyo wese ashaka kugipfukama munda. Mugihe utabesha aho uba uriko urangura iragi rya ba sokuru. Uba uriko urakigwanira. Nayo mwebwe mwihaye ikibanza co kudoma urutoke uyo wese ashira ahabona abo bapfukama munda benewabo. Muve murizo "slogan" nimba mutinya munume, canke muhe akanya mwige neza iyo sujet. Kuko mbona mwayaze kukintu mutamaitriza. Gretta, umuntu akeneye contact yawe yoyikurahe? Merci
@sese667
@sese667 2 месяца назад
Uvuze ukuri pe ! Baje bavuga ivyo bamaîtrisa neza, ivyo batamaîtrisa canke batinya kuvuga kumvo zizwi kandi zumvikana, babireke, bibandanirize muri Entertainment ... Cane cane mvuze Gretta kuko muriyi vidéo avuga ivyo ata maîtriza ... Gretta n'iyibandanirize muri événementiel, Gaël muri Entertainment bagume bose muri Entertainment canke ikindi kintu icarico cose bamaîtrisa, kuko mbona bariko barashaka kwinjira muri politike ...
@JoJoKingPin.0482
@JoJoKingPin.0482 2 месяца назад
🤝👍
@sese667
@sese667 2 месяца назад
Ico nkundiye Gretta, ku ma réseaux sociaux yiwe officiels, asanzwe akoresha, yasavye imbabazi kandi sinzi ko izo mbabazi zivuye ku mutima canke zivuye kuri pression y'abamukurikira ku ma réseaux sociaux, ariko uko biri kose, yazisavye kandi jewe kugiti canje nazimuhaye ... Ikibi s'ukugwa, ikibi n'ukugwa ntuvyuke !
@FleuryRukundo-gw6bn
@FleuryRukundo-gw6bn 2 месяца назад
Nta muntu n' umwe abaho avuga nabi igihugu camwibarutse Gaël. Mbe hamwe mu bangiriye nabi noba nk' ibabona mu ntwaro nogaruka gute? Nibaza ko iyo sujet mutayiteguye neza.
@valerebisama6483
@valerebisama6483 2 месяца назад
Donc uzogaruka bahavuye?
@luizfigo1133
@luizfigo1133 2 месяца назад
Full of stupidity analysis ninde wanka Igihugu cye? Yagiye kuko yishimye se 😂😂😂😂😂
@Twese.01
@Twese.01 Месяц назад
Kuba ndi umurundi ndi proud, sha natwe tuba hanze ni bake cane bipfuza kuguma hanze ubuzima bwabo bwose, benshi uja wumva ngo retraite/pension nzoyigirira mu Burundi. Uzi yuko n'abana tubigisha ikirundi hasi hejuru ngo bakimenye bakivuge muhira no mubandi . Hari abarundi bigira abazungu ariko ntibigera baba bo. Uzi yuko abazungu basuzugura umu noir yataye ses valeurs culturelles, natwe naho tuba dufise nationalité zindi abazungu bama batubaza ibintu bagatanguza ngo " dans vos pays d'origine....". Nico gituma Uburundi atakizobundutira🎉
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 2 месяца назад
Gaël wew uriko wironderera umutekano uri kukazo nayo iryoshano katazi igihugu ni'igihugu
@kalyka4107
@kalyka4107 2 месяца назад
U Burundi ni bwiza caaane, abarundi nabantu bezaaaa kandi kuvuga ibitagenda neza ntibivuga uba wanka iwanyu. Iyo igihugu kigize ingorane kubera ikiza cateye numva vyumvikana. Ariko ko abarundi tumererwa nabi kubera abadutwara basesagura bakongera bakica benewacu hama ngo duhore ivyo nunva bigoye... Ntamuntu yanka iwabo ahubwo ashobora kuba yanka ico bahuriye mu Burundi.
@ncxp5663
@ncxp5663 2 месяца назад
Ubivuze neza cyane.
@alidacynthiaakimana4491
@alidacynthiaakimana4491 2 месяца назад
Égo vraiment
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 2 месяца назад
Uwuhaze ntasobwa n'umugani😂😂😂
@bsninja3889
@bsninja3889 2 месяца назад
Yooo ndabakunze sana. Nzazana abahungu banje 2025. 2022 naragarutse, et franchement je suis tombée amoureuse de mon pays. Merci pour votre émission
@godsgrace6820
@godsgrace6820 2 месяца назад
Sinarinzi ko mufise QI iri aussi bas 😢. Nimuvuge birya mwahoramwo ivyo birabaroka vraiment
@omarndihokubwayo
@omarndihokubwayo 2 месяца назад
Je nabonye Ku ma réseaux sociaux yose bariko baratyoza ngo mwamenje ncandaza kuraba ivyo Bintu none nsanze ahubwo muri courageux gutreta ivyo sujet. Erega ibintu bigeze ahatemba Aho umurundi yaduka agatuka i gihugu camwibarutse kikamugira ico ari Uno munsi
@misigarodev
@misigarodev 2 месяца назад
Juste, t’as juste trahi ton audience. Courage muri kazoza. J’ai vrmt bien fait de me désabonner
@boashamah3642
@boashamah3642 2 месяца назад
Igihe banyuruje uwawe niho muzobonako uburundi ababutwara babutwara nabi Gabanya urwo rumogi mwanyoye sha
@valerebisama6483
@valerebisama6483 2 месяца назад
Kuva kera baranyuruzwa we ntamakuru ufise
@boashamah3642
@boashamah3642 2 месяца назад
Abarundi bose ntanumwe abwanka ahubwo muvuga ivyo mutazi Abarundi banka izo ndyarya zabarongozi , izo mbunuza ngo nabaronhozi Nibarongore neza urabeko harumurundi asubira kwidoga Mwebwe murahaze basha
@jeanpierreuwitonze4233
@jeanpierreuwitonze4233 2 месяца назад
Good debate guys! Country is like parents, we have to love and support forever and ever. Watching you from London
@lubegadidier4287
@lubegadidier4287 2 месяца назад
Sending my regards to you from Kampala Uganda
@PrudenceTuyisabe-rc5ov
@PrudenceTuyisabe-rc5ov 2 месяца назад
Uwanka UBURUNDI asa n'umuntu tuva hamwe ruguru uburih hano ibujumbura atanguy koga tanganyika agaca acatangura kuvuga no kwerekana kwarimvukira yo mugisagara ,abantu nkaho bihakana iwabo baragwiriy ariko sivyiza kuko iwanyu niwanyu kandi bavyumvy ntihazobavinyuma
@JamalJamal-qp7zt
@JamalJamal-qp7zt 2 месяца назад
Mwebwe ndabakunda kandi wewe wamugabowe ndagukunda kandi umusumwe ntazi nzobikwereka lmana gusa iduhe kuramba hama nzobikwereka hama mukomere barundi nabarundikazi ❤
@TuyageComcast
@TuyageComcast 2 месяца назад
Nivyo kabisa turakeneye gu kunda iwacu nubwo atawutubwira vyishi vyaho Burundi buhire ❤nda na hakumbuye canee disi 😌🙏🇧🇮
@Ibintu.Nibindi
@Ibintu.Nibindi 2 месяца назад
Murakoze cane kuri ico kiganiro co kudukundisha igihugu cacu. Nivyo turakwiye gukunda cane igihugu cacu kandi ntiturindire ko haza uwundi abikora mu kibanza cacu. Ni twebwe nyene dukeneye kubikora
@macjoy4897
@macjoy4897 2 месяца назад
Muvuze vyo , i Burundi n’iwacu ayo ma nationalité ayandi turonka est un privilège qu’on pourrait perdre.
@carrelmazameza2962
@carrelmazameza2962 2 месяца назад
Twese turakunda Uburundi ariko twanka system yishe igihugu
@ncxp5663
@ncxp5663 2 месяца назад
@@carrelmazameza2962 nivyo kwerri
@schram569
@schram569 2 месяца назад
@@carrelmazameza2962Mbe niyih system itigez yica ?
@kevinnsabimana3788
@kevinnsabimana3788 2 месяца назад
Reka kuvuga ntamatara ntagitoro gihari,nahora ndagukunda ngiye no kwi desabonna kuri compte yawe
@NdayikezaProsper-rg5zu
@NdayikezaProsper-rg5zu 2 месяца назад
Aho ntitwemeranya kukwo akabikaravugwa muburundi hariho agahotoro mubintu vyabanyamigambwe cane cane abari mumugambwe urikubutegetsi baracinyiza abarimuyindimigambwe Kandi ataco babahora erega twese tuba turi abarunditwese ikintu kiriko kiratuma muburundi tudaterimbere nukwo ibikogwavyiterambere hakora abari mumugambwe urikubutegetsigusa abari muyindimigambwe nabo bagizengo barasohora agatahe ngobakore baca babacinyiza
@nshimirimanajimmy3994
@nshimirimanajimmy3994 2 месяца назад
Iyi émission ni illusions zanyu
@yvesbikorimana6838
@yvesbikorimana6838 2 месяца назад
Mugize neza gukora ico kiganiro ariko ico maze kubona kandi ntimutubeshe muze murabe ibihugu vyinshi ibi duhane imbibe vyovyo ntakarorero vyoduha kuko vyose turi co kimwe; abantu banka intwaro ntabwo banka igihugu; indogozi zacu uno musi muze mushiruke umwete musome ivyo zavuga hagati 1985 na 2005. Uno musi ni vice versa; iciza nuko umwe wese yokora ivyajejwe atawe arenganije. Ibisigaye nta mpunzi izoninahaza intwaro yatumye ahunga; ntamunyagihugu azosohorwa mu nzu kubera atakironka icariha bivuye kukazi kahagaze kumvo ryibura ryigitoro hama ngwagende aninahaza abatwara uretse ko kenshi twitiranya abatwara hamwe n;igihugu
@hakizimanajames-hm6xt
@hakizimanajames-hm6xt 2 месяца назад
Nukuri ndabakunze Mukubito nuwo Gretta nukuri muvuze ukuri Erega burya muburundi naho tuhanka nukuri muburundi nigihugu ciza gusa Abarundi nitwe twandavuza igihugu cacu Jew sindi mugihugu Ariko ubonye mubarindi uko babayeho Nabi hanze biteye ubwoba harabakora ibintu mumahanga ukibaza none Abarundi mumahanga bariko bazira iki nukuri ibihugu vyose birasa Kandi birangana ntibazobabeshe
@hatungimanaalida3621
@hatungimanaalida3621 2 месяца назад
Ndakunze ikiganiro vrt❤Ese twese twokwiyumvira nkuko iterambere ryoba rishitse
@onesphorebizoza
@onesphorebizoza 2 месяца назад
Ntimutahura ivyo muvuga,ntamuntu n'umwe yanka Uburundi,banka intwaro mbi ,igihugu naho vyogenda gt kiguma arigwawe ,ca utwoduhera murengane
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 2 месяца назад
😂😂😂😂akogakobwa usangara ari agahabara ka Général yagahaye udufaranga kagire katwigishe igihugu nkaho arusha abandi kubimenya.tandukanya igihugu n'amabandi atwara igihugu kano kanya.ntawanka igihugu ciwe wagashanowe.😂😂😂😂ni inde yanka uburundi ga wagakobwawe?😂😂😂😂
@DidasNiyosenga
@DidasNiyosenga 2 месяца назад
Girindero
@positivemind2255
@positivemind2255 2 месяца назад
UBURUNDI ni Bwiza uko biri kwose n Kwisi hose hari ivyiza n'ibibi nta paradiso iri ngaha kwiyisi 👌🇧🇮 Mon pays by Arnovic & la Reine Gaga ✍
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 2 месяца назад
Nibabahe imikate mwirire basha.mwe murusha bande kumenya igihugu n'ubutegetsi bubi😂😂😂 aho daaaa
@valerebisama6483
@valerebisama6483 2 месяца назад
None we urabizi kubasumvya?
@gbgabbymugisha6027
@gbgabbymugisha6027 2 месяца назад
Émission nziza cane✍🏽🤌🏿harakwiye kugwizwa ibiganiro mwene ibi👊🏿 oyaaa s’agahugu ni igihugu cimfashe ubumwe, ibikorwa n’amajambere🙏
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 2 месяца назад
Gaël baza iryoshano k azi abirirwa baranyuruzwa?uwuvuze niwe mubi kurusha uwunyuruza?kubera iki utavuga abanyuruza?abirirwa barafungwa?iryoshano karabaza?bagatumye kumokera kuri iyo micro yawe? Gaël mbwirira iryohabara ryaba DD uti aguhe urutonde rwamabi ariko arakorwa?uburundi n'iki?ni inde ariko arabwanka nk'uburundi?iryoshano ryagakobwa kaje guca amafaranga.ubutumwa bubwire abica abiba abafunga abandi abahohotera abantu
@niyongabo5566
@niyongabo5566 2 месяца назад
Uri indiscipline kabisa ,mudomo too.kora ureke amatiku no gutuna.
@Esther1995.
@Esther1995. 2 месяца назад
Ntitumutuke!nibaza ko umuntu yiyumvira ahageza,ubwenge sikirenga,n'uwamutumiye ntafise bwinshi vrm😂😂ngo ngaha hari jus😢,barazi abantu bakenye/barenganywa/bicwa/bafatwa kunguvu/ uko bangana?!!we hora abandi bazovuga ibibi bihari..igihugu ugikunda turavuga ivyo guhindura
@ncxp5663
@ncxp5663 2 месяца назад
@@Esther1995.😂😂 nibutse aba papa bakera ashaka kuguhana wagize amakosa yabaza kukubwir ngo cahano wagashano we😅😂😂
@innocentbizimana9047
@innocentbizimana9047 2 месяца назад
Ariko ninde yokwanka igihugu ciza nku Burundi ariko bagenzi ico gihugu mwebwe muriko muvuga ntimukizi murambabarira mbe kuvuga igihugu nabi ni ngwiki ndakunda kwumviriza ibiganiro vyanyu ariko uwumunsi sindabatahuye mbe nkubu mvuze ibibi ukora rubarugwanko canke abarugukebura
@emilebihibindi5822
@emilebihibindi5822 2 месяца назад
Mwari mwagerageje ark mu menyo mu Barundi ko hari igice ncibivagundu ba barundi
@jean-claudeminani6156
@jean-claudeminani6156 2 месяца назад
NOTE: SINGAPORE nta NATURAL RESOUCES nkizo UBURUNDI bufise ifise ntana 1/1000000 igira ya POTENTIAL UBURUNDI bufise. Rero bane nahanyu gucagura IGIHUGU muzoraga abana banyu. What I know is that the PEARL OF AFRICA can be UN MERVEIL DU MONDE.
@kalyka4107
@kalyka4107 2 месяца назад
Tout à fait d'accord! None wibaza ko ari igiki Singapore ifise ariko tubuze iwacu?
@ezechielniyonsavye
@ezechielniyonsavye 2 месяца назад
Murabana beza Imana ibahezagire. Babahe amashurwe yiwe
@yvettenahayo8907
@yvettenahayo8907 2 месяца назад
Icokorwa kubwanje, aho kwidogera igihugu, ahubwo tuvuge mumazina abatubabaj mugihugu badutera kubabara.
@singasinga1307
@singasinga1307 2 месяца назад
Ntibisaba ubwenge buhanitse kumenya ko igihugu uburundi biratandukanye na cndd intwaro nigihugu biratandukanye Ntaco mufise mwigisha abarundi kijanye nubundi abantu barazi uburundi imbere yuko cndd iza mugihugu Hagarika propaganda za cndd kuko zeratera iseseme mubantu Ahubwo mureke gusanzara mubantu hari abavyeyi bapfushije uruhagarara urunva ako gashinyaguro kari muri ibibigugu
@christainc.5217
@christainc.5217 2 месяца назад
Uko nukuri kweri burundi harabo baronkinot baraho❤❤
@claudendayisenga3675
@claudendayisenga3675 2 месяца назад
Gaël wahora undyohera ariko ubu ho birandenze
@lubegadidier4287
@lubegadidier4287 2 месяца назад
Mr Gael is a generous guy
@ikorinezaarmella2286
@ikorinezaarmella2286 2 месяца назад
Abantu bavuga nabi uBurundi ni abarundi bimvange donc, arafis umuvyeyi umwe atar umurundi,ndamaz kubi remarqua,muz mubirab kenshi
@lubegadidier4287
@lubegadidier4287 2 месяца назад
Ahoturemeranya
@hakizimanajohn8618
@hakizimanajohn8618 2 месяца назад
Hey guys bn I kiyago ciz arik it virus vrt izogoran kutuvamwo ark uwitwa umu rundi wase ikinda agaramye akind yubamye nuk kizogum citw Burundi 🇧🇮 mon pays ❤
@inamarvina
@inamarvina 2 месяца назад
C'est un début pour changer les mentalités mugabo sinzi audience mufise mais ibi ntibifasha cane... il faudrait amener des statiques pour prouver les bonnes actions qui se passent au pays pour amener les viewers à reconsidérer leurs opinions! Hama être patriote veut dire aussi kunegura ibitagenda neza
@happinessishimwe6195
@happinessishimwe6195 Месяц назад
Abarundi hanze bakunduburundi banka ingene intwaro idashiribintu kumurongo nahubundi abarundi turashoboye kandi ikindi abarundi twaratomboye ubwoko twaraburenze ikindi kibi ubutabera umuntu aribwa ivyiwe bikagendakagirire bivanye nabamutwaye ivye.
@augustburundiofficial5601
@augustburundiofficial5601 2 месяца назад
Ikiyago ciza cane Dukunde uburundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮♥️🇧🇮🇧🇮💯💯💯
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 2 месяца назад
Murabantu babagabo ubundi abarundi bose iyoba biyumvira gutya ndabakunze cane gose.
@lubegadidier4287
@lubegadidier4287 2 месяца назад
Tubatwarateyimbe cane
@nzoyiarthemon
@nzoyiarthemon 2 месяца назад
Tandukanya igihugu nintwaro mbi ntwanka igihugu banka intwaro mbi.nimuce Aho murara
@jejekiki9599
@jejekiki9599 2 месяца назад
😂😂😂 dead 🤔 UMUKUBITO TV 🧠 👉🍞 🥖 = 🫂 🇧🇮
@Sebarazingiza
@Sebarazingiza 2 месяца назад
Bravo kukuri muvuze kandi musanzwe muvuga! Mais solution kukibazo c'uBurundi n'uguha chance amahoro arama inzigo tukazisezera. Bref; "AMNISTIE KUVYABAYE MURI 2015" dutangure kwubaka uBurundi bushasha!!!!
@uwimanaluc3565
@uwimanaluc3565 2 месяца назад
Murakwiye gukora ikindi kiganiro naco kivuga kurico gihugu nyene muvuga icarico (définition y'igihugu)!! hama nimwagihurizako muzoce muvuga kuco mwokwisunga kugira uvuge neza canke nabi ico twita igihugu!!!
@sereine-marienkuyehasi3009
@sereine-marienkuyehasi3009 2 месяца назад
Bravo pour cette discussion! 🚀🤩 J’aimerais vous parler vous 2 ☑️
@wealthgate1402
@wealthgate1402 2 месяца назад
Ikiganiro ni ciza cane. Ariko biraboneka ko mutazi gutandukanya Igihugu, hamwe n'indongozi. Ivyo bibiri biratandukanye. Iyo abntu bavuze ibitagenda neza ku ndongozi, mwe mubibona nkaho umenga bavuza Igihugu. Stop that!
@justinnshimirimana8559
@justinnshimirimana8559 2 месяца назад
Umunt anegura ibikorwa vyindongozi ariko ntiyigere atanga intumbere yingene vyohinduk arukuguma yerekana ibibi gusa uwo numwansi wuburundi
@kalyka4107
@kalyka4107 2 месяца назад
​@@justinnshimirimana8559ubwo nta ntumbero zama zatanzwe? Hari nabahinga babarundi bamaze kuza gufasha ariko ntibunvurizwe... Na président wenyene ntasiba kuvuga abasahura igihugu naho badahanwa ngo bongere bishure ivyasahuwe...
@germainenahimana3465
@germainenahimana3465 2 месяца назад
Bien dit Merci Gretta et Gaël ❤
@ericjohnson315
@ericjohnson315 Месяц назад
Abagituka nyavyo bari indani mugihugu hagati. Izi sujets zibagira utu bleu :)
@KuzikoTV
@KuzikoTV 2 месяца назад
Igihugu ntawucanka ntibishoboka ntivyoshoboka gufashanya nivyo nyen banka kugira mugum mubukene nyen bashobore kuba manupula kuko umukene aroroshe kumanipila kuko naho umuha ivyarara ariye ashobora guhemuka 😃😃 tandukanya igihugu n’abenegihugu rero n’abaduserukira
@user-vx5ni6vu9i
@user-vx5ni6vu9i 2 месяца назад
Man muze murareka uburofa mwe mwarafanikiwe niyompamvu ,je narabuze umuvyeyi baranyankira kuza kumaziko none NGO😭😭😭
@boscoconkunze1068
@boscoconkunze1068 2 месяца назад
Ahubwo WW niwe wokur uburofa Nyamba udatahur uzotahur utevye kuko emission Yar iya bien
@ncxp5663
@ncxp5663 2 месяца назад
@@boscoconkunze1068 empathy please . Wasomye message yiwe mbere ko umwishura uko. Ishire muri place yiwe niho wovyumva the reason behind
@kalyka4107
@kalyka4107 2 месяца назад
Mpore cane! Hari abantu badategera ko hari abarundi benshi bakunda iwabo ariko bohegera batorara kabiri.
@justinnshimirimana8559
@justinnshimirimana8559 2 месяца назад
None babankira gutaha mwagiye mukoziki? Twe ko dutaha uko dushatse?​@@kalyka4107
@ncxp5663
@ncxp5663 2 месяца назад
@@kalyka4107 unfortunately that’s the sad reality. Harabatavyumva hariyo ibikomere bidapfa kugenda uko.
@FrankBigirimana
@FrankBigirimana 2 месяца назад
Gael ndagukunda cane ukomeze ukebura abarundi
@Buja2573
@Buja2573 2 месяца назад
Jewe 25:00 irankuyeho…. Just two dummies feeding off each other 🤣
@innocentbizimana9047
@innocentbizimana9047 2 месяца назад
Ndabasavye mubihore
@ryitangiyemoise5258
@ryitangiyemoise5258 2 месяца назад
😂😂😂babihore ntaburundi bugufitiye ideni nimba naho aruwakugiriye nabi suburundi mon frère Ahubw numurundi kandi uwo nawe ntazamaho ariko uburundi buzamaho sha
@nancyina5241
@nancyina5241 2 месяца назад
Merci “umukubito”🥰🥰😚😉🙏🏽♥️!
@user-yo6ik5yb7m
@user-yo6ik5yb7m 2 месяца назад
Ohh! Nari abonné ariko sinzri bwa bakurikire cane ! Oh! Reka rero tube hamwe! good,go on ,! Erega,igihugu cacu ni ceranda uko bigenda kwose ! Témoignage : abagenda bose benshi à ~ 78% baragaruka......
@lubegadidier4287
@lubegadidier4287 2 месяца назад
Mr Gael is real nationalist person, Burundi needs people like you with positive mind🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏🙏🙏🙏🙏
@Nathan44Nathan75-ti7we
@Nathan44Nathan75-ti7we 2 месяца назад
Iki kiganiro Nico cambere kindyoheye vraiment
@uwimanaestere9347
@uwimanaestere9347 2 месяца назад
Rek rek ibifungurwa vyo muburundi buraryosh can ndahakumbuy
@boscoconkunze1068
@boscoconkunze1068 2 месяца назад
Gaël na Gretta ndabakunda caaane muciy ubweng knd muranyubaka iyo murkumw bandany mukebura abataritahura 🎉🎉🎉🎉❤❤❤
@chantalndikumana6220
@chantalndikumana6220 2 месяца назад
Ikiganiro ciza cane. Na jewe nzoza tuganire
@user-hh9hb2ub2d
@user-hh9hb2ub2d 2 месяца назад
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 nanje ndishimiye kuba umurundikazi
@ndabakundamwese
@ndabakundamwese 2 месяца назад
Still: n'ikirundi??
@ndihojim1
@ndihojim1 2 месяца назад
Murakoze kukiganiro ciza….
@Jean-wb8fj
@Jean-wb8fj 2 месяца назад
iki kiganiro ni ciza cane. dukunde igihugu accu. kandi tucamamaze,tugiteze imbere
@EsperanceKanyange-hs5wc
@EsperanceKanyange-hs5wc 2 месяца назад
Bibaho ni ubumunga,tutabiyahura,ndakunda iburundi cane.❤
@bsc4177
@bsc4177 2 месяца назад
Iyo sujet mwrengereye kdi twibuke ko turaba la majorite abamerewe neza nabahangayitse nibande beshi?!
@jeanorrybutwari2407
@jeanorrybutwari2407 2 месяца назад
Safi sana Juste Gael
@Mkel890
@Mkel890 2 месяца назад
aho mwinjiye muri politique. vayo. guma entertainment. ndi umusaza mu bumenyeshamakuru.
@ryitangiyemoise5258
@ryitangiyemoise5258 2 месяца назад
Eeee kuvuga neza igihugu ciwe ni politique??? Nukuri Abarundi duhinduke pee
@KuwakuMalumba6895
@KuwakuMalumba6895 2 месяца назад
Akuna mutu apendi kwao! Uki toka Burundi 🇧🇮 kila siku uta kumbuka Burundi 🇧🇮 akini uki rudi Burundi 🇧🇮 kila kutu ni ma comedy tu! Akuna kitu kina henda sawa Burundi 😢 warundi awako seriously ata kidogo😅 tulisha leta ma Million Burundi Bujumbura 🇧🇮 zika liwa zote! Tulisha nunuwa biwaja, mayumba, magari, kuhaza business! Kila kitu waka kula😢 Burundi 🇧🇮 shida iko ni Burundi 🇧🇮 Bujumbura! No one is seriously in Burundi 😢 kusema nibirahisi! Tuma pesa Burundi 🇧🇮 uta wajuwa warundi jisi wako! Kila mutu anajuwa kila kitu! Wape kazi warundi! Kila kitu wata faya zero! Warundi wengi niwa vivu! Awapendi kazi! Mupe pesa murundi😢 akujuwi tena! Warundi weye wako hishe ya Africa ni Belgium 🇧🇪 na Canada 🇨🇦 wata sema maneno nasema warundi 80% awako seriously ata kidogo😮 very bad new👎
@IVOMO_TV
@IVOMO_TV 2 месяца назад
Iyo débat yoba ndende mes frères et sœurs
@andyfleuryigiraneza4202
@andyfleuryigiraneza4202 2 месяца назад
Ikintu nabonye nuko uburundi bwarikuba buteye imbere mugabo inzigo iri hagati y’abarundi ntisanzwe gose
@BahatiTido-hj6cv
@BahatiTido-hj6cv 2 месяца назад
Jew harabonzi kwel biciwe nkabantu 6 bavukana abacigaye ubu nabategetsi mugihugu mpoze ubabariye kugaruka asha baraguhana bikwiye
@irakozedonjuste7594
@irakozedonjuste7594 2 месяца назад
Ubwenge mwarimwabukwefye kabisa
@hakizimanajames-hm6xt
@hakizimanajames-hm6xt 2 месяца назад
None mukubito Erega nimwebwe mutegerezwa kuza mubivuga
@carrelmazameza2962
@carrelmazameza2962 2 месяца назад
Bobo barafise
@user-ry7yc5pl2r
@user-ry7yc5pl2r 2 месяца назад
Umuzungu akunda uburundi kurusha nyenebwo😭😭😭😭
@kalyka4107
@kalyka4107 2 месяца назад
Umuzungu ntiyahakomerekeye niko nibaza. Jewe nsinibaza ko nabarundi bahanka nukuri
@alidacynthiaakimana4491
@alidacynthiaakimana4491 2 месяца назад
​@@kalyka4107bien dit shaaa
@hm3190
@hm3190 2 месяца назад
Iki kintu nanje ndakibona, sinzi uwaturoze. C'est vrai igihugu caragiye kigira ibibazo mais gushika aho umurundi yipfuriza ibihano canke akabi igihugu ca mwibarutse birateye isoni na gahinda. Kwumva wonezerwa ariko hari ibibazo mu gihugu birababaje. Jw aho maze kuja sindabona abandi banyagihugu bipfuriza akabi igihugu cabo par contre baravuga ibitagenda mais ntamahano bipfuriza igihugu cabibarutse. Uzobona umurundi wenyen ashobora guponda igihugu ciwe au profit yikindi gihugu😢😢 kandi abo bantu bagaca bigira ko bize. Ntawanka kwonka nyina ngo afise amahere!! #Duhindure imyitwarire yacu pour un Burundi meilleur 🙏
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 2 месяца назад
Irishano ndashaka kumenya amateka yiwe.inzara yamwishe ashaka inoti yaba Genereaux bishe igihugu
@valerebisama6483
@valerebisama6483 2 месяца назад
Umuravye ubonashonje?
@habonimana
@habonimana 2 месяца назад
Ikiganiro ciza can❤
@justinnshimirimana8559
@justinnshimirimana8559 2 месяца назад
Mbabarira mubwire ico mufata yemwe abantu nkamwe mwari mukibaho?
@miguelstephanemukunzi
@miguelstephanemukunzi 2 месяца назад
Gushwamagira gusaaa
@cloviskwigize4478
@cloviskwigize4478 2 месяца назад
Murarondera izindi contents..muzoba mukoze..
Далее
Мама приболела😂@kak__oska
00:16
Просмотров 597 тыс.
Never Troll Shelly🫡 | Brawl Stars
00:10
Просмотров 1,4 млн
Мама приболела😂@kak__oska
00:16
Просмотров 597 тыс.