Тёмный

Twahura yikoreye ama plateau/Aka latte ko gupanga kakoze umuti😅/Couple Aster et Louise👩‍❤️‍👨 

PAM Channel TV
Подписаться 24 тыс.
Просмотров 12 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

28 июн 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 102   
@astereuwimana8145
@astereuwimana8145 8 дней назад
Murakoze cane. Icipfuzo cacu (jewe n'uwo twubakanye) ni ugutanga bike muvyo Imana imaze kudufasha kugira bifashe abashoboka
@CardinaleNdikumagenge-ui3ox
@CardinaleNdikumagenge-ui3ox 7 дней назад
Mwatubereye akarorero,komerezaho.Turabakunda
@astereuwimana8145
@astereuwimana8145 7 дней назад
@@CardinaleNdikumagenge-ui3ox murakoze cane
@venusteiradukunda4837
@venusteiradukunda4837 7 дней назад
Couple yanyu irankoze kumutima❤
@user-xp2bs5ps4m
@user-xp2bs5ps4m 5 дней назад
J vs aime
@bellychanellakabanyana6386
@bellychanellakabanyana6386 3 дня назад
Turabakunda
@vestineuwimana2072
@vestineuwimana2072 7 дней назад
Ubugwaneza bwabo nuko nyene ntanahamwe bigirishije pe! Ndakukunda ukuntu uyo mu Maman avuga nkumupfasoni pe, Astère nawe nintore yibereye aho. Imana ibahe umugisha cane nukuri mukomeze kubera itara rimurikira abagiriwe umugisha wo kubamenya bose.
@JoséeIradukunda-l7m
@JoséeIradukunda-l7m 8 дней назад
Mana weee mbega kiganiro cizaaa !!! Murakoze cane kukiyago mutuyagiye kimfashije cane gose. Iyo couple niy'umwiza nukuri.
@ghyslaineniragira6621
@ghyslaineniragira6621 3 дня назад
Mbega vyizaaa❤️ mukomeze kuba umugisha ✨iyo couple nayo👌
@niyonizigiyejeanine8700
@niyonizigiyejeanine8700 День назад
Imana ibahezagire caaane muri umugisha kumahanga,murampezagiye
@herveniyonkuru549
@herveniyonkuru549 День назад
Nukuri ni originale
@LouiseMbonihankuye
@LouiseMbonihankuye 7 дней назад
Merci muvyeyi, nukuri nivyiza gusaba Imana ivyo twifuza gukorerwa mungo ariko Kandi vyari binarushirije kwiyunvira nawe ico uzokorera mugenzawe mugahura muhana😊
@divinbahama7652
@divinbahama7652 6 дней назад
Iyo couple Imana ibahe umugisha hama Pamela nawe urakoze cane,ahubwo abatumire bazogaruke
@fabricenimubona6308
@fabricenimubona6308 7 дней назад
Basha namba hari couple maze kubona zicitegererezo iyi couple iri muzambere ndabakunda caneee
@ineslaurenceumugisha9082
@ineslaurenceumugisha9082 2 дня назад
Imana Ibahezagire cane. Ndahezagiwe cane n'iki kiganiro🙏🏿
@florisdusabe84
@florisdusabe84 7 дней назад
Louise & Astère, Murakoze cane bagenzi. Nikiganiro ciza gifasha kumpande zose. Ndi umwe mubemezako mufise ivyo mutanga kandi uwogira amahirwe yo kubigirako vyomugendera neza. Imana ibandanye ibafasha bagenzi!!
@astereuwimana8145
@astereuwimana8145 7 дней назад
Turagushimiye cane. Imana iguhezagire
@magnifiqueuwingabiye626
@magnifiqueuwingabiye626 7 дней назад
Ndiko ndhezagirwa nikiganiro kitarahera❤❤❤❤❤Pamella urakwiye gushimirwa no gutezwa Imbere 🎉🎉🎉couple ya Astere iranyubatse❤❤❤
@astereuwimana8145
@astereuwimana8145 7 дней назад
Murakoze. Imana ibishimirwe
@esperancentirampeba4283
@esperancentirampeba4283 7 дней назад
Abakunzi banjeeee !!!!!!❤❤❤ Tonton,warakoze kugomwa Chouchou wacuuuuu.
@CardinaleNdikumagenge-ui3ox
@CardinaleNdikumagenge-ui3ox 7 дней назад
Turagukumbuye mukozi w'Imana.Yesu abahezagire cane
@ericnzambimana6875
@ericnzambimana6875 7 дней назад
Mwarahezagiwe
@rosineharerimana3339
@rosineharerimana3339 5 дней назад
Mugume muvomera kugira hakomeze hahembuka benshi.
@pamchanneltv1502
@pamchanneltv1502 7 дней назад
Bakunzi bo ku kayi Muraho? Twashaka kubasaba ngo muze guheza ikiganiro kuko inyuma yiki kiganiro hariho aga surprise karyoshe kiyi couple 😍. Mugumane natwe, Mukomeze ku gi partagea kuri benshi bashoboka kumbure ushobora gukiza urugo rumwe canke 2. Turabakunda♥️
@fabricenimubona6308
@fabricenimubona6308 7 дней назад
ntitworeka kukimara
@reinekimana3339
@reinekimana3339 7 дней назад
Baratesa bafise discours nziza canee aussi intellectuel nakunze iyo couple Imana ibah umugisha baranyigishij kli "umugore arashobora gukoresha amafaranga mudafise kubera atazi amafaranga mufise" akandi ngo "iyo ikintu ariciza kigiyeko itashe ububi bwaco buboneka facilement"waaw .Pam turabakunda love from belgique
@astereuwimana8145
@astereuwimana8145 7 дней назад
Murakoze cane natwe turahimbawe no kwumva ko mwafashijwe
@ardiecubahiro1395
@ardiecubahiro1395 5 дней назад
Couple y'icitegererezo.Astère et Louise , Imana ibahe umugisha.
@fabriceuwintwari
@fabriceuwintwari 6 дней назад
Pamela Imana iguhezagire, wakoze cane kuganiriza iyo couple nziza
@dyllairakoze730
@dyllairakoze730 7 дней назад
Ikiganiro ciza!!! 👏👏
@uwizeyeestella9445
@uwizeyeestella9445 7 дней назад
Mbega Abantu bugurutsee❤❤
@nsc4102
@nsc4102 3 дня назад
Iyi émission itumye ngirira akangongwe urugo rwanje😢😢😢
@user-fx4ol3ii5x
@user-fx4ol3ii5x 22 часа назад
Waooo ndaryohew♥️😘 nukur
@ninonshimwe6778
@ninonshimwe6778 7 дней назад
Belle émission
@ninzizamarierose6576
@ninzizamarierose6576 7 дней назад
Ikiganiro cyiza!couple nziza cane❤merci Pamela!love u from 🇿🇲
@astereuwimana8145
@astereuwimana8145 7 дней назад
Murakoze cane
@user-qd3ik9wb5o
@user-qd3ik9wb5o 3 дня назад
Merci bcp louise et aster. Louise niko wamye vraiment,Imana yarakoze kuguha uwugukuzaaaa,wamye urintore mwana wacu
@user-zo7oo3jm9b
@user-zo7oo3jm9b 7 дней назад
Pame wumve ingene ndagukunda utuzanira abantu bazima gusa ❤
@user-sl8pi5sp8l
@user-sl8pi5sp8l День назад
Iyo couple ni modèle à suivre au bon entendeur salut !
@user-xw6ru9ou7d
@user-xw6ru9ou7d 7 дней назад
Nkunda Pamela peee❤❤❤
@buhagaingrid3883
@buhagaingrid3883 8 дней назад
Waaaaaaaouuuuuh ikiganiro ciza cneeeeeeeeee❤
@Ntakiyinanira
@Ntakiyinanira 7 дней назад
Ma Pamella❤Nahora ndagukunda ubuho rero!!!!Merci Mr Aster na Mme .Uwiteka akomeze kubanezeza. Pam courage ma chere, warahise❤💐
@astereuwimana8145
@astereuwimana8145 7 дней назад
Urakoze cane
@nenegash24
@nenegash24 6 дней назад
Team pam irya logo ya Twitter yarahindutse,murabizi nukugahindura merciii❤
@gastonnkeshimana5807
@gastonnkeshimana5807 6 дней назад
Muvuze ukuri
@ndihojim1
@ndihojim1 7 дней назад
Astère Ari sage, Kandi ni UMUNTU W-UBUNTU. Uwumwegereye, amuvomamwo ivyubumenyi n’ivy-ubwenge.
@astereuwimana8145
@astereuwimana8145 7 дней назад
Murakoze cane
@ndinekaneza8689
@ndinekaneza8689 7 дней назад
Pame nukuri Uhoraho Azi gutanga Umugisha neza Akumpezagirire ubandanye utumira abantu batubwira ibintu bitanga ubuzima nkivyo kuko satani Aragisibije asambura ingo zitari nke
@astereuwimana8145
@astereuwimana8145 7 дней назад
Twumva natwe waduteye iteka gufata umwanya wawe ugakurikirana ivyo twariko turatanga. Imana iguhezagire
@EsperanceWinumire-ld3rw
@EsperanceWinumire-ld3rw 7 дней назад
Merci bcp.lmana lbampere umugisha.muraryoshe cane
@astereuwimana8145
@astereuwimana8145 7 дней назад
Amen. Murakoze
@audreyigiraneza1525
@audreyigiraneza1525 6 дней назад
Aba bantu ndabazi ivyo bavuga naravyiboneye. Barakundana koko. Imana ibahezagire Astère et Louise❤😊
@astereuwimana8145
@astereuwimana8145 6 дней назад
Turagushimiye cane
@glodiosebukuru8785
@glodiosebukuru8785 3 дня назад
Ndabanezererewe caaane Louise ntiyigirishije yakuranye urupfasoni uko❤
@niyomuhozaevelyne6125
@niyomuhozaevelyne6125 6 дней назад
Imana ibandany kubagirira neza bandugu
@ndayishimiye-jz4bh
@ndayishimiye-jz4bh 7 дней назад
Wakoze kutuzanira umukozi wimana astere
@gloriosenininahazwe1678
@gloriosenininahazwe1678 5 дней назад
Hari ikintu nize cerekey ikiyago ,uretse no mu rugo!(No mu kazi,..)iyo uganira n'umuntu uramubaza uti harya vyagenze gt?mbega nta bundi buryo wari gukoresha❤❤ mrci couple heureux
@hustleLady-ez5su
@hustleLady-ez5su 7 дней назад
Wowwww❤
@mamanrisa6059
@mamanrisa6059 2 дня назад
Merci pour cette émission
@TuyizereSonia
@TuyizereSonia 7 дней назад
Couple nkunda caane muraryoheeeera nukuri Imana Ikomeze kubahezagira murumugisha kuri beshi ❤
@astereuwimana8145
@astereuwimana8145 7 дней назад
Merciiii
@loicshi1403
@loicshi1403 6 дней назад
hahaha Pamela uri umu comedienne ibintu ugira
@inesgacuti4017
@inesgacuti4017 7 дней назад
Pame ❤
@CosetteNdayishimiye
@CosetteNdayishimiye 6 дней назад
Waragiz nez kumva ko woba hagufi yamusaza wanj chouchou turagukunda kd tuzohozako pe nahor ngukunda arik ubuho ndushirijeho pe
@christadushime6799
@christadushime6799 7 дней назад
my favorite couple 😍😍 La douceur plus plus plus
@astereuwimana8145
@astereuwimana8145 7 дней назад
Thank you
@murerwamarcelline1598
@murerwamarcelline1598 7 дней назад
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤couple y'icitegererezo
@claudinenkunzimana8435
@claudinenkunzimana8435 6 дней назад
Thank you very much sister
@egidenndayirukiye1678
@egidenndayirukiye1678 6 дней назад
I am very happy to see Astere again after decades. He was my classmate in primary school. Keep it up
@astereuwimana8145
@astereuwimana8145 6 дней назад
Thank you brother
@justinmuryasogo3127
@justinmuryasogo3127 7 дней назад
Merci cne Aster& Louise turabashimiy cne 🙏
@astereuwimana8145
@astereuwimana8145 7 дней назад
Urakoze cane
@user-zo7oo3jm9b
@user-zo7oo3jm9b 7 дней назад
Couple iryoshe umakama abazigamire urugo rwanyu ❤
@astereuwimana8145
@astereuwimana8145 7 дней назад
Amen. Murakoze
@larissaishimwe2113
@larissaishimwe2113 4 дня назад
Merci bcp Pam jewe nize
@user-lk8xg9dc8b
@user-lk8xg9dc8b 8 дней назад
Waoh 😮😢 baranyigishij caaane vraiment hm pamella nawe mukubiryosh nuwambere peee ndakunda ibirung ashiramwo donc ikiganir giher utabishats
@astereuwimana8145
@astereuwimana8145 7 дней назад
Murakoze cane. Pamela arazi ico akora kandi akagikora neza
@aimeegracekamikazi4728
@aimeegracekamikazi4728 5 дней назад
Nukuri nanj ndakunda pamella caane
@Allaboutmusiclyrics
@Allaboutmusiclyrics 7 дней назад
Astère très sage et sincère ❤👍💪💯‼️
@astereuwimana8145
@astereuwimana8145 7 дней назад
Murakoze cane
@floretteniyongere9846
@floretteniyongere9846 7 дней назад
❤❤ amour réel
@aimeegracekamikazi4728
@aimeegracekamikazi4728 4 дня назад
Muraduha Num zabo bantu tubabaze ivyerekeye imfuvyi
@clarissabellaterimbere6073
@clarissabellaterimbere6073 7 дней назад
ako kantu niko umugore akunzwe ara respecta
@NaweWobaho
@NaweWobaho 6 дней назад
Comment za pamella😂
@cizajacqueline3194
@cizajacqueline3194 7 дней назад
Yezu weeeee😂 ndahimbawe caaaane ako kajambo ngo: mbega weho iyurushe KO wahereyiyoooo mubantu ubumvirizaaa weho ninde akumviriza???? Karankozeko cane .Ndubatse kandi nfise imitwaro w'aba jeunes adolescents et plusqu'adolescents nifuza KO tuyaga ngo ntibaze bahushe inzira mu buzima bw'imbere kubw'ingo bazokubaka.None niyumvira ukuntu Saint Esprit iyo abantu bayaga hakaba no "KUMVIRIZA"SAINT ESPRIT YARARUHURIYE UWO ASTERE KUKO YUMVIRIZA ABANDI ATI NAWE reka ndaguhe uwukumbiriza. PAMELA WARAKOZE NDAGUKUNDA CANE KUBW'IVYO BIGANIRO UKORESHA.Ndabuze ico mvuga mugabo binzaniye icifuzoo ngo mbega Pamela Nawe urugo gwiwe uramunezereza mukama kuko arubakiye abantu benshi nubwo guserura ivyiyumviro benshi batashima no gushirako ahabona.Imana iguhezagire.ASTERE NA LOUISE BARANYIGISHIJE PE
@astereuwimana8145
@astereuwimana8145 7 дней назад
Urakoooze cane. Umukama yaranyorohereje urugendo rw'ubuzima mu kunzanira Louise. Namwe abo bana Imana yabahaye ize iborohereze kuko irabishoboye
@larakezamutima8066
@larakezamutima8066 7 дней назад
❤❤
@Mondieu2024
@Mondieu2024 5 дней назад
Ukuntu ikiganiro canyu kiryoshe noheraheza mvuga nti mwarasaze 😂❤
@astereuwimana8145
@astereuwimana8145 5 дней назад
😂😂😂😂
@uwizeyeestella9445
@uwizeyeestella9445 7 дней назад
❤❤❤
@user.6793
@user.6793 8 дней назад
❤❤❤❤
@dianekn7139
@dianekn7139 6 дней назад
Uri umu mama aryoshe, nta nkeka ko nawe urugo rwawe ruryoshe. Hama urakoze kibondo kuri izi programmes zo gufasha no gukebura ingo uriko urakora muri ino minsi. Yesu akumpezagirire.
@BelyseMugisha-d8y
@BelyseMugisha-d8y 4 дня назад
Mwaramutse neza ndubatse kandi intahe ya aster Na Louise yatwubatse ariko uze wongere ubatumire batubwire ingene bavuye kuri 2cent mille bashika kukugura i modoka nukwubaka inzu yabo merci
@alinegahimbare1046
@alinegahimbare1046 5 дней назад
Astere et Louise, je vs aime beaucoup ❤❤
@astereuwimana8145
@astereuwimana8145 5 дней назад
Merciii
@niyomukizafernand2204
@niyomukizafernand2204 7 дней назад
🔥🔥🔥🔥🙏💯
@gloriosenininahazwe1678
@gloriosenininahazwe1678 5 дней назад
Liste articulée sur des valeurs humaines !
@Samanthamagny8
@Samanthamagny8 6 дней назад
Louisa sha yamye yitonda yivugiruko ndamwibuka komeza mube akarorero keza kizindu ingo💕
@clarissabellaterimbere6073
@clarissabellaterimbere6073 7 дней назад
wooowww☺️☺️☺️
@JoséeIradukunda-l7m
@JoséeIradukunda-l7m 8 дней назад
Mana weee mbega kiganiro cizaaa !!! Murakoze cane kukiyago mutuyagiye kimfashije cane gose. Iyo couple niy'umwiza nukuri.
@fabricenimubona6308
@fabricenimubona6308 7 дней назад
Basha namba hari couple maze kubona zicitegererezo iyi couple iri muzambere ndabakunda caneee
@minaniempphilbert5454
@minaniempphilbert5454 4 дня назад
❤❤❤❤
Далее
Еду за гитарой…
01:00
Просмотров 232 тыс.
💜☀️✨
00:47
Просмотров 317 тыс.
Макс Пэйн - ТРЕШ ОБЗОР на фильм
47:02
Uyu Mugabo wigitangaza Iburundi weee
17:59
Просмотров 20 тыс.