Тёмный

Ngo abiyumvira ko amajwi azibwa nibo nyene bazoyacungera bivurwa na RWASA 

Kabaza WebTV
Подписаться 49 тыс.
Просмотров 15 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

5 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 21   
@bumwesebastien6845
@bumwesebastien6845 4 года назад
Tunakubali mzee #RaisiWaBurundi
@abeer4201
@abeer4201 4 года назад
Muzee ganiiii😅😅😅ure ametokaaa
@zazazawadi7270
@zazazawadi7270 4 года назад
Mana turagusavye abasuma bamenyereye kwiba ubahume amaso kugirago ntibibe amajwi🙏
@AkimanaJeannette-tz1to
@AkimanaJeannette-tz1to 3 месяца назад
Barayamwivye shaa😂😂
@muhammadahmedaliyyu3854
@muhammadahmedaliyyu3854 4 года назад
Imana izoduhe umukuru wigihungu azokwitaho abanya gihungu biwe 🙏
@kigobekingkong387
@kigobekingkong387 4 года назад
nushobora kuba umuyobozi mwiza udafise ico werekana kiboneka wakoreye abenegihugu rero gwasa naco yokwereka yakoze,ariko hariho ivyo abandi bakoze nga NAHIMANA DIEDONE, EVARIST NDAYISHIMIYE ,SINDIMWO GASTO naho abandi bose nibinebge gusa.
@muhammadahmedaliyyu3854
@muhammadahmedaliyyu3854 4 года назад
@@kigobekingkong387 nukuri abanyagihugu nukuririra lmana yomwijuru izoduhe uwibona abereye twebgabana babantu tubona ibiboneka ariko imana yo nyenimpuwe irazi ibigendera mumitima yacu uwariwe wese lmana izobona kwabereye ubuyobozi izomugirewe Imana irumva amaborogo yabagowe bakitse ningorane itwemerere amasengesho YAcu Amiina mana🤲 wishura🙏
@ukurikurababaza8945
@ukurikurababaza8945 4 года назад
Ntavyo ategura turazi ko aba dd biba amajwi ntagukekeranya
@AbrahmBanba
@AbrahmBanba 3 месяца назад
Twacizwe gute
@NepomusceneNdikumana
@NepomusceneNdikumana 3 месяца назад
Mutama.ntahobazoc.bativy.mutamaturinyumayaw.kuko.turaruhijw.na.nev.
@mgishaboy2281
@mgishaboy2281 4 года назад
Nijambo jema kwaburund
@muhammadahmedaliyyu3854
@muhammadahmedaliyyu3854 4 года назад
Komera ariko ntimushirinyuma abanyagihugu bubuzima bwohasi ahobigeze bamwe bahakwa kwomoka kuko ubuzima byigihugi cuburundi gisigaye kigoye kubamwo aho umuntu yiyungunganya kutudandandazwa atozwa amahera arenga nagatahe yarafise mbega uburundi niba tuzokwamuko ntaho tuva CANKE tuja!
@kigobekingkong387
@kigobekingkong387 4 года назад
none kuberiki AGATHO GWASA burigihe yumva yuko bazomwiba amajwi kandi amatora ataraba? jewe mbona uyu mugabo ariko arateguza abanywani biwe kubumvisha yuko nibatsindwa bazoba babivye ariko nibatsinda amatora azoba yaragenze neza cane,uyu nyene ni wa undi yanze guterera amatora cange basi ngo agende kwifitinya nabene gihugu mukubaka amashure nibindi mubikogwa rusange mugihe amaze imwaka5 ari icegera cakabiri cumukuru yinama shinga mateka,erega abarundi sibijuju ujo bundi yaravuze ngo niyatsinda azoca atangura ubundi busha umunu agaca ibaza none tuzoca tusubira 2005 ok niwibaze nawe ukunu uburundi bwari bumeze 2005,ivyakozwe vyose kuva 2005 azoca abishira hehe?
@putinvladimir4788
@putinvladimir4788 4 года назад
Zibaaaaaaaaaaaaaa
@gildashakizimana2560
@gildashakizimana2560 4 года назад
kigobe king Kong nshimye kukwishura , muvyukuri kuri we arafise impamvu ituma avyikeka.none wobona kwitanga ryakazi kubahagarikizi bamatora atamuyoboke wawe bashizemwo ntibigutere amakenga!canke ukumva abantu bashaka kwakwa amakarata kugira ntibazotore ntibigutere amakenga
@annociatebukuru8106
@annociatebukuru8106 4 года назад
Si Rwasa wenyene abivuga,abibona,abarundi namakungu barabizi kuko kwiba nivyovyabo. Baniba ego na Oya.
@kwizerayvonne1950
@kwizerayvonne1950 4 года назад
hee, kubera muriko mubitegura kuyiba nicogituma dufise amakenga
@kwizerayvonne1950
@kwizerayvonne1950 4 года назад
mbe Ayo mashure uhaya, waruzi ko hari abanyagihugu bubakiwe amashure mumatongo yabo apana mu mamatongo yareta! iyo muriko muririmba ngo hubatswe amashure , nomuburyo bayubatsemwo harimwo ubusuma, umengo Dawe nimwe murabarundi mwenyene, ntanvura idahita , namwe muzoteba mutuze , mubone kabandi arabantu
Далее
Find The Real MrBeast, Win $10,000
00:37
Просмотров 22 млн
Тренд Котик по очереди
00:10
Просмотров 317 тыс.
Find The Real MrBeast, Win $10,000
00:37
Просмотров 22 млн