Wonderful presentations by H.E sylivestre Ntibantunganya, Former Burundi president and the Burundi's National Television. Keep it up you got it very right.
Umututsi wo mu rukago muri gahombo mu kayanza 21/10/1993 yagiye Kuga centre asaba ikiyeri avuga ngo INDA YA CA GIKERI BARAYIMENYE. Bivuzeko abasivire bari barimwo. Kuko ninzoga zari kuba zahiye kuwa 6 . Bari baziko bazica indongozi n'abize n'abarwizatunga bamamaje frodebu.
Je pense yuko ikibazo c'uburundi kitari mu moko ahubwo ikibazo ni mentalités z'abantu, abahutu bose si babi kandi n'abatutsi bose si babi . Vyari vyiza kudafatira muri rusangi ,umuntu akabazwa uruhara ku gatwe kiwe atari mu kivunga.Amacakubiri akwiye guhera mu Burundi abantu twese tukumva ko ata nyagupfa ata nyagukira, tukabana ata wanrya wangura.