Mu myiyamamazo yagize kuri uwu wa gatatu muri komine #Gashoho intara ya #Muyinga, #Rwasa Agathon ahiganirwa ikibanza c'Umukuru w'Igihugu avuga ko azoshira imbere ugufungura neza kw'Abarundi, ukwivuza neza hamwe n'ivy'ukwiga neza kw'abanyeshure.
28 апр 2020