Тёмный

Abarimyi bazotangura gutanga amahera baterera kugira baronke umwavu mvaruganda kuri uyu wa 11/7/2024 

Mashariki TV
Подписаться 293 тыс.
Просмотров 1,1 тыс.
50% 1

Ubushikiranganji bw'uburimyi buramenyesha abarimyi ko iriha ry'amahera baterera kugira baronke umwavu mvaruganda rizotangura kuri uyu wa 11 Mukakaro, kandi ko ibiciro bitahindutse. Ivyo Umushikiranganji ajejwe uburimyi Prosper Dodiko yabishikirije mu kiganiro yahaye abamenyesha makuru ashikiriza aho bagejeje imyiteguro y'irima ry'ici yongera amenyesha aho bagejeje umugambi wo kwegeranya umwimbu w'ibigori.

Опубликовано:

 

26 июл 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 1   
@leoncenininahazwe8551
@leoncenininahazwe8551 18 дней назад
Baduhenze ngo bagira batugurire ibigori none turiha ayumwavu tuyakuyehe??Nibaduhe Amahera tuyakoreshe
Далее
БАТЯ И ТЁЩА😂#shorts
00:58
Просмотров 1,7 млн
QVZ PREMYER LIGA
00:18
Просмотров 1,4 млн