Тёмный

#Rwasa 

Mashariki TV
Подписаться 293 тыс.
Просмотров 13 тыс.
50% 1

Mu myiyamamazo yagize kuri uwu wa gatatu muri komine #Gashoho intara ya #Muyinga, #Rwasa Agathon ahiganirwa ikibanza c'Umukuru w'Igihugu avuga ko azoshira imbere ugufungura neza kw'Abarundi, ukwivuza neza hamwe n'ivy'ukwiga neza kw'abanyeshure.

Опубликовано:

 

28 апр 2020

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 6   
@ggsdfgg6948
@ggsdfgg6948 4 года назад
Jew nahontari hafi ngumakumavi imana niyo ibigera ikabigerura twara nawe Nyakwubahwa uheze udushayurire uburundi inzara ugiye kutwica bamwe bamwe yaratwangaje dusiga imiryangoyacu tuja gupagasa mubarabo
@raoulmihekiza6355
@raoulmihekiza6355 4 года назад
Uzogwa kumavi kabisa kuko ico gikoresho cabakoroni ntaburundi cotwara. Muburundi ntituzemera ko umugabo azorongora uyundi mugabo.umugore ngo arongore umugore nkawe.nivyo bamusavye kugira bamuhe amafaranga
@kwizerayvonne1950
@kwizerayvonne1950 4 года назад
tsinda agato rwasa uvuga vyo cnl ndagushigikiye . ngongora abo baja ba cndd fdd basibije vyose
@abdallahnyabenda9002
@abdallahnyabenda9002 4 года назад
Ntantsinzi mwiteze mutigitira ubusaswa cnd -Fdd irabatwara muribesha
@ggsdfgg6948
@ggsdfgg6948 4 года назад
Oya wewe reka nibabise abandi murukundo kuko nabo iyobatababisa murukundo ntibari kuhaba ngobatware iyimyaka yose
@divintuyisenge5508
@divintuyisenge5508 4 года назад
CNL terimbere iwacu mugashoho
Далее
Ivyaranze ubuzima bwa Petero Buyoya
6:37
Просмотров 43 тыс.
#MuRugo : wiketse ko akuvanga, wokora iki ?
2:18
Просмотров 1 тыс.
The Day Ronaldinho Became a Barcelona Legend
15:14
Просмотров 3,5 млн
Ip Man 2 | The Boxing Competition
15:57
Просмотров 6 млн